Nyakabiga by Yoya Jamal

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 14 окт 2024
  • #nyakabiga #yoyajamal

Комментарии • 1,3 тыс.

  • @umuzikimurundi257
    @umuzikimurundi257 Год назад +207

    🔥🔥🔥 Welcome back young legend 🇧🇮🇧🇮mumpe like abari bakumbuye yoya Jamal nkanje

  • @donatienhavyarimana8581
    @donatienhavyarimana8581 Год назад +3

    yoya wacu yagarutse mugakino nyakabiga yacu hejuru

  • @emerysun3366
    @emerysun3366 Год назад +359

    Yes,karibu kandi mu muziki Bro,twari dukumbuye kwumva agahogo kawe,kandi aho hose ukumbuye naho haragukumbuye,naba fans bose baragukumbuy,big up bro,indirimbo ni nziza nkuko wamye utanga vyiza,✍✍✍✍✍✍🔥🔥,Respect

    • @lograpper6569
      @lograpper6569 Год назад +4

      Nn nimugire collabo mumushiture Rallyjoe nawe erega iriya generation yanyu tuyikeneye ikwiyee mugabo murakaze ndakambura abakwee🤔🤔🤔🤔

    • @kengurukaedenbenit9615
      @kengurukaedenbenit9615 Год назад

      Sun yoya yarantuntuje saaana nibutse ko imyaka iguma iguma yiharura ntamwumvise indirimbo yiwe cank igiteramo ciwe ndarira nkahwera😢😢

    • @yoya_jamal
      @yoya_jamal  Год назад +30

      Merci Bro

    • @audifaxndikumana2838
      @audifaxndikumana2838 Год назад +2

      Umunezero ni mwinshi vrmt gusubira kwumva igikogwa ciza cane nkiki!
      Abafans turaguteye intege ubandanye uduha ibintu binezereye!

    • @mbazumutimabonfils3023
      @mbazumutimabonfils3023 Год назад

      Big up for your support Emery sun

  • @ngenzi.250
    @ngenzi.250 Год назад +33

    Je suis née à Nyakabiga mais je suis Rwandais, cette chanson ma fait rêver de revenir dans ma ville natale 🙈

  • @iammasterland
    @iammasterland Год назад +265

    This is a true masterpiece 🔥🔥🇧🇮

  • @Patrick_Bamford
    @Patrick_Bamford Год назад +16

    Man this song is really beautiful❤ ndayumva sinyihage kweli. From🇷🇼🇷🇼

  • @UmwamiOrongoro
    @UmwamiOrongoro Год назад +48

    Big Brother 🙌🏿🙌🏿🙌🏿

  • @hajatihajati5357
    @hajatihajati5357 Год назад +3

    Congo 🇨🇩 yanjye ndagukumbuye si ikinyoma imyuka 30 iraheze amahanga arahanda amahanga agutuma gutuma intashyo ku bawe agukumbuza igihugu cyawe Amahanga arahanda Hobe Hobe Gihugu cyambyaye Gihugu cya mpetse Gihugu cyandeze Imana ikurinde hamwe na abaturage bawe bose kuva uburasira zuba ,ibu burengera zuba ,amajyepfo na amajyarugu mwese Imana ibarinde ndabakunda

  • @innocentbangirinama5008
    @innocentbangirinama5008 Год назад +22

    Uwambere Mpa izo like muri USA 🇺🇸 Texas 🎸🥁🎤🇧🇮🇧🇮

  • @ruzindanaalex4122
    @ruzindanaalex4122 Год назад +12

    This song kwelii, sinjya nyihaga, Imana Iduhere amahoro ibihugu byacu tujye dukumbura dutahe durabe abacu. Keep it up our brother Yayo and people of Burundi 🇧🇮 turabakundaaaaaaaaaa..❤️❤️❤️, from Rwanda 🇷🇼

  • @juniors_trim
    @juniors_trim Год назад +147

    What a big song 😢
    Dedicated to everyone who’s far from home ❤️

  • @gerardineakima1766
    @gerardineakima1766 Год назад +4

    Abantu turi mumahanga mumpe like kubwiyi ndirimbo plz

  • @touyegates1433
    @touyegates1433 Год назад +43

    Believe me, Burundi will rise again. Much love from kigoma🇹🇿, imuhira ni muhira gusa.

  • @StanzaMata
    @StanzaMata Год назад +77

    This is so smooth to listen to ❤❤❤❤ love from Rwanda 🇷🇼

    • @allahisone6386
      @allahisone6386 5 месяцев назад +1

      🇧🇮🇧🇮💝🇷🇼🇷🇼

  • @HirwaAmbassadeur
    @HirwaAmbassadeur Год назад +15

    What a big song full of emotions 😳😭 thanks bro, love u from Rwanda🇷🇼💖💓

  • @agesilasizere4124
    @agesilasizere4124 Год назад +2

    vibes song
    natwe tugukumbuye tukaburukwo tugira

  • @rukundopatrick3203
    @rukundopatrick3203 Год назад +13

    This is a master piece. Much love from Rwanda 🇷🇼

  • @mugishaadenis127
    @mugishaadenis127 Год назад +2

    Amahanga namwe kweli ntaryoshe bwo arahanda kweli

  • @fafafafa7175
    @fafafafa7175 Год назад +11

    Abanyamuyinga tumenyane🥰😊🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❣️❣️

  • @kabakaisaiah8705
    @kabakaisaiah8705 Год назад +6

    Narinkumbuye you'r voice kbx we love you 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @majedalotaibi9350
    @majedalotaibi9350 Год назад +7

    Abar bakumbuy ingom ya yoya mubinyerek

  • @thierryiradukunda4693
    @thierryiradukunda4693 Год назад +2

    Nukur natw nkabakunz baw turagukumbuy nkuk ubiz uririmb nez arik ntukund kuduha imiz yaw hm nukur respect kbx

  • @ericmunyampeta8076
    @ericmunyampeta8076 Год назад +32

    I never comment on every artist’s hit but this deserves everyone’s lovely comment. I always loved your songs but this just touched my heart and soul. Love from 🇨🇦 and 🇷🇼

  • @Mondkingali
    @Mondkingali Год назад +2

    Ndagukumbuy cibitoke ca Rugombo yanj

  • @niyongaboaurlylorris3248
    @niyongaboaurlylorris3248 Год назад +76

    Your songs will never be forgotten in our Heart👑🇧🇮❤️

  • @valdondikumana2741
    @valdondikumana2741 Год назад +9

    Cette chanson est tellement bonne au point que nabatarigera bava mu nyakabiga basigaye bakumbura nyakabiga yabo disi 😉

  • @gitarel1995
    @gitarel1995 Год назад +8

    Uri umuririmvyi nkunda ingene yandika!umuziki utekanye uvugije neza atabidagamudari urimwo!welcome back big brooo twar tugukumbuy sana

  • @Nuage257
    @Nuage257 Год назад +2

    🤣😂 @yoyajamal hari uwuhejeje kwumviriza indirimbo aca ambwira ivyo ukumbuye muvyo waririmvye. Nyakabiga ngo n'abana hama Tanganyika n'umukeke. Bro ngo wihangane umukeke nino ntukiboneka hari Nyamunyamu. 🏃🏽‍♂️🏃🏽‍♂️🏃🏽‍♂️

  • @b-raphofficiel
    @b-raphofficiel Год назад +36

    L’émotion derrière, la mélodie, les paroles 😍🇧🇮❤️

  • @mikelovegstaking257
    @mikelovegstaking257 Год назад +1

    Nice song kbsa Jamal out hit maker welcome again

  • @fizzo250
    @fizzo250 Год назад +12

    My fav artist 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @NDUWAMUNGUAbdusalam
    @NDUWAMUNGUAbdusalam 5 месяцев назад +1

    One of the greatest song of all time.

  • @Corneil7
    @Corneil7 Год назад +4

    Murakoze cane ahohose turahakumbuye tutibagiye ibururi

  • @irankundanana8613
    @irankundanana8613 Год назад +3

    Muyinga yanje💪❤

  • @mugabosamuelfleury9250
    @mugabosamuelfleury9250 Год назад +4

    Harimugatondo igihe numviyindirimbo nibutse ibintu vyinshi amahanga nimabi jewe narize iminota 20 nbutse vyinshi Yoya Imana ikworohereze watoe umutima mwiza w Maman wae ivyo waririmvye nukuri gusa n hatari One day tuzotaha twibere iwacu Imuyinga

  • @lilianegahimbare7932
    @lilianegahimbare7932 Год назад +2

    Twari dukumbuye umuziki wawe.nice song

  • @steveizere5157
    @steveizere5157 Год назад +15

    Emotional song😥😥😥😥😥😥
    Ndemezak Muhira hazokwam ari ahambere! 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Год назад +3

    Naaaaakuuuubaaal saaaanaaa my brother urashoboye sn wallah bro nakubal nyakabiga yanje ndagukunda 🇧🇮💯❣️🔥🙏🎶🎥

  • @razakabdoulndayiragije7067
    @razakabdoulndayiragije7067 Год назад +4

    Amarira urijije abantu IMANA irakubona,courage bro uzi umuziki pe✓✓✓✓

  • @felixthegreat8461
    @felixthegreat8461 Год назад +2

    Wangu ici gisasu nico

  • @nsengimanaroger9657
    @nsengimanaroger9657 Год назад +38

    I am a Rwandese but i like you guys 🇷🇼🤝

  • @tijorico7906
    @tijorico7906 Год назад

    yes realy,,,like ,,Burundi ,,,from Canada ,,,,,ngira nshike i Burundi,,komera ,,,viva Burundiiiiiiiiiii

  • @uwimanaadam3632
    @uwimanaadam3632 Год назад +4

    Jomba bavyita "kwugurura twa mugina no kwugara twamugina", uruguruye umwaka uranawugaye, AWARDS zose zuyu mwaka baguhe 🧏‍♂️🫡👍

  • @yvetteirankunda520
    @yvetteirankunda520 Год назад +2

    Félicitations, twahatswe kurira kunkumbu dufitiye Igihugu cacu. Nanje ndahakumbuye.

  • @aaronnduwayo1725
    @aaronnduwayo1725 Год назад +11

    This song make me miss my country 😭😭😭🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮... Oooh gihugu canje... Tanganyika yanje ndakumbuye akayaga ko kumugoroba.... Kajaga yanjeee😭

  • @quennevadina1949
    @quennevadina1949 Год назад

    Weeeee abarundi like ngaha imuhira nimuhira kbs🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥welcome brother

  • @thedenmedia2837
    @thedenmedia2837 Год назад +138

    So emotional 🎵. Much love from 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼

  • @evaboy3108
    @evaboy3108 Год назад

    Najaribu kurudiarudia hii nyimbo pendwa nikagunduwa kizr ni kizuri tu hii nyimbo ime inspire San yaaan Ina ujumbe mzito hasa sisi tuliopo nje ya nchi kweli amahanga na mahano I muhira ni muhira pe! Big up my brother #yoya jamar Allah azid ku bless kipaji chako 🙏

  • @benichou5996
    @benichou5996 Год назад +5

    Twari tugukumbuye grand frère

  • @munezapatrick3790
    @munezapatrick3790 Год назад +8

    Your songs hits my desire, fans from Rwanda 🇷🇼

  • @destinstephan8370
    @destinstephan8370 Год назад +30

    Here another proof showing that talent never dies 🙌🏼👑

  • @eliezerirankunda7457
    @eliezerirankunda7457 Год назад +1

    Yoooo iyi ndirombo kweri iraryoshe saaaana

  • @themcamipro2915
    @themcamipro2915 Год назад +4

    Yoyaaaaaaa wacu indirimbo iraryoshe caneee

  • @jaypro4943
    @jaypro4943 Год назад +1

    Dusa nabagiriye rimwe vraiment nanje navyiyumvira nkabura uko ngira but soon tuzosubira bro don't worry man love from Jay pro kenya

  • @future7073
    @future7073 Год назад +6

    Mega hit 🔥🇩🇪🇩🇪🇩🇪udukumbuje iwacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @erza6832
    @erza6832 Год назад +4

    My fav artist aragaruts 😢uzoshak umare 10ans utaririmba ikibanza caw nicakindi nyn

  • @fabriceirutingabo3174
    @fabriceirutingabo3174 Год назад +1

    Issa jamali wanje ndagukumbuye si ibanga

  • @evelyneeniyuhire8302
    @evelyneeniyuhire8302 Год назад +17

    Tu nous surprends tjrs! Quelle belle chanson!!! Merci Yoya ❤ 🇧🇮🇨🇦

  • @chiaristonyoni1852
    @chiaristonyoni1852 Год назад +1

    Abanditsi babigiz umwuga baragaruts ngwaho hhhhhaha Tokoos bro

  • @rallyjoe9607
    @rallyjoe9607 Год назад +5

    Nic song broda Yoya Jamar 👊🇧🇮🎶🥰

  • @fabriceniyonkuru9941
    @fabriceniyonkuru9941 Год назад +1

    Yoya nukuri ndagukumbuye sugufyina twari dukumbuy ibikorwa vyaw vyiza Disi❤️

  • @irakizaonlypamcarly1768
    @irakizaonlypamcarly1768 Год назад +8

    😭😭Yoya merci pour cette belle chanson😭!! 🇧🇮Iyi ndirimbo irandijije caaaane, i Muhira ni Muhira sha, nubwo twobaho neza bingana gute ariko iwabo n’umuntu hararyoha haguma ku mutima😭,ndahakumbuye Iwacu😭🇧🇮!!

  • @jadixtheblacker3411
    @jadixtheblacker3411 Год назад +1

    Hii ni kubwa lake Kubwa zito ya'ani kubwa kulikooooo

  • @dukuzeentertainment7065
    @dukuzeentertainment7065 Год назад +39

    Legend is Back 🔥🔥🔥
    Proud of you Brother 🙌

  • @elyseebibonimana7427
    @elyseebibonimana7427 Год назад +1

    Warukumbuwe vyukuri 🥰🥰ntubesh imuhira ni muhira🔥🔥🔥

  • @christiankundabagenzi7928
    @christiankundabagenzi7928 Год назад +36

    Welcome back bro in the music industry. You never disappoint us, keep on singing. I missed this sweet voice and now you did it for us.congratulation for the wonderful song.

  • @rerekacomedy
    @rerekacomedy Год назад +1

    Nice one!! Big UP!! 💪💪 Nyakabiga turagukumbuye!!! Raba unyaruke!!!

  • @arunashimirimana2270
    @arunashimirimana2270 Год назад +5

    😭😭😭😭😭👌👌👌Home sweet home sweet home❤️💯

  • @abubakaremusavyimana6931
    @abubakaremusavyimana6931 Год назад +1

    Yoooo #Yoya_Jamli M'y bro wakumbuye Iwanyu,😟😟😟😟🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @aditop5778
    @aditop5778 Год назад +3

    Bon retour Yoya Jamal
    Nyakabiga Yacu shn🥰🥰🥰

  • @sansbifusansblague555
    @sansbifusansblague555 Год назад +2

    Imuhira n'imuhira
    Kubantu mwese mukumbuye i Burundi ariko bitarakunda komugaruka like zanyu ndazishaka ngaha
    Keep shinning brother Yoya

  • @farisbinsultan6215
    @farisbinsultan6215 Год назад +18

    This isn't a song. It's therapy.

    • @oliniyomwungere6270
      @oliniyomwungere6270 Год назад

      Sawaaa banaaaa

    • @jmadave8938
      @jmadave8938 Год назад

      It's so emotional bro😓 Ooh Muyinga yanje ndagukumbuy s'ugufyinaaa😰😰

  • @janviergateka8777
    @janviergateka8777 Год назад +1

    Nakubali kaka jamalii

  • @KESH250
    @KESH250 Год назад +13

    Lovely Song 🙌🏾🔥
    ❣📌🇷🇼

  • @nduwayoclaudeblaisetv9323
    @nduwayoclaudeblaisetv9323 Год назад

    Keeping my brother kugikorwa ciza nimba wunvirije iyi song nipe like

  • @berrymusic5200
    @berrymusic5200 Год назад +6

    I'm your fan since🙌

  • @arianeakimana5211
    @arianeakimana5211 Год назад +2

    Ntawumaze kugasubiramwo incuro nyinshi nkanje kandi Ari i muhira?🤣yoya n'umuhanzi pee

  • @jean-mariengendahayo1777
    @jean-mariengendahayo1777 Год назад +10

    Tu me fais manquer bcp de choses de chez nous. Vraiment j’apprécie ta chanson. Il m’a bcp touché. From 🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦 . Really i miss my Tanganyika lake. We need songs like this one.

  • @nsabiyumvasteve4020
    @nsabiyumvasteve4020 Год назад

    Respect ninjaz ✌️ kitu 🔥🔥🔥🔥🔥

  • @fistonbukeyeneza37
    @fistonbukeyeneza37 Год назад +5

    Twaheruka umuziki ku ndirimbo yawe yanyuma🇧🇮 yoya Jamal😍

  • @pacibeni1951
    @pacibeni1951 Год назад +1

    Africa Nova wurunganwe rushasha

  • @santiananiciteretse6297
    @santiananiciteretse6297 Год назад +14

    This song is so emotional 😭amahang arahanda 🙏 #Nyakabiga❤🇧🇮

  • @twalha1997
    @twalha1997 Год назад +2

    Yoya uri artiste préféré 🤍💪🏽🤍🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @Bahoamagaramazima
    @Bahoamagaramazima Год назад +8

    Woooo nice song The living Legand !!big man #Yoya keep inspiring new generation ,top vocalist bwoy uburundi bufise 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌍🌍🌍🌍🌍🔥🔥🥰

  • @igirimbabazisania9768
    @igirimbabazisania9768 Год назад +1

    Amahanga arahanda sugufyina 😭😭😭😭🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮kayanza, gahombo yanje ndagukumbura nkabura ukongiraaa

  • @magicchanneltv553
    @magicchanneltv553 Год назад +5

    proud of you Yoya Jamal....keep it up bro

  • @mickelfashion2193
    @mickelfashion2193 Год назад

    Bro umepatia snaa big up👌

  • @yvan-blaxigiraneza7058
    @yvan-blaxigiraneza7058 Год назад +28

    Yoya never disappoint. The song is so emotional. Well done Jamal

  • @alexandremugisha3370
    @alexandremugisha3370 Год назад +2

    Yoya Jamal.intwari yiwacu Imuyinga.warukumbuwe kweri.karibu bwana Yoya imuhira iwacu Iburundi.🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @TheSwaib
    @TheSwaib Год назад +7

    My brother haniangushagi big up! Ndayunvirije nciye nibuka ko tunaku dayi Album vraiment !!! We have missed your voice Blaza

  • @gasoreismaelcomedy
    @gasoreismaelcomedy Год назад +2

    @Yoyajamal ino muri Serbie utumye dukorora amosozi pe big up

  • @andypacifique
    @andypacifique Год назад +5

    So emotional for us we all need to go home but twese turabura uko tugira bro.
    Love from 🇩🇪 2 Our Motherland 🇧🇮

  • @elyseicoyizigamiye5802
    @elyseicoyizigamiye5802 Год назад

    Naje ndahakumbuye p.iyi ndirimbo ici ihankumbuza kabisa.nice song and respect my Burundi🇧🇮🇧🇮

  • @cizaeliphaz3702
    @cizaeliphaz3702 Год назад +6

    This am tellin' u the truth will never gets old in my heart yoya Jamal thank u so much for this so nice song and cheers u all Burundians let's support our own the main this nice song sounds so much fresh

  • @gaelndayiziga9132
    @gaelndayiziga9132 Год назад +1

    Yoya, karibuni kwamala nyingine tena bro we love your music.

  • @Blessingblessed241
    @Blessingblessed241 Год назад +4

    At least someone is really singing in Burundi. I am truly relieved 😌

  • @damtonchita4494
    @damtonchita4494 Год назад +1

    MY big brother ukoz umuti

  • @kwigizedieudonne1920
    @kwigizedieudonne1920 Год назад +12

    Welcome back my young brother! We are proud of you. 🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦

  • @ntegerejimanaalexandre6973
    @ntegerejimanaalexandre6973 Год назад +1

    Ooooo yoya we love you urakoze kugaruka Imana iguhe umugisha

  • @madjaliwaimidy6679
    @madjaliwaimidy6679 Год назад +8

    I'm proud to my country respect brother yoya Jamal big up Allah protect u