Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Uwushaka kuja gukinira kwaba Darlène na Billy contact zabo ni 68062197… munyaragase hasigaye indwi imwe gusa.
Hello encourage ces Jeunes , c'est possible sha aho mba Texas haje cette annee plus de 30
Amen amen ikiganiro ciza gose comme d' habitude ncuti Hosy ndakunda gose ukwizera kwa Darlene Imana idufashe ayironke nukuri !
Jeweeee natomboye 2022 😂encore C.N iri hafi cyane ariko abari batomboye bari hasi yico giharuro 876 umbega avuze ariko ikiba kibabaje nuko abatombora sibose bagenda kuko chaque mois hategezwa gusohoka VB ariko Ambassade ya Kenya kubera ariyo i traitant les dossiers za immigration ikaba inakora yikwega biratuma benshi batagenda kubera ukwezi kw icenda guheze Année fiscale yanyu iba iheze usubira kuzokina ikindi igihe rero ntibumve ko ukinye ugatombora utaba rero izo mentalité abantu banzozikuremwo kandi courage kuba Dv Lottery bazotombora 🎉🎉🎉
Gutombora ntibisigura kugenda.urashobora gutombora ukabura ticket !
Mbaye uwamberee, mumpe likes, Siren hejuru 🎉🎉🎉🎉
Nkinye irigira indwi sindacika intege
Mwiriwe Billy et Darlene ndakeneye télé yanyu vyomfasha
Abobantu bavugana urupfasoni merci hosi❤❤
Suis la première aujourd'hui ooooh🥰🥰🙌🙌
Uratesaaaa
Ndagukunda sha Hosy❤❤❤
Ndanezerewe nikiganiro canyu
Urashobora kwikinir n fon yawe atagisabwe??? Rps plz muzob mukoze
Tuzanire nyene creen card abariwe twiyagira adukorere umuti maze twigir 🇱🇷
Hosy ikiganir nic bien 👌 ark iy titre ukunt mwayandits umeng nab batumir arab basum🙆 rab mukosor iy titre 🙄
Wooooa noma sana ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅
Nzoza kabisa kuwambere
Bjr,gusa jew ikiganiro ntigikwiye,ark iyo watowe bigenda gute,mbega hoho ntushobora kwibwa,ni gute vyokorwa neza utibwe??
Mwiriwe nabakirikiranyeNdashimye franchise yanyuAriko maze kubijamwo kenshi mburaMbwira imyaka Mike yokubijamwo ni 18Myishi yo kutabijamwo ni ingahe?Kandi nciye numva nobashorera
Tubwire Aho mukorera tuzoze gukina
Ni Centre Ville yomuri Plaza Bureau A5
Billy shaaaa 🤣🤣🤣
Hosy ndi umurundi kazi ugukunda cane shak numéro yawe haribintu shaka kotuvugana kandi wumve ngo ndagukunda ❤
76711802 andika kurizo numero tuguhe iza Hosy
Visa itangwa na Ambassade Hosy. Uwo uzokumva ngo agire atange amahera ngo bamuhe visa uzomubuze bazoba ari abasuma abo bazoyamusaba
Eeeh nawe ga Hosy oyaaaaa. 😅😅😅
Karibu muri America tuzobakira. Gusa, hari inzira nyishi zo kuja muri America utarinze gukora ivya Green Card.
Zitubwire none tuzicemwo basi nyibwirire Jew inbox
Can i talk to you privately please
tubwire izo zindi nzira
Muri imvuga Kuri jewe maze guhendwa 3fois Kari nabihevye
Kovyoba bikaze twaribwe none retro
Ibintu nkivyo ngo ni green card ahanini nabonye birimwo ubusuma kuk ab escro barabaye benshi nicogituma jew ntota umwanya ngo ndiko ndavyirukamwo nzorindira amarembo yimana yugururwe niho nzogenda
Man Green card n est qu un site itangwa accessible at anyone
Hosy uransekeje ukuntu wimyoje kirisu
Umwe wese yokwigirira enregistrement en ligne biroroshe .Jewe narayigiriye 2021 kandi narabaye sélectionnée
Mbwir'aho baca sha twovugan Inbox??
MPa numéro yae tuvugane
@@dispineirankunda6096 Electronic Diversity Visa Program dvprogram.state.gov/
Ngiyo lien ucako ukiyandikisha.Wompa num zawe tukavugana ufise ikibazo kurivyo
@@hakizimanavenant-ty4mz impa rwawe nkubwire ham lien wocako niyi
Hosy reka abo bana baka 5000 baracafise ubuntu( reka ubuntu mu bantu bukomere). Bane komeza mufashe abantu
Bizorangira itariki zingahe
Hosy Kutamubajije be iyo Umuntu Atowe haca hakurikirana iki?
Baraguha numéro hama bakaza baravuga numéro zigezweho kuja gusaba visa we ubonye ushikiriw ucugenda Ico benshi batazi nuko hari uwutombora ntashikigwe kuja gusaba visa
@@raoulirakoze3031ntashikirwe bigenze gute ?
Naje mwishule ntibizomubuza kujayo
Ikibazo mbega hoho iyo watowe ibijanye na ticket bimeze gut ? Nibobakurihira cnk uririhira? Turasavye umuco wavyo murakoze🤝
Ibisigaye uririhira
Vyose uririhira🇧🇮🇺🇲
Vyose uririhira entretien 300 dollars frais médicaux muma 300 dollars plus frais ya green card 220 dollars ni ticket naho ushikira urimenya
Ah gakobw ngir gafis ingoran yo mumutwe 😂😂😂ng atagiy kwig mur américa ntahand azokwig😂😂😂natekerez
Iyo page motwandikira uko yitwa iy uraba uko yitwa
Hosy urakoze kutuzanira Abo baduhaye umuco kuri Green card
None ko mutatanze umuco iyo uwotowe bigenda gut
Hossy uraturonderera uwutubwira procédure ikurikira mugihe utowe
Urandondera ndakubwire 🇧🇮🇺🇲
Be iyo Umuntu yatowe muburundi aja kugira interview hehe??
Kenya knd uririhir tok yo kujay no kugaruk nah urar
Kenya binatwara amahera menshi pas moins de 7 millions
Ni danger
Erga niyo Green Card ushobora kuyironka bikanka kujayo kuko bitwara amahera menshi kuko gushikayo urimenya vyoosssse ticket naho ushikira benshi bibaza ko America ibamenya vyose 😅
Nivyo ivyp uvuze kandi une fois ubaye sélectionné ukaronka visa urarihira frais yirya green card ingana 220 dollars kugira bayikuronse ushitse usa
@@SM-nn5rw greencard kuyironk ni free mugenzi yaco ubesh abant kirets ibind bikenew nivyo wimenya
Ahubwo ww nukwi informa neza baguha visa muri ambassade iyo ubaye sélectionné hama green card uyironka ushitseyo usa ugaca uyirihira . Ivyo ndabivuze ndabizi kubera vyambayeko nabikinye 2021 ndaba sélectionné
@@SM-nn5rw nne iyo green card ica igufasha iki?
@@anickuwimana3360 green card ni carte ituma uba umu résident permanent wo muri usa ikaba ifise validité ya 10 ans iri renouvelable
We Hosi abobantu bagira enregistrema aho buja benshi nabasuma kabisa nanj narabibonye .ariko umaze kubimenya hariho site yumu consula kwiyandika uriyandika atangorane kweri .ubu ntawendinda kuja kuraba ngwanyandike jew nyene ndigirira enregistrema
Tubwire natwe uko twobigenza
Ugira gute none?
Sabasuma kk UBuzima bwazimvy mega UB ni 13 mil noa urabonak bary bos babigirir ko bobibakorer kubunt mugih atavy Bazi
Twes twaravyigiriy en ligne
@@kezakimanaspes8488 babigira gute mutubwire basha
Bareke bibwe ntibokwikinira. Green card urikinira vraiment
Green card nabo nabasuma ugira bobo barazi yuko bazojayo.mbe bobo ko babikinisha baramaze kujayo?
Uwushaka kuja gukinira kwaba Darlène na Billy contact zabo ni 68062197… munyaragase hasigaye indwi imwe gusa.
Hello encourage ces Jeunes , c'est possible sha aho mba Texas haje cette annee plus de 30
Amen amen ikiganiro ciza gose comme d' habitude ncuti Hosy ndakunda gose ukwizera kwa Darlene Imana idufashe ayironke nukuri !
Jeweeee natomboye 2022 😂encore C.N iri hafi cyane ariko abari batomboye bari hasi yico giharuro 876 umbega avuze ariko ikiba kibabaje nuko abatombora sibose bagenda kuko chaque mois hategezwa gusohoka VB ariko Ambassade ya Kenya kubera ariyo i traitant les dossiers za immigration ikaba inakora yikwega biratuma benshi batagenda kubera ukwezi kw icenda guheze Année fiscale yanyu iba iheze usubira kuzokina ikindi igihe rero ntibumve ko ukinye ugatombora utaba rero izo mentalité abantu banzozikuremwo kandi courage kuba Dv Lottery bazotombora 🎉🎉🎉
Gutombora ntibisigura kugenda.urashobora gutombora ukabura ticket !
Mbaye uwamberee, mumpe likes, Siren hejuru 🎉🎉🎉🎉
Nkinye irigira indwi sindacika intege
Mwiriwe Billy et Darlene ndakeneye télé yanyu vyomfasha
Abobantu bavugana urupfasoni merci hosi❤❤
Suis la première aujourd'hui ooooh🥰🥰🙌🙌
Uratesaaaa
Ndagukunda sha Hosy❤❤❤
Ndanezerewe nikiganiro canyu
Urashobora kwikinir n fon yawe atagisabwe??? Rps plz muzob mukoze
Tuzanire nyene creen card abariwe twiyagira adukorere umuti maze twigir 🇱🇷
Hosy ikiganir nic bien 👌 ark iy titre ukunt mwayandits umeng nab batumir arab basum🙆 rab mukosor iy titre 🙄
Wooooa noma sana ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅
Nzoza kabisa kuwambere
Bjr,gusa jew ikiganiro ntigikwiye,ark iyo watowe bigenda gute,mbega hoho ntushobora kwibwa,ni gute vyokorwa neza utibwe??
Mwiriwe nabakirikiranye
Ndashimye franchise yanyu
Ariko maze kubijamwo kenshi mbura
Mbwira imyaka Mike yokubijamwo ni 18
Myishi yo kutabijamwo ni ingahe?
Kandi nciye numva nobashorera
Tubwire Aho mukorera tuzoze gukina
Ni Centre Ville yomuri Plaza Bureau A5
Billy shaaaa 🤣🤣🤣
Hosy ndi umurundi kazi ugukunda cane shak numéro yawe haribintu shaka kotuvugana kandi wumve ngo ndagukunda ❤
76711802 andika kurizo numero tuguhe iza Hosy
Visa itangwa na Ambassade Hosy. Uwo uzokumva ngo agire atange amahera ngo bamuhe visa uzomubuze bazoba ari abasuma abo bazoyamusaba
Eeeh nawe ga Hosy oyaaaaa. 😅😅😅
Karibu muri America tuzobakira. Gusa, hari inzira nyishi zo kuja muri America utarinze gukora ivya Green Card.
Zitubwire none tuzicemwo basi nyibwirire Jew inbox
Can i talk to you privately please
tubwire izo zindi nzira
Muri imvuga Kuri jewe maze guhendwa 3fois Kari nabihevye
Kovyoba bikaze twaribwe none retro
Ibintu nkivyo ngo ni green card ahanini nabonye birimwo ubusuma kuk ab escro barabaye benshi nicogituma jew ntota umwanya ngo ndiko ndavyirukamwo nzorindira amarembo yimana yugururwe niho nzogenda
Man Green card n est qu un site itangwa accessible at anyone
Hosy uransekeje ukuntu wimyoje kirisu
Umwe wese yokwigirira enregistrement en ligne biroroshe .
Jewe narayigiriye 2021 kandi narabaye sélectionnée
Mbwir'aho baca sha twovugan Inbox??
MPa numéro yae tuvugane
@@dispineirankunda6096 Electronic Diversity Visa Program dvprogram.state.gov/
Ngiyo lien ucako ukiyandikisha.
Wompa num zawe tukavugana ufise ikibazo kurivyo
@@hakizimanavenant-ty4mz impa rwawe nkubwire ham lien wocako niyi
Hosy reka abo bana baka 5000 baracafise ubuntu( reka ubuntu mu bantu bukomere). Bane komeza mufashe abantu
Bizorangira itariki zingahe
Hosy Kutamubajije be iyo Umuntu Atowe haca hakurikirana iki?
Baraguha numéro hama bakaza baravuga numéro zigezweho kuja gusaba visa we ubonye ushikiriw ucugenda
Ico benshi batazi nuko hari uwutombora ntashikigwe kuja gusaba visa