Sujet iri très intéressant, jew mon mari nkifis inda yaranyitaho sana ariko maz kuvyara hew numwan amuteruy 2min aca avuga ng ararush mwijoro hoho yaca ambwira ng ntiyovyuk kumfash kubr azindukir kukazi😢
Yooo guys thank you so much for speaking for some of us ❤️🥹 ❤ 💪🏾 I would love to join you and speak about that topic 😁 mfise vyinshi vyokuvuga but… it’s what it’s, I don’t know if the problem is with Burundian men.
Ndakunda vibes za Dacia araryosha ibiganiro trop 😅😅👌
Honyene muri société yacu iyo terme ngo umugabo amfashe irashobora kungwaza mumutwe umugabo numugore bafise partenariat wanashima ari partenariat mura signa. Rero umugabo ahinduye couche umwana ntagufashije akoze ivyo yategerezwa gukoraaaaa… Abagore babarundikazi dufise ingorane umengo uri murugo guca amanota
Ndabakund gus ikanzu ya hosy yanyobey meng ni maseraaaa😂😂
Ndi uwambere mumpee likess🔥🔥😂😂
Abagore bo kuri RUclips muratesaa twari tubakumbuyee❤❤
Sujet iri très intéressant, jew mon mari nkifis inda yaranyitaho sana ariko maz kuvyara hew numwan amuteruy 2min aca avuga ng ararush mwijoro hoho yaca ambwira ng ntiyovyuk kumfash kubr azindukir kukazi😢
😂😂😂Hosy wangu disii indimu baguhaye yari gukunkumuye😂😂😂Pol sana,knd muraberewe Musa neza.na Émission ihanura knd yubwenge Abo biraba bahakure isomo knd bahindure impanuro zagusa ngizo.siren vibes🌹🌹mwaje hageze❤
Fun &Fact ❤❤❤ kk murahanura nukuri
Sasa narinkumbuye fun and fucts muratesa ❤❤❤
Musa neza gusa émission très intéressante,hama abagabo bavyumve uziko iburayi badufasha vyose,uravyuka ukaja kukazi mugabo nawe agasigara atategura abana akabajana kwishure cank muri crèche hama nawe ukaza kubatora kuko ntabakozi il faut nous programmer donc no muburundi birashoboka kuko umwana nuwabose,gusa Nikita wavyibusha uraramye peee❤
Yooo guys thank you so much for speaking for some of us ❤️🥹 ❤ 💪🏾 I would love to join you and speak about that topic 😁 mfise vyinshi vyokuvuga but… it’s what it’s, I don’t know if the problem is with Burundian men.
Our pleasure!
Uzobaze abagabo benshi ati umugore wawe arafise akazi????bose bazokubwirako atakazi bafise😂😂😂 ahorero afise abana 4,3 ariko akubahuka akavugako umugore wiwe atakazi afise😢😢😢ahorero harinigihe atamukozi abafise
Bimbaze ndafise ico nobivugako😂😂😂😂😂akabi karatwengwa nk'akeza pe.ngo ntaco umaze kbra utinjiza amafranga,waravyaye abana 4,ubakorera vyose kko ata mukozi wo kugufasha,ubigisha,Ama DàD,....mgbo ngo NTACO UMAZE vrema!!!biraryana ukuntu
Dacia aguma atesa ukuntu, fraicheur zamusarany walahi🥰
😂😂😂erega badamu beza nimubareke niyompamvu umwana iyo akuze akaronka umufungo 😂😂😂aha Maman wiwe ntaha Papa kuko umwana yumva kuva kumunsi wambere asamwa vyose umwana abikurikiranira hafi 😂😂😂😂 niyompapamvu abapapa ntibitabwaho nabana babo wapi kandi barabimenyereye ariko ndabagirinama mwa bagabomwe nimwe mutazi gutegura kazoza kanyu komubusaza uryamwanya umara mukabari uri mubujajwa nincuti zawe uwumaze urikumwe numwana uzobisarura mubusaza uzovyumva ushaje ariko abagabo benshi areka abana akitaho abagenzi biwe sawa natwe ama Maman iyo twibereye nabana bacu tuguma ducomeka akariro gakegake kuburyo uzisanga namashure wamurihiriye atayo azi
Kuvuga neza niwe wabizanye vrt❤
Uko nukuri umwana agira umu genzi umuvyeyi yamwugurukiye
NAHAYO yagiye hehe vraiment??je ndamukumbuye cane!
Just when I'm about to have dinner😍😍😍😍
❤❤❤❤❤
Enfin 🥳
Ako gatwe ka Hosy vrmt😅
Abagabo muvyunve umugore ariko aramesa koropa munzu basi canke ufate umwana unamufashe guteka vraiment Biteyisoni nugusobeka muva kukazi mugataha ijoro amafr mwonona mwataha ngoo caha mugitanda ivyosivyubahiro icubahiro nuko uwomwubakanye mumubona anezerewe kubwanyu sinon murikunda cane abagora bakora 3shifts bava kukazi baza kuraba ivyurugo barangiza akazi kanijoro ngo hapa 😂Mushaka babashimishe gute barushe atana support yanyu pfuma mutaha bagume bababona basi umwana anakubone aryoherwe.Impanuro kuri basaza banje 😂Kuko umugabo wanje arabikora neza ntamihari vraiment nabana niwe abambika akabagaburira arumubebe niwe a Vyuka kubaha amata boss wubahwe 😂naho utabuze ayandi mafuti 😂😂😂
Muratubesheye Leta ntigizwe n’abagabo gusa😂 ibwirizwa nshingiro ry’uburundi ribaha 30%
Vinywa vya jamii
Harabagabo ahohanze aringegera jew navyaye uduhasa 2019 ubu aban babur amez ngo bakwiz imyaka 6 nubu Papa wabo ntibamuzi ndets napapa wab nubwo vyohurir munzir ntiyobamenya shaaa jew abagabo ubu ndabanka peee ndeze abana 4 ndijenyen kand nabavyay ngo ndumugore yemew namategeko iyontuma ndabavyaririwacu Ipuuu abagabo sibose arik harimbwa zabagabo peee
❤
Nikita le 31 turi 2. Nanje ni le 31
Say it ladies
Kinywa Cha jamii
Bamurasa kuntego apakumara umwanya umengo mwaje gufyina
Ikiganiro citwa “Fun and facts” mugenzi😂 bisigura ko turasa ku ntego turiko turanafyina😌
Ikiganiro citwa “Fun and facts” mugenzi😂 bisigura ko turasa ku ntego turiko turanafyina😌
Tendance " misandrie"
Aha ndabasabe muzosubiremwo ikiganiro harimwo abagabo bataryumunwa. Hari ibintu abagore mwihaye vyokwifatira abagabo mugahanga. Gusa turicecekera kuko ntidufise aho tuvugira canke uwutuvugira. Hama noneko mwidoga ntihagire aho muja? Uyo mugabo gayemwe ataco afasha yirirwa guca ingero ngo atunge umuryango namwe muba mushakiki? Et si on inverserait les roles? Ukugenda kuronderera umuryango nae akaguma muhira? Wohava usanga umutahuyeko nae akazi akora katoroshe. Mwebwe muravuza urwamo, twebwe tukicecekera kuko tuvuze ntango zoramba. Niko iyisi yababesheko ngo mufise akamaro karenze akabagabo. Muridoga ntahomuja😂, kuko nawe murazukuri😊
None ndabaza nta bagore bata ingo bahari? Niko mwibaza ?
Ndabakund gus ikanzu ya hosy yanyobey meng ni maseraaaa😂😂
Sasa narinkumbuye fun and fucts muratesa ❤❤❤
❤
Sasa narinkumbuye fun and fucts muratesa ❤❤❤