Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
WHATSAPP YA BMBC : +257 79 50 02 27
Felicitations
Courage mon frr.
Keep shining
Diaspora City 🔥🔥🔥🔥🔥
Hararenze🔥🔥
Il faudra construire des dingues pour éviter l'inondation et protéger tout le quartier de Muroir dans les années à venir comme ds Kajaga.
Bandanya uterimbere imana iguhangaze uzokore nibiruta ivyo
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪
Mukomeze kudukurikirana kuri Nicko Tv plus
Ikibazo nu mukongo yagura??
Ego vraima
Mwiriw?mbaye nshima kugikorwa ciza mwiyumvuriy,akabaz kanje:Mbega aba pionniers baba rundi namazu mwaba tegekanirije?murakoze.
Nones nu mukongomani yagura??
Zingana gute? Zigugwa non gute?
🎉🎉🎉🎉🎉
❤️
Vyiza cane . Muje no mugihugu hagati
Akabazo kanje uwo muntu azoza ngaho ntancuti ziwe afise azoja kuraba mu rumonge mwijenda canke ingozi ? Izo camera muvuga izozijana hose agiye ? Murakoze ariko ngaruk project ninziza cane ariko mwibuke namabarabara mubindi bisagara hose mu gihugu kuko kubwanj ibarabara nico gitangura mwiterambere murakoze kuko niryo rituma dushika aho tutazi
Terera ivyiyumviro vyubaka bagenzi
@@christelle2465 Ibanga ry’ubutunzi: Ni Gute Wobana Neza n'Ubutunzi canke n'Amafaranga (Umwimbu wawe) ?ruclips.net/video/EuGcDFx1WzM/видео.html
Quel cote de Hahe ??
Can you guys give me the guidance of this guy?
Bit kutashize number zabo noe? Tubavugishe?
Igihugu gitezwa imbere hose muzoze muduga ruguru naho mwubakeyo ayo mazu kandi ruguru nyinshi heza gusumba mu biyaya
Ayo mazina muhita ari discriminatif ngo DIASPORA CITY ayo n'amazina y'ibishobosho. Please ndabahanura nimuhite amazina afise kozoza. Amazina atuma bose bahihumvamwo.
@@ndabakundamwese Ayo mazu azobamwo ahanini Abarundi baba mu mahanga (diaspora) ariko ntibivuze yuko Umurundi aba mu Burundi (umu local) atarekuriwe kuyabamwo...
@@sese667 izina ryaho ryonyene ntiribimurekurira naho yobaboshoboye kubera iryozina ntiyohubahuka kuko kuko iryozina riravangura , jewe mba hanze ariko kubera iryozina sinohagura canke ngo ndahabe . Rabayandimazina meza ahuza bose mukoreshe,ikindi kuki ibujumbura gusa ? Jewe vrmt nikundira ruguru
@@SalvatorAdamu Ayo mazu yagenewe ahanini aba diaspora, bazoyabamwo baje muri vacances canke mu kindi kintu icarico cose mu Burundi, ariko ico duhurizako ni kimwe, iryo zina riravangura ucumengo umu local arakumiriwe, borondera izina rihuza Abarundi bose, ababa mu mahanga (diaspora), n'ababa mu Burundi (local) ... Iryo zina n'ivyo riravangura ...
WHATSAPP YA BMBC : +257 79 50 02 27
Felicitations
Courage mon frr.
Keep shining
Diaspora City 🔥🔥🔥🔥🔥
Hararenze🔥🔥
Il faudra construire des dingues pour éviter l'inondation et protéger tout le quartier de Muroir dans les années à venir comme ds Kajaga.
Bandanya uterimbere imana iguhangaze uzokore nibiruta ivyo
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪
Mukomeze kudukurikirana kuri Nicko Tv plus
Ikibazo nu mukongo yagura??
Ego vraima
Mwiriw?mbaye nshima kugikorwa ciza mwiyumvuriy,akabaz kanje:Mbega aba pionniers baba rundi namazu mwaba tegekanirije?murakoze.
Nones nu mukongomani yagura??
Zingana gute? Zigugwa non gute?
🎉🎉🎉🎉🎉
❤️
Vyiza cane . Muje no mugihugu hagati
Akabazo kanje uwo muntu azoza ngaho ntancuti ziwe afise azoja kuraba mu rumonge mwijenda canke ingozi ? Izo camera muvuga izozijana hose agiye ? Murakoze ariko ngaruk project ninziza cane ariko mwibuke namabarabara mubindi bisagara hose mu gihugu kuko kubwanj ibarabara nico gitangura mwiterambere murakoze kuko niryo rituma dushika aho tutazi
Terera ivyiyumviro vyubaka bagenzi
@@christelle2465 Ibanga ry’ubutunzi: Ni Gute Wobana Neza n'Ubutunzi canke n'Amafaranga (Umwimbu wawe) ?
ruclips.net/video/EuGcDFx1WzM/видео.html
Quel cote de Hahe ??
Can you guys give me the guidance of this guy?
WHATSAPP YA BMBC : +257 79 50 02 27
Bit kutashize number zabo noe? Tubavugishe?
WHATSAPP YA BMBC : +257 79 50 02 27
Igihugu gitezwa imbere hose muzoze muduga ruguru naho mwubakeyo ayo mazu kandi ruguru nyinshi heza gusumba mu biyaya
Ayo mazina muhita ari discriminatif ngo DIASPORA CITY ayo n'amazina y'ibishobosho. Please ndabahanura nimuhite amazina afise kozoza. Amazina atuma bose bahihumvamwo.
@@ndabakundamwese Ayo mazu azobamwo ahanini Abarundi baba mu mahanga (diaspora) ariko ntibivuze yuko Umurundi aba mu Burundi (umu local) atarekuriwe kuyabamwo...
@@sese667 izina ryaho ryonyene ntiribimurekurira naho yobaboshoboye kubera iryozina ntiyohubahuka kuko kuko iryozina riravangura , jewe mba hanze ariko kubera iryozina sinohagura canke ngo ndahabe . Rabayandimazina meza ahuza bose mukoreshe,ikindi kuki ibujumbura gusa ? Jewe vrmt nikundira ruguru
@@SalvatorAdamu Ayo mazu yagenewe ahanini aba diaspora, bazoyabamwo baje muri vacances canke mu kindi kintu icarico cose mu Burundi, ariko ico duhurizako ni kimwe, iryo zina riravangura ucumengo umu local arakumiriwe, borondera izina rihuza Abarundi bose, ababa mu mahanga (diaspora), n'ababa mu Burundi (local) ...
Iryo zina n'ivyo riravangura ...