Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Courage Frère Uri Mubarundi Bari Mumahanga Baguma Bereka Abarundi Iterambere ritarashika aha Iwacu ❤
Iyo irabereye president wacu kugira muburundi igurwe haracasigay imyaka kwel,and thank you for showing us this car good job.
CyberRruck Is My Dream 🤗🤗
Umubanyi wacu Tucson aguma atwereka bishya
🙏🤞🏻
Komera kwijambo,none Aho uba warishe vyose n'a dédouanement kuva mur company,,yoshiska mu Burundi kurangahe!!
Jewe nshaka aba technicians bo mu Burundi bayigirako ubwo buhinga bagakora rwabo idasaba ibitoro.
😮amarundinangahe
@@EmmanuelNiyongabo-o2f 560.000.000 fbu
nzoza muri decembre kuyigura
kbx
Pierce de rechange nizo kumbure zogorana ipfuye
Icuma niciza kabxa
Vuba can iradushwaramwo mu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Umuntu ayiriha gute muyishikana Bujumbura?
Mukomeze Kudukurikirana kuri Nicko Tv plus
Mumarundi nangahe
560,000.000
Nn engagement ya vitesse ibera ngaho kur screen Nyen ⁉️
@@lucasnyandwi7452 oya kukuguru!Urabibona muriyi video 👇🏿YA MODOKA YAKATARABONEKA YAKOZWE N'UMUKIRE WAMBERE KWISI ELON MUSK -TESLA #CYBERTRUCK #Test_drivingruclips.net/video/WXsCA7zc_Vg/видео.html
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ninziza kbsaMbega yakozwe nande? Nuruganda uruhe?
@@kamarojoeoleg9293 Tesla (Elon Musk)
@Nickojunior merci pour l'info
Credit not cash not for Burundi
🎉🎉🎉❤❤❤🎉🎉
Courage Frère Uri Mubarundi Bari Mumahanga Baguma Bereka Abarundi Iterambere ritarashika aha Iwacu ❤
Iyo irabereye president wacu kugira muburundi igurwe haracasigay imyaka kwel,and thank you for showing us this car good job.
CyberRruck Is My Dream 🤗🤗
Umubanyi wacu Tucson aguma atwereka bishya
🙏🤞🏻
Komera kwijambo,none Aho uba warishe vyose n'a dédouanement kuva mur company,,yoshiska mu Burundi kurangahe!!
Jewe nshaka aba technicians bo mu Burundi bayigirako ubwo buhinga bagakora rwabo idasaba ibitoro.
😮amarundinangahe
@@EmmanuelNiyongabo-o2f 560.000.000 fbu
nzoza muri decembre kuyigura
kbx
Pierce de rechange nizo kumbure zogorana ipfuye
Icuma niciza kabxa
Vuba can iradushwaramwo mu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Umuntu ayiriha gute muyishikana Bujumbura?
Mukomeze Kudukurikirana kuri Nicko Tv plus
Mumarundi nangahe
560,000.000
Nn engagement ya vitesse ibera ngaho kur screen
Nyen ⁉️
@@lucasnyandwi7452 oya kukuguru!
Urabibona muriyi video 👇🏿
YA MODOKA YAKATARABONEKA YAKOZWE N'UMUKIRE WAMBERE KWISI ELON MUSK -TESLA #CYBERTRUCK #Test_driving
ruclips.net/video/WXsCA7zc_Vg/видео.html
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ninziza kbsa
Mbega yakozwe nande? Nuruganda uruhe?
@@kamarojoeoleg9293 Tesla (Elon Musk)
@Nickojunior merci pour l'info
Credit not cash not for Burundi
🎉🎉🎉❤❤❤🎉🎉