Nukuri FABRICE i am very proud of you and your team keep go ahead Sinashoboye kuboneka kubwakazi arko nararyohewe kunteguro yokuzana team kwigaa big up sanaaa
Africa TV mukora ibikogwa vyiza Congratulations Fabrice na bomukorana n 'iteka ku Burundi . Urugendo rukurikira atujune Singapore 🇸🇬 Imana Ibahezagire caneee u Burundi na barundi ❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Sha uwapfuye yarihuse yagiye atabonye uburundi nka Dubai ariko mutunyarukirize natwe turiko turasaza tuzobone un peu 😂 si non tuzobasabira tubarabire de là en haut.Courage keep it up 😘
Welcome ivyirwa mwagiz bizoduf cane mu Burundi hama uyu mutip wo kuri African Tv ibintu vya yeyeye biraturambira encore wigore ureke gukoresha broken English abakumva nibenshi.
Il y a bcp opportunite au Burundi mais le pays est mal au point, Il faut c dire la verite ... Pas de carburant, l'energy (electricite) instable, la communication (Internet) instable, pas de devise ... Pour que le gens investie, Il faut cree un terrain stable ou tous Le Monde doit gagne ... Pas seulement de la propagande ... J'aime notre pays mais je pense IL y a bcp a faire avant d'invite les investment ou c juste un trou profond et noire OU tous ce qui entre ne sort pas ....
Uburundi buzotezwa imbere n'abarundi bo nyene. Fablice na équipe yose komera ku kivi🎉🎉🎉🎉
Ndarengewe cane! Fablice arakunda uburundi!❤❤❤ ntako atariko aritanga ngo uburundi butere imbere.
Ndamukeje cane ❤❤❤❤
Dukeneye abantu nkaba gusaa!!!
Cyan❤@@therencendafisimana9531
Namwe murimwo Rega bikunda twese twitanze nkuko abikora
Nukuri FABRICE i am very proud of you and your team keep go ahead
Sinashoboye kuboneka kubwakazi arko nararyohewe kunteguro yokuzana team kwigaa big up sanaaa
Uwutoguter amashugw 🎉🎉kuvyukor yobarumwansi wigihug kwr Komer mutam Urakaramb🇧🇮🇧🇮💖🙏🙏
Africa TV mukora ibikogwa vyiza Congratulations Fabrice na bomukorana n 'iteka ku Burundi . Urugendo rukurikira atujune Singapore 🇸🇬 Imana Ibahezagire caneee u Burundi na barundi ❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ambitious Fablice ❤
✊🏾🇧🇮
More bless gee
Fabrîc nda❤
Waaaaa
Fabric welcom
Yirambir cane
Imana ikomez kumuzigam
Fabrice ❤❤❤ big up
Welcome Fab,God akuje imbere yame agufasha gushikira indoto zawe
Bienvenue monsieur le Président de compagnie UBAKA NATION FUND
Good
Komera kibondo ça Imana yakuduhaye igukomeze,! Wofasha aba jeunes kuronka ico bakora wiba ufise neza! Uheze rero uze wibuke b abakenyezi basabiriza mw ibarabara ubahe ibikorwa boshobora ! Baronke ico bafungurira abana babo! Turagukunda turagusengera!
Kuzindinguvu kabisa iteramber nikuri twese 🇧🇮🇧🇮✌️
You are welcome Fab
Muzomumbarize ko nzi uwubatse kare abona Harako yihenzeko uwubatse ubwakabiri nawe agaca agahinyanyura ntakantu abona natwe twokongerako kuburyo nabo bisanga bakwiye gusambura bakatwigana?❤😂
NDAVUGA DUBAI
Fablice nanj ndamwemera arik sinzi KO abamenyerey gusahura ivyacu KO bazomukundira KO indoto nziza azishikako,ark Imana niyo nkuru
Boss bandanya utezimbere uburundi,imana niyo izoguhemba nayotwebw turanezrewe can.❤❤
Hezagirwa hezagirwa Fabrice uritwari pe turagushigikiye urerekana ko ushoboye imburakimazi zikuve inyuma 👏👏👏❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺💒💒💒💒💒
Fablice na campuni yake 🎉🎉🎉
Mwenewabo na papa sava
Yeah brother
Sha uwapfuye yarihuse yagiye atabonye uburundi nka Dubai ariko mutunyarukirize natwe turiko turasaza tuzobone un peu 😂 si non tuzobasabira tubarabire de là en haut.Courage keep it up 😘
Ndabakunda
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉 lmana ishimw cyane biriko bigend nez
🎉🎉🎉
Mon fabrice hejuru caane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤
Mutibagiye kubaka amabarabara
Very good
Uyo mucameramani azasubire kwishure Reba ukuntu yasongoye umutwe wa Fablice😂😂😂😂
kurino channel harakorwa contents nziza cane,n'ibibazo vyiza cane,muga uyo mujama abaza ibibazo yitabira ngo yeah yeah yeah,nho yess yess yess birateba bikarambira uwumviriza,merçi
Kabisa arabe aze araceceka umutumire aheze kuvuga areke kuza arabacira mwijambo👍✅
Abarundi tugukunda uburundi baracariho mureke twiyubayikire uburundi 🇧🇮 Fabrice imana ikutuzigamire turi inyuma yawe.🎉🎉
Burundi Nico gihugu conyene muri Africa cibako muvyo gikora Abavuga bakomeze! Imana yakuduhay ikudutungire!
Welcome back
Welcome ivyirwa mwagiz bizoduf cane mu Burundi hama uyu mutip wo kuri African Tv ibintu vya yeyeye biraturambira encore wigore ureke gukoresha broken English abakumva nibenshi.
Ivyo vya broken English niwe ubizi. Niyivugire uko abishaka. Abarundi dushira imbere gukosorana gusa. Umviriza message urekane nogukosorana
@@CNC-qv8bu😂😂😂nikotwapfuye nukur
Broken English sikibazo mugabo
Igihambay nugutahura ibivugwa .
@@stevenking2467 tuba dukwiye kwumviriza context ibindi vyama accent tukavuihoza guko ntitwavukiye mubwongereza. Jewe mbere nuwuvuze icongereza canke igifaransa camafuti ndamukeza cane guko aba yashizemwo effort kabisa. Aba yakoze igikorwa gikomeye cane
Uyimutip wokuri African Tv sindamwanka ark kuvuga ikirundi cnk icushaka in uburenganzira bwiwe ark knd niyabivugana nabi tuzovyumva knd nuwutari Jew azobimubwira.
Kiribikorwa Bwana Fab
🎉🎉🎉🎉
Natazw🎉🎉🎉🎉❤
voila. Uburundi bufise ama parcelle menshi atubatse kandi hagati mugisagara za Rohero, Kinindo nahandi rero birakwiyeko haronswa uno musore akahubaka uburaro rusangi. Uburundi bushobora kuba nka Doubai mumyaka 5 gusa hagasigara hakayangana nabantu bahaba ntiwosubira kubamenya.
Turikumwe vyose birashoboka.twashize lmana imbere
Good 🎉🎉🎉🎉🎉
Niryasirade intwali muzayihereho munayisakare😅❤abakunzi bumupira batazanyarwirwa
Turakeneye intwari nkizo nyishi ngaga turagukejecane imana ikujimbere
Brooo wompa number yuwo mu ingénieur watanguye kuramutsa?
👌👌
Manirakiza komera maze
Damac,Emaar zubahwe
2:07 gabanya kwikiriza man... Bareke bavuge bisanzuye
Kure cane ,team ubakanation wavyiboneye ubumenyi Ubu nibwinshi
Fablice nintwari ivyamaze gukora gusa k'ubarundi birahimbaye kandi arakunda abarundi benewacu
Uwo mutipe mumushigikire akore mumuhe umwanya ukwiye
❤❤❤👌
Ndakeje fabric kurugamba urimwo rwokubak uburundi bwiza gusumba
Sinarinzi KO hakiriho abantu bafise urukundo mu Burundi
Mukomere can for work
nibakomere uwo numumarayika imana yaduhaye
We Journalist reka kuguma wikiriza apuu
Ntako atagira vt
🙏
🎉🎉🎉❤❤
❤🎉
🌸🌼🌼
❤❤❤
Komutaje. Kudamutsa. Abudab.
❤❤❤🎉🎉🎉
Merci mon frère Fablice,que mon Dieu D'Israël vous aide!
Il y a bcp opportunite au Burundi mais le pays est mal au point, Il faut c dire la verite ... Pas de carburant, l'energy (electricite) instable, la communication (Internet) instable, pas de devise ... Pour que le gens investie, Il faut cree un terrain stable ou tous Le Monde doit gagne ... Pas seulement de la propagande ... J'aime notre pays mais je pense IL y a bcp a faire avant d'invite les investment ou c juste un trou profond et noire OU tous ce qui entre ne sort pas ....
Igihe yafata urugendo nabonye ubu comentário bwimburakimazi ngo bagiye kurya amahera yabantu none raba
Journaliste ayoma yeyeye aha siho banywerurumogi ibuka ko urabwa nabantu bakuze
Wubahwe 🙏🙏🙏 ndakwipfurije imigisha iva ku MANA Fabi nukur IMANA yakuduhaye ikudutungire uburundi buzotera imbere 💪💪
Komera urashoboye bereke abarundi babone ivyinyegeze
Komera cane
Keep it up bro
NEVA mumwihorera uyu mutype araza kwigarurira imitima yabaturage, then amuhirike kubutegetsi
Hhhhhhh nawe umwabatsi numu president bihuriyehe???gabanya kuvuga ibitabaho sha Fabric yakubwiyeko akeneye ubutegetsi??? Ko ivyakora bitandukanye cane nivyukuba President?uyumwana afise umutima gusa wogukunda igihugu nabarundi ntakindi kimurimwo
Rega nukubaka❤ nubuyibozi bubyera ❤rr ibyuvuga ntiwitekerege ibyokorwa byonse reta ibifitemi ukuboko❤5l5
umutwe wawe wuzuye ubugunge nububi urota gukubita ama coups d Etat, ndagutwenze kubera Uburundi ntabwo uzi namba. tugeze kuntambwe yo guteza imbere igihugu tutitayeho ubwoko nimigambwe ushira imbere aho iwanyu. Kandi uwuturongoye ni nyakubahwa wacu NEVA nyene ntawundi numwe. Hanyuma ivyabarundi birekere abarundi
Urumugabo nukuri
Hama nawe uriko uza neza mukuduha ivyamatwi Aba akeneye
Ndashaka number ya Fabrice anyubakire
😂😂😂😂😂 rofa
Abakozi kuko bahembwa ubusa
👌👌
❤❤
🎉🎉❤✅
👌👌
❤❤❤❤
❤❤❤❤