Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Uyu mujama numu escro hamwe nuyu Rufyiri baraza bakatubwirango (( barashaka kwubaka inyubakwa nziza ivuye mumaboko y’aba diaspora hama bakazana igipindi kivugako ngo gutanga biva kumutima hama ngo (( TUJA KWIKANISA TUGATANGA AMASHIKANWA TUKUBAKA INSENGERO ngo ariko iyo bavuze ivyaba diaspora abantu bakavyiyanjanjwako)) ikibazo ngiki?? Iyonzu numba yubatswe nabantu baba hanze y’uburundi ko jewe nimba ntwrereye ishikanwa canke nubwo nokwitanga kwubaka ikanisa ntamuntu nokwaka amafaranga ngo kwinjira nukuriha canke kuza gusenga nukuriha ariko iyo nzu mwumva ninde uzayinjira atarishe ninde uzoyikoreramwo inama atarishe mbega amafaranga azoja mukigega cande nimba atari kumufuko wuyu mugabo na za ambasande zose zabarundi kuko yigisha mukwaha kwa ambasade zabarundi mugusansibiriza kubona ayomafaranga bo bazovoma hama tubone ngo batanze amakaye nibitabo kubantu 1000 ngo vyavuye muri yanzu sha muhumuke mpaka nabo batuzanire ico natwe twibonamwo twese nimba bitaruko mumenyeko baremenkanya nakarimi gusa ndabarahiye mushigikire FABRICE Ariko aba bagabo mubaveko
@@DAMUSAFI vyoba vyiza uretse kwigora,ukareka gutanga ayo mafaranga hako uruha wandika ibidafise akamaro.Nimba wumva utabishaka bireke.'est tout. nibagukuyemwo amafaranga ku nguvu.
Nicko Tv plus
Uyu mujama numu escro hamwe nuyu Rufyiri baraza bakatubwirango (( barashaka kwubaka inyubakwa nziza ivuye mumaboko y’aba diaspora hama bakazana igipindi kivugako ngo gutanga biva kumutima hama ngo (( TUJA KWIKANISA TUGATANGA AMASHIKANWA TUKUBAKA INSENGERO ngo ariko iyo bavuze ivyaba diaspora abantu bakavyiyanjanjwako)) ikibazo ngiki?? Iyonzu numba yubatswe nabantu baba hanze y’uburundi ko jewe nimba ntwrereye ishikanwa canke nubwo nokwitanga kwubaka ikanisa ntamuntu nokwaka amafaranga ngo kwinjira nukuriha canke kuza gusenga nukuriha ariko iyo nzu mwumva ninde uzayinjira atarishe ninde uzoyikoreramwo inama atarishe mbega amafaranga azoja mukigega cande nimba atari kumufuko wuyu mugabo na za ambasande zose zabarundi kuko yigisha mukwaha kwa ambasade zabarundi mugusansibiriza kubona ayomafaranga bo bazovoma hama tubone ngo batanze amakaye nibitabo kubantu 1000 ngo vyavuye muri yanzu sha muhumuke mpaka nabo batuzanire ico natwe twibonamwo twese nimba bitaruko mumenyeko baremenkanya nakarimi gusa ndabarahiye mushigikire FABRICE Ariko aba bagabo mubaveko
@@DAMUSAFI vyoba vyiza uretse kwigora,ukareka gutanga ayo mafaranga hako uruha wandika ibidafise akamaro.
Nimba wumva utabishaka bireke.'est tout. nibagukuyemwo amafaranga ku nguvu.
Nicko Tv plus