Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Ikiganiro ciza ,Love from Sweden 🇸🇪
Jew mbuc ndabaha isoko yokunyubakir izukand mubemuritegur kk nigikogw gikomeye❤ sikeranubukandi
Reka nihute ndondere udufranga nzofatemwo imwe😂😂😂
Wooow nimukore nimukore benewacu
Courage
I love your communication skills , I love the youth project. I am in and out. I love you guys...
Natwe aba nyarwanda ntago twicaye❤❤❤
Mwebwe muraryamye turabizi😂😂
Nugukora nyene abanyafirika turetse kuryana ubwacu ntacobuza tudatera imbere
Hosy ntakutazokora kugira tumenye ibintu nibindi abanyamitahe rero reka twizanzamure basha😂😂😂😂😂
❤❤❤❤❤
Ikindi nkabantu baheruka mugihugu kera muje muratubwira neza neza address yakera twokwibuka😂
Inzu familliale iru muri 2ares igurwa gut?
6 ares inzu freehold izogurwa angahe ?
Mbe ntimwoba mwanyaze amatongo beneyo canke RPA ntirabibona 😂. Mutere imbere 🤘🏾🫶🏿
Rugurika na RPA barihe ga ntuzewe ko aba batabiyamiriza ay matongo sayobariko baranyaga ??? Fablice gusa niwe anyanyaga amatongo mumubwire adutohoreze
Urya ni karyanisha miryango 😂😂 aravuga ibintu adafitiye gihamya abonye habavye aca yiruka uri uka avuga ivyimipanga 😂😂 agasimbukira kiri fablice agakubita swata 😂😂a akiruka agasigira cakiburabwenge chimamanda nawe abonye bitamworoheye arata arahunga 😂😂
Iki nico cerekana ko igihugu kiri mw'terambere, abarundi bari kukazi pe
Nivyiza cane ariko please muhindure iryozina ngo Diaspora city ça sonne pas professional. Ego nivyo benshi baguze ayo mazu barihanze ariko nabarundi kandi nuburundi buteye imbere
Muri kugira ubwenge ba diaspora
Umugabo wanje abe arimuribibintu plz
Nari nifuje kumenya mugurisha angahe
Umunyamakuru yazanye indigindigi