FABLICE atwaye ABAKOZI bose i DUBAI//ntanumwe AZONDOGA canke ampe ISHANO😡/Abantu bose babi n'IMISEGA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 23 ноя 2024

Комментарии • 95

  • @benayaamahro9913
    @benayaamahro9913 23 дня назад +6

    fablice the youth is proud of you ,i am very proud of the work you are doing to our country thank you very much

  • @BlandaIranzi
    @BlandaIranzi 21 день назад

    Iy nintumwa Imana yaduhaye uzomuhangara azobahangaye Imana yiwe yamutumye .uwo ntahoyoj asohoje ibikorwa.fabrice nintwari cane❤🎉❤🎉

  • @caramamttv
    @caramamttv 23 дня назад +5

    Nta mu Rundi wumutima yokwiyumvir gukora ibara nkukintu Imana yaduhaye…fab urintwari urintwari jew nkuze kukwita my president for the future

  • @family4love1234
    @family4love1234 23 дня назад +3

    Imana ivyo yasezeranye kumu Jeune wacu Fablice ibishitse mwizina rya Yesu 🙏🏾 hanyuma abakinda bagaramye nabo bamenye ko atawusubiza imigambi yimana inyuma

  • @hakizimanaelie8916
    @hakizimanaelie8916 23 дня назад +6

    Amahoro y 'Imana abane namwe mwese abakunzi biterambere Fabrice Urintwari nukuri ibitabo vyawe bizokwandikwa kandi bizofasha abatuye isi.

  • @lydinoirakoze3184
    @lydinoirakoze3184 23 дня назад +9

    First I thank the journalist and also my idol fablice what I want to tell you that God bless you and bless the works of your hands

  • @komerakumutima3546
    @komerakumutima3546 23 дня назад +2

    Fabrice komeza guharanira inyungu zumurundi wese keep working turikumwe nawe 💯 komeza komeza ukore bakurwanya ukora cyanee

  • @Nandaise
    @Nandaise 23 дня назад +3

    Imana imbere muri vyose . Warahezagiwe

  • @oswardjaphal-cd6np
    @oswardjaphal-cd6np 23 дня назад +5

    Umwansi wambere wigihugu ni chamanda nyahandwa amahwa mumutima. Ntamunsi atavuganabi uburundi. Abamuguze ngo aze aravuga. Uburundi nabi. Barabihombeyemwo. Fabrice. Komera. Mwana. Wumutima. Urintwari 100%

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 23 дня назад +4

    Intwari apana bisanzwee ,gusa ba Sauli ntibamugire nka Daudi😢❤❤❤

  • @nizigabosco3359
    @nizigabosco3359 23 дня назад +2

    Iyo nintwari gusa umuntu afis ubwenge guca bugufi bir mubintu bimuranga we love him so much.

  • @habibumasenga6213
    @habibumasenga6213 23 дня назад +2

    Fablice manilakiza ❤ Dubai staff celebrating nimunzira yo gushimira abakozi kuyindi mpwemu idasanzwe 😅 kandi utibagiye kugira ubaka nation ihakure ubuhinga kurundi gwego invugo ijane nigiro nkuko ubivuga uti Dubai muburundi muzoyitahane mugihugu ❤❤❤❤

  • @twigekandi
    @twigekandi 22 дня назад +1

    Fablice is a Great Man. We Love you Fablice 🎉❤

  • @CelestinMANIRAMBONA-t4d
    @CelestinMANIRAMBONA-t4d 23 дня назад +3

    Ararenze kbsa iyo tugira abantu 10 nka Fablice uburundi twokize mukanya gato cnee🙏🙏🙏🙏

  • @calebciza2568
    @calebciza2568 23 дня назад +2

    Mega mind Fablice wubahwe ndagufna kbsa❤

  • @samsonjoseph4260
    @samsonjoseph4260 22 дня назад +1

    Dar es salaam Tanzania turagukurikirana mwana w'igihugu 🙏 turakwishimiye 💪

  • @Akamkam-i4b
    @Akamkam-i4b 22 дня назад

    Abansi ba fabrice nabansi bigihugu nabansi babarundi bosee wakoze ivyananiye badata nabasokuru so big up keep shining God is with you we are praying for you.ureke iyomihimbiri irasara

  • @LeonardNdayisenga-k3v
    @LeonardNdayisenga-k3v 23 дня назад +1

    Jewe nsindamufata nkwintari gusa ndamufata nkingabiretwahawe ni mana fabrice kamera kandi ntucike intenge imana iragukunda kandi natwe turagukunda 👏👏👏👏❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🙏🙏

  • @EdouardNduwayezu
    @EdouardNduwayezu 23 дня назад +2

    Sha nahomvye vrt meeting yawe ya Dubai noyibayemwo nn vyahuye nuko Hari program of peak in Amazon ntakurata tuhakura ivyunguka but fabro turagusengera vrt imana ikube hafi

  • @prosperniyukuri8562
    @prosperniyukuri8562 23 дня назад +1

    Uyumujama n intwari nkizindi zose guko akora ivyo abandi batinya vrma. Nukuri ni intwari yigendera ntakuzobimwandiko atakiriho. Ahubwo iyo ntwari Leta ishiremwo inguvu mukurinda nubuzima bwiwe yibereho kumbure bizotuma havuka nizindi ntwari nyishi muburundi twibere mumunyenga w Imana kubwabo

  • @itsmagic2822
    @itsmagic2822 23 дня назад

    Komera bwana Fablice. La vision est grande mais realisable tous ensemble. Gerageza interview ukora baze barashirako link yukuntu dushobora gushira imitahe muri projet.

  • @NiyongaboNestor81
    @NiyongaboNestor81 23 дня назад +2

    This guy is hero 🎉

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or 23 дня назад +2

    Uyumunyamakuru ndamwifurije kuzogera kure abant muba mwerekana uburund aho buriko bwiyubaka muba muriko mufasha mutama Neva kand nawe biramunezera❤❤❤🎉🎉rero kure cane banyamakur niho tubipfuriza🎉🎉🎉

  • @lahai-roitv1
    @lahai-roitv1 23 дня назад +2

    Urikumwe n’ Imana vyose uzabishikako ❤❤❤❤

  • @botchenjohnbosco1933
    @botchenjohnbosco1933 22 дня назад

    FABLICE ❤ Intwari gusumba izindi

  • @B-Y-N
    @B-Y-N 23 дня назад +2

    Hezagirwa hezagirwa Fabrice turashima ibikorwa vyawe Imana igukomeze igushigikire uriko ubikora neza 👏👏👏❤️❤️❤️💒💒💒💒

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437 23 дня назад +2

    Fab wacu. Intwari yacu 👍❤️

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or 23 дня назад +3

    Komera bro abirigwa bavuga ayabo tuzobazivya kazima uburundi intwari zahaguruts kubaka❤❤❤🎉🎉

    • @didasnizigama6999
      @didasnizigama6999 23 дня назад

      Iyi commentaire yawe untaze kuyandika yaŕi iyiwanje nagira nandike. Komera mwenewacu❤❤

  • @DanielNdikumana-u4j
    @DanielNdikumana-u4j 22 дня назад

    Ni twari Imana imuzigame turamushigikiye

  • @Alinebella-Niyogushima
    @Alinebella-Niyogushima 23 дня назад +1

    Fabrice Imana ibandanye imuba hafi iyerekwa afise kugihugu cacu c'Uburundi arigereko natwe turinyuma yawe nabandi bose babonereho kugira duteze igihugu imbere

  • @thakianezerwa
    @thakianezerwa 22 дня назад +1

    Turashaka gushiramwo imitahe gusa nuko fabrice ataduha number yawe kuko turi zambia

  • @reverandmanirakiza4978
    @reverandmanirakiza4978 23 дня назад +1

    Copec irakenew nkabantu turi hino mumisozi .byotworohereza please

  • @free-lucy14
    @free-lucy14 23 дня назад +2

    Ooh wow abakozi bose

  • @kwihanganastophonie345
    @kwihanganastophonie345 22 дня назад

    Really Amazing

  • @4gboanerges271
    @4gboanerges271 23 дня назад +5

    Kenya turagukurikirana

  • @NikomezeAndre
    @NikomezeAndre 23 дня назад +1

    Fab ndagukunda kandi lmana ikujimbere nukuri

  • @thierrykubwimana5806
    @thierrykubwimana5806 23 дня назад +1

    500 MLLS nukwiruka mais ko
    hiyongeyomwo nibindi knd bikenew c'est normal

  • @IgirukwishakJamari-zs3sb
    @IgirukwishakJamari-zs3sb 22 дня назад +1

    non nkumuntu yokwanka uwomujama iyoncungu yuburundi twarose twiherewe niman ntiyoba yihakanye ijambo ryiman yavuze kuburundi?

  • @NdayishimiyeJonas-w3o
    @NdayishimiyeJonas-w3o 23 дня назад +2

    Ahubwo nintwari isumba izindi zose

  • @NukurunzizaOl
    @NukurunzizaOl 22 дня назад +1

    Fablice ndamwemeye kukintu cuko atamfashanyo yabazungu ikenewe cane nkaho abarundi ataco boshikako abazungu batarimwo

  • @hakizimanajames-hm6xt
    @hakizimanajames-hm6xt 23 дня назад

    Fabrice ndamukunda biteye ubwoba gusa ico tumusaba Fabrice Asabe kubaka Amabarabara nayo

  • @andrehakizimana7616
    @andrehakizimana7616 23 дня назад

    Imana RUREMA igukomeze kandi ibandanye ikumurikira mwubahwa Fablice Manirakiza.

  • @herimbarushimana9328
    @herimbarushimana9328 22 дня назад +1

    Let me take this opportunity to congratulate my fellow Burundian idol Fabrice.
    Don't be Discouraged by some people. Keep up what you are doing. Hindura ivyiyumviro vyabasesankuyoze. We are together ,we are in the same journey.

  • @YesSafi
    @YesSafi 23 дня назад +1

    Fa 🐅🐅🐅🐅💪

  • @fannyfafa7021
    @fannyfafa7021 23 дня назад +2

    Nintwari bitey ubwoba💯💥

  • @CNC-qv8bu
    @CNC-qv8bu 23 дня назад +1

    Amazing

  • @IteritekaAristide
    @IteritekaAristide 22 дня назад +1

    Urintaripe icotugufasha nukugusengera di ukomeze

  • @niyongabo83
    @niyongabo83 22 дня назад

    Komera kwibanga wantwari yacu ikiganza c'Imana kirikumwe nawe abo nabo batumunwa bagucafuza baratumwanya nibahindure ingendo

  • @hadijasalim7769
    @hadijasalim7769 21 день назад

    Bro ndagufana sana

  • @NzoyihayaJéremie
    @NzoyihayaJéremie 22 дня назад +1

    Ni ntwari kabisa

  • @LeonardNdayisenga-k3v
    @LeonardNdayisenga-k3v 23 дня назад +2

    Twese tubaye nkawe uburundi bwoca buba dubai bro nsimfise ukonokuvuga jewe nzokugwinyuma pe naho ntarakubona amaso muyandi

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 23 дня назад

    FABLICE, INTWARI Y'UBUNDI BWOKO. UTANDUKANYE NA BAMWE BIYITA ABA DIPLOMATES BAMIZA MU KANWA INFASHANYO, INFASHANYO, INFASHANYO....🎉🎉🎉🎉

  • @JeanparfaitNtiranyibagira
    @JeanparfaitNtiranyibagira 23 дня назад +1

    Vrt imana iguhezagire iguhe kuramba ukomeze kutwereka inzira nous les jeune dufata mukutubera intwari

  • @merrynzoyisaba1921
    @merrynzoyisaba1921 23 дня назад +1

    Fabrice Urintwari kabisa

  • @butoyialexis2316
    @butoyialexis2316 23 дня назад +1

    Jew ntegerezwa kugeza kuri 100 actions

  • @songamberetv2219
    @songamberetv2219 23 дня назад +2

    We guma kwivora ba Bob na chimamanda ubaturekere twaramaze kubazimya ubu ntibagikofora

  • @wisemanfromzerotohero970
    @wisemanfromzerotohero970 22 дня назад

    Uvuz neza kweli imfashanyo ni mbi

  • @NzubahimanaSherra
    @NzubahimanaSherra 23 дня назад

    Wubahwe ndagukunda runini❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @ManasseBikorimana-y9r
    @ManasseBikorimana-y9r 22 дня назад

    Fable is héros

  • @NININAHAZWEBlaise-bj4xd
    @NININAHAZWEBlaise-bj4xd 22 дня назад +1

    Fabrice is a héro🇧🇮🇧🇮

  • @JeanMarieBarutwanayo-ou1bk
    @JeanMarieBarutwanayo-ou1bk 20 дней назад

    Mushiremwo coopec natwe abaruguru dushiremwo imitahe turakunda cane kandi turabakurikirana

  • @niyomwungerechristian
    @niyomwungerechristian 22 дня назад +1

    Nihamwe abarundi tutaraca ubwenge tubonye umurundi aciye ubwenge umengo twogira amahoro apfuye ninayo mpamvu mugihe tuzoba tugifise imyumvire yokutaha agaciro mwenewacu ntaho tuzopfa dushitse arinavyo bizingamitse uburundi bamwe basehera inda zabo bamwe bakanywa ivyayi nimikate mugatondo abana babo biga kumashure azimvye bariko bazingamika uburundi bwaca bakabona impfuvyi nkiyi igomba ko umurundi abaho neza bakamurwanya nagira mbwire abarundi dukunde ibintu vyacu tushigikirane nihotuzoshika kunzira yiterambere

  • @Elyse257
    @Elyse257 23 дня назад +1

    Fab we ❤ u

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 23 дня назад +1

    Intwari yacu

  • @DeoNihorimbere
    @DeoNihorimbere 23 дня назад +2

    Uyo bamwita mutama wamateka

  • @Shimirimanarichard122
    @Shimirimanarichard122 23 дня назад +1

    Uwomuhung ndamwer uruguruts san tukurinyum

  • @BizaGilbert
    @BizaGilbert 23 дня назад +1

    Comoka fablice mwigir I Dubai nakar akanyoni katagurutse ntikameny iyo bweze

  • @jacquelinebavakure5936
    @jacquelinebavakure5936 23 дня назад +1

    N'intwari 💯

  • @ThierryNimubona-l4w
    @ThierryNimubona-l4w 23 дня назад

    God bless you ❤❤

  • @oswardjaphal-cd6np
    @oswardjaphal-cd6np 23 дня назад +2

    Mururimi gwiprotige. Baryita. Podemos. Turashoboye.

  • @jeanmarieciza2262
    @jeanmarieciza2262 22 дня назад

    Nintwari kabisa
    Twarungikiw nimana imuhe kuramba
    Ashike kuvyifuzo vyiw

  • @MelanceManirambona-x7d
    @MelanceManirambona-x7d 23 дня назад +1

    Fablice nintwari

  • @NikobariJacqueline
    @NikobariJacqueline 23 дня назад +1

    Nintwarii caaaaan

  • @AlexisNdayishimiye-ni6nw
    @AlexisNdayishimiye-ni6nw 22 дня назад

    I like u fablice

  • @charleskwizera2358
    @charleskwizera2358 23 дня назад +1

    Iyi nintwari yacu lmana ikutuzigamire

  • @BizaGilbert
    @BizaGilbert 23 дня назад +1

    Oya sintwari ahubwo yatanguy urugendo rwokuba intwari

  • @GerardHatungimana-mn9yo
    @GerardHatungimana-mn9yo 23 дня назад +1

    Ikorere urekane n'abashaka gukora ikibi

  • @ElcaneNyabenda-fz3lr
    @ElcaneNyabenda-fz3lr 23 дня назад +2

    Nintwari

  • @igabanezasablinciel4218
    @igabanezasablinciel4218 23 дня назад +1

    ❤❤❤❤

  • @edissa9747
    @edissa9747 23 дня назад +2

    Egome nintwari

  • @MasudMukinzi
    @MasudMukinzi 23 дня назад

    Fablice urungeye intwari iyo tugir abarund 5 nkaw abarund tub tur mur paradis

  • @AlanUwimana-sz5ws
    @AlanUwimana-sz5ws 23 дня назад

    Komera vyos nimana

  • @DAMUSAFI
    @DAMUSAFI 23 дня назад

    KWUBAKA NI SAWA ariko mukwiye kwubaka IGISODA n’IGIPOLISE co kubungabunga ivyo muriko murubaka kuko biratangaje kuva 2005 muvugango mwazanye amahoro ariko tukagira ama coup d’eta ama grenade rero icambere n’umutekano wigihugu hama ibindi bikaza nyuma

    • @userk23456
      @userk23456 22 дня назад

      None ivyo nivyo wirata ??? Wirata ko mwononye.ahubwo nubu nimubandanye ivyo mwakoze.

    • @userk23456
      @userk23456 22 дня назад

      None ivyo nivyo wirata ??? Wirata ko mwononye.ahubwo nubu nimubandanye ivyo mwakoze.

  • @EvalisteKubwimana
    @EvalisteKubwimana 22 дня назад

    Ndakunda fablice cane

  • @BizaJohnTv
    @BizaJohnTv 23 дня назад +1

    Komera mutama

  • @CelestinMANIRAMBONA-t4d
    @CelestinMANIRAMBONA-t4d 23 дня назад +2

    ❤❤❤❤

  • @AlanUwimana-sz5ws
    @AlanUwimana-sz5ws 23 дня назад +1

    Komera vyos nimana

  • @stevenking2467
    @stevenking2467 23 дня назад +1

    ❤❤❤❤

  • @ClaireNdayisenga
    @ClaireNdayisenga 22 дня назад +2

    ❤❤❤❤