Nama nibaza igituma le Burundi et le Rwanda habuze abakurikiza iragi ry'abakuru babo mu muziki, Bagumana canke bateza imbere umuziki ndangagihugu, kurya les congolais bafise umuziki wabo, les ougandais bafise uwabo...identité musicale
Kubera abaririmvyi bahari Ubu ntawovuga k ari umuziku ndundi, ninaco gituma bizotugora kusubira kuronka abantu bari ku rwego rwa ba canco, matata, nik dev.. Sogo yari yageragej mais sinzi ivyamugoye, Kidumu nawe, yarageragej au début
Iyi ndirimbo sinohagarika kuyumviriza kukuntu iryoshe. Abayiravye irirenga rimwe nka jewe
nibampe like.
le 6 juillet 2024,tjrs sur écoute❤❤❤
Nama nibaza igituma le Burundi et le Rwanda habuze abakurikiza iragi ry'abakuru babo mu muziki, Bagumana canke bateza imbere umuziki ndangagihugu, kurya les congolais bafise umuziki wabo, les ougandais bafise uwabo...identité musicale
Uwukuravye cane agutera kwambaraaa
😃😃😃😂🤣😂🤣😌didn't know Ko Nakera nahone Habaho Gukatirana bigeze Aha🙈😌😌🤣😂🤣 I think I Love This Song even More😂🤣🥰🥰🔥🔥🔥🔥
Numvise utu tuziki nca nibuka kahise kanje kose kuko nizo twumva tucaruka dans les annees 80
La vraie amapiano ntakuntu uyu mu mama yoyikorer remix kl akonger akayiha akanovera ubu ko dufis ivyum bikaze nabahinyanyuzi bakaze ❤
Merci kubantu mushira online utu turirimbo twakera, bitwibutsa akanovera k'indirimbo nyazo n'umuziki ndundi.
Aka karirimbo karacagezweho même muri 2020 Rosa turaguteye intege.
Vyiza
Nice vraiment kiwacu😘👍
Indirimbo za kera zarimwo amajambo nkoramutima. Courage muvyeyi mwiza M. Rose knd urashoboye no gukina amareresi.
😍😍😍😍😍 Ntuyora washeshe vyaraheze.....❤️️🇧🇮
Ibindi barabiyora kiretse amazi, amavuta, amata...
Très belle chanson,j'aime vraiment🙏🙏🙏😍😍❤❤
Kuyora washeshe vyaraheze 🇧🇮,,burundi bwacu
kuyora washeshe...lol...nice one..burundi oyee..merci Madame Rose
Merci à vous
@@rozamusicburundi9087 bonjour, mbe nshobora kuronka coordonnés zanyu s'il vous plaît?
Je regarde toujours cette chanson en 2020 septembre
Nice song.Respect
iyi ndirimbo irahimbaye cane gose
Ab'ubu bo ntiwomenya ivyo bavuga.Sinovyita kuririmba ahubwo barashegura.Aba nibo baririmvyi akarere n'umugabane wa Afrika dukwiye kwubaha.
Good song from Saudi Arabia
Ibihe nkibi nindirimbo nkizi ntibizosubira kugaruka Nukuri !!!!
kararyosh, wubahw
Uwaririmvye akakaririmbo imana imuhezagire
Du Burundi ma cherie 🌹❤️❤️🌹🌹
Nkeshimana Emmanuel, yaririmbwe muri 1988.
Rosa ndagukunda
Sha ndi mumahanga ariko muhira nimuhira
Indirimbo nkunda caaane merci kur wew rosa wayiyumviriy ukayiririmba ico kunyereka gusa
Nagomba kubaza : mbega umuririmvyi mugenzi wanyu yitwa GORETH HABONIMANA yoba akiriho ?
Song idahera uburyohe 👍👍
Maman❤❤❤❤❤
Mwamana uburyohe😍😍😍
Urakenuye karanyuz’amatwi
Akiwacu
Kubera abaririmvyi bahari Ubu ntawovuga k ari umuziku ndundi, ninaco gituma bizotugora kusubira kuronka abantu bari ku rwego rwa ba canco, matata, nik dev..
Sogo yari yageragej mais sinzi ivyamugoye, Kidumu nawe, yarageragej au début
Nice one
Ahooo
Geoffroy GoodMan wumvis le msg ?
Belle chanson
Nic song my goth
❤❤❤❤
❤️❤️❤️
Yawuvyumye ak umwe
Iyi ni iyakera cane nka 1970
❤❤❤❤❤
Nice song
Rosa urashoboy vt abaririmvyi nabakera abubu ntunameny mesag bavuga vt ibaz iy ni 80 mug irafis akanovera
Iki Kirundi turagikeneye pe
Ntuyora washeshe kwer
🥰
Egoo
Nn aba baririnvyi bacu bagiyehe kwl?
mafoza??
😢❤
Vuba turazigarukana ntimugire ikibazo
Ubu ntiwoba ugishobora Rose
Ndacarimwo naho imyaka idasubira inyuma
Egobakenyezi biwac
Uyu mumama mwomenya akiriho ?
Caane
Uyu mu maman aracariho? Indirimbo ziwe ninziza zirigisha
Ego ndiho Imana iracantije ubuzima
Roza Music Burundi ntituzoreka kunezererwa ibikogwa wakoze muri kahise. Biratwigisha can
ahubwo nanje nkuyu narinkeney kumenya kwakibaho!!tubariz nukuri!kuko abantu nkaba kebshi aba ari bazima
@@rozamusicburundi9087 woba uri mu Burundi canke mumahanga ?
@@rozamusicburundi9087 non kutagisohora indirimbo???
Indirimbo nziza cane
Ibihe nkibi nindirimbo nkizi ntibizosubira kugaruka Nukuri !!!!
Nn aba baririnvyi bacu bagiyehe kwl?
Nn aba baririnvyi bacu bagiyehe kwl?
Nn aba baririnvyi bacu bagiyehe kwl?