Twese Turi Bamwe by All artists
HTML-код
- Опубликовано: 5 мар 2018
- Christophe Matata, Rose Marie Twagirayezu, Bigirimamna Lambert, Sadi, Ngabo Lèonce, Leonard, Canjo Amissi, Bouddy Magloire, Africa Nova, Bernard, Goreth Habonima, Chantal Nibizi, Pierre, Bruno alias Memba, Kilo kilo
Видеоклипы
Ninde turikumwe 2024🇧🇮🇧🇮❤️❤️
Tur'Abarundi tweseeee. Murakaramba abarundi badahengeshanya kwipfuriza ineza y u Burundi bwaaacu. ❤❤❤
This was what I call MUSIC! Miss those old days. RIP to all those who passed away! #BurundiMusic
Great!
Kw'isi yose hategerezwa kuboneka ibitangiye abandi mu kuririmba.
Ivyiyumviro vyiza,umuziki mwiza utamenana amatwi, amajwi meza,..
Imana ibampezagirire kandi!
Abapfuye baracariho kuko ivyiyumviro vyabo ntivyigeze bipfa.
Jyewe ndi umunyarwanda wavukiye iburundi ndahakurira kdi iyindirimbo icyogihe abarundi bari bafatanye munda kdi natwe mwatubaniye neza PE uretse ko mumashuri bitari sawa ariko byatumye twikebuka bituma tumenya ko turari abarundi ariko kugeza ubu iwanyu iburundi byarahindutse kubera amacakubiri yatumye ibintu byose bisambuka munibagirako abanyarwanda nabarundi tuvukana politique mbi iraduteranya ariko mpora nfite icyizere ko bazashira tukongera kuba bamwe
Thanks
Nice song❤
Ninde turikumwe muri 2023 twumviriza akiwacu ?
Ewe Burundi wamanye impora Mutima naho bamwe bamaze gushengera😢🎉🎉
What is called the sweetest song ntituburyohehe 2024 bt it still hit
Christophe Matata the best R.I.P MY brother,Canjo Amissi another level R.I.P My Brother
Twame twamiza ku mutima,ko amacakubiri ataho azotugeza
Ooh my God bless my country 🇧🇮🇧🇮💪
Nta 10% y'abo bantu isigaye...
USA-AFRICA from Burundi
Indirimbo irimwo amajambo mazima.
Merci kudushirirako iyi ndirimbo nizindi za benico gihe mudushirireko
Ohh listen to Conjo s voice!!Rip Canco,Rip Matata
Aya majambo ni inkoramutima, only if we had listened...
Big up sana our Burundian's Artist!R.I.P canco,......
Si seulement abarundi twosubira gusenyera kumugozi umwe amacakubiri tukayavana mu mitima no mu vyiyumviro vyacu
2020 murumviriza aka ga song ndakabatuye umurundi ahari hose kw'isi yose
Murakoze cane,ndayikunda cane
Reading you 2 years later
❤❤❤
Iyi ndirimbo ni nziza cane,ndayiku da pe nku murundikazi.
Listen 2022
ONCE UPON A TIME... AMAZING I M SERIOUSLY IMPACTED
Michael Jackson na Lionel Richie b'ico gihe bari Canjo na JC Matata
Ntaco uvanga ibitajana ntabantu barusha abaririmvyi biwacu
indirimbozakera
zarinakanovera
😍😍 TUSWE TURI BAMWE. .... TURI ABARUNDI TWESE !!!!!!
twese
RIP NTAHOMBAYE BERNARD
Ukuri turibamwe
Murakaramba
I really like this song..
AMAZING!!
Urupfu ni rubi, Imana itugirire neza
twifuza ko mwosubira kuyi postinga mwandika amazina y'umuririmvyi umumwe iyo asjikiriwe kuririmba muntumbero yo kubamenya nkanje navutse muri 86 nkeneye kubamenya nanje nzobabwire inkuru abana banje ndimwo mvyara murakoze
Hari 1992
Iyo ndirimbo natanguye kuyumva kuri Radio Burundi - La Voix de la Revolution muri 1991, igihe hari hahejeje kuba amatora yo kwemeza amasezero y'ubumwe kw'italiki 5/2/1991.
😍😍🔥🔥🔥🙌🏾🙌🏾
Proud of you tonto Leonce.
Conjo's voice was just wow👌 😍😍
RIP y,all
Oya, hariho abakiriho. Par exemple, Africa Nova ari we Antoine Rugerinyange aracariho. Aba muri Canada. Twagirayezu Rosa aracariho...
Haracasugaye nka 4
Chi
Mbe bayiririmvye mu mwaka uwahe?
Debut 1991 igihe hari isezekeza ryo kwemeza amasezerano y'ubumwe bw'abarundi.
Ndababaze Goreth aracariho?ndamwibuka ndi muto✌🏾
Goreth sha aracariho. Même hier twarahuye ahantu.
@@donatmba8583ok,merci ✌🏾
@@donatmba8583merciii✌🏾