MyJourney:Mbega intahe iryoshe😍ni benshi batwimye ubuzi kubera turi abakenyezi/ADG wa INGO

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 11 фев 2024
  • #sirenvibestv #myjourney #Ingomag

Комментарии • 81

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv  5 месяцев назад +21

    Yambiiiii mweseeee😍 My Journey yagarutseee😍🔥🔥
    My journey yambere y’umwaka wa 2024 tuyitanguranye n’inkuru iryoshe cane ya Rossa KAMARIZA🥹🙏🏽
    Muryohewe mwibuke kugisangiza abandi. Mutaryohewe mutubwire aho twohindura🙏🏽

  • @chelha
    @chelha 5 месяцев назад +13

    E mama weee😢 elle est éloquente ,avec une boe tonalité😭😭🤩🤩❤❤❤❤❤n'ikirundi kiryoshee

  • @evelynenshimirimana3872
    @evelynenshimirimana3872 5 месяцев назад +4

    Waouh, abigeme n'abadamu bitahuye bacibwa intege n'ivyo bahura mubuzima bwa misi yose ariko bakama barwanira iterambere ry'umukenyezi, Imana yame ibaraba ryiza.je vs ❤ bcp bcp
    Merci bcp SIREN TV

  • @tugumadori7242
    @tugumadori7242 5 месяцев назад +21

    The intro 😍😍. Let’s make it standard 😊🫡👨🏾‍✈️

  • @nanananette031
    @nanananette031 5 месяцев назад +4

    Wow amazing intro…
    Rossa afis intahe nziza cane
    Courage Hosy
    Femme brave,femme forte 💪

  • @jeanmarievianneynsabimana2544
    @jeanmarievianneynsabimana2544 5 месяцев назад +11

    Bsr Hosy. ndakunda ukuntu ubaza neza. Courage! ikiganiro cari ciza cane kandi my journey uze urayigira cane kuko irubaka benshi.

    • @hosyirakoze
      @hosyirakoze 5 месяцев назад

      Murakoze cane c vraiment encourageant 🙏🏽

  • @patrickwasso8082
    @patrickwasso8082 5 месяцев назад +5

    Vraiment mubandanyirize aho nyene munatere imbere. Vous deux Rossa et Hosy vous inspirez beaucoup d'autres jeunes surtout les jeunes filles.

    • @hosyirakoze
      @hosyirakoze 5 месяцев назад

      Murakoze cane🙏🏽

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 5 месяцев назад +3

    Kwl sha Hosy uvyitwaramw neza ntako utagira muguhanur ucishij mubiganiro🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤

  • @cadeauwatanga5686
    @cadeauwatanga5686 5 месяцев назад +2

    Ikiganiro ciza kabisa gikeburira urwaruka rw’Uburundi gukora no kwiteza imbere ,komera @Rossa And @Hosy Irakoze 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾,love from Sweden

  • @alaingael306
    @alaingael306 5 месяцев назад +1

    I love this woman
    She is a special living inspiration for many personality🙏🙌

  • @moniquenimpagaritse1230
    @moniquenimpagaritse1230 5 месяцев назад +3

    Bonsoir ,Rossa❤ hama umuntu abipfuza mwomuha umubonano ndabakunze cane kandi muranteye intege ikindi naco nkuwupfuza stage mwoyimuha ❤❤❤

  • @emmanuelniyonkuru8993
    @emmanuelniyonkuru8993 5 месяцев назад +1

    Egooo vrt women are more than women ! You are more than able ,Keep insipre ,Keep Moving

  • @angerubeneirakiza1628
    @angerubeneirakiza1628 5 месяцев назад +1

    Kino kiganiro kirandijije nukuri kirimwo inyigisho nyishiiii Imana Imujimbere Muri vyose Hosy Thx🙏❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @nkengurutsechristian473
    @nkengurutsechristian473 5 месяцев назад +4

    ROOOOSSSAAAAA Wow. Ariko ntibintangaje, she's always genius, éloquente, et entreprenante.

  • @Bestof257Official
    @Bestof257Official 5 месяцев назад +1

    Formidable vraiment, Hosy na Rosa muri inspirational

  • @user-yi8db9yk9x
    @user-yi8db9yk9x 5 месяцев назад +2

    Komeza Amabanga wahawe N'Imana Kamariza💕💕💕

  • @rosemarietwagirayezu2616
    @rosemarietwagirayezu2616 5 месяцев назад +1

    Merci Hosy. Bravo Rossa, Uri icitegererezo, intwari

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana 5 месяцев назад +2

    Ndamwipfurije iterambere 🙌♥️♥️

  • @gracianiyongabo8294
    @gracianiyongabo8294 5 месяцев назад

    Hejuru cane @Siren Vibes TV... l'intro c'est impeccable ❤

  • @MakurazaJos-mi7my
    @MakurazaJos-mi7my 5 месяцев назад +3

    Mbega umugore aciye ubwenge araryoshe kwunviriza.

  • @kevinblessing76
    @kevinblessing76 5 месяцев назад +1

    Thanks hosy ...kutuzanira umutumire nkuyu❤

  • @Ida35715
    @Ida35715 5 месяцев назад

    Rosa akira amashurwe yawe pe 🌸 Proud of Burundian queens 👑 👑

  • @DivineUwimbabazi-jd6kb
    @DivineUwimbabazi-jd6kb 5 месяцев назад +2

    Waouh introduction ya bien courage cane❤

  • @ninanimbona488
    @ninanimbona488 5 месяцев назад +2

    Ikiganiro c'umumaro, des femmes exemplaires...

  • @immaculeensabimana2097
    @immaculeensabimana2097 5 месяцев назад +1

    Waouh vyiza sana🙌🏻

  • @adrienhabonimana4271
    @adrienhabonimana4271 5 месяцев назад +1

    Nakunze ikiganiro numvirije cose. Je me dis que nous avons des filles burundaises candidates pour diriger la destinée du pays. Akantu numvise ntakunze numvise mwoba mutanga akazi kukimenyane ata recrutement ibaye bikaba vyoja muri yandwara ihari y'umwana i M..... nizere numvise ukurariko. Imana ibahezagire igume ibaha ubwenge n'ubwitozi yaba uwabajijwe canke uwabajije bitwereka ko bitebe bitebuke u Burundi bozotera imbere

  • @user-bz8sb6vj5w
    @user-bz8sb6vj5w 5 месяцев назад

    ❤❤ mwubahwe hosy komera mubikorwa vyanyu turabakunda

  • @gogodhills1759
    @gogodhills1759 5 месяцев назад

    Wow emission nziza cane. Hosy is our burundian Oprah in the making.

  • @muben3774
    @muben3774 5 месяцев назад

    Intro irasaraa👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿ja jyuru peee

  • @gynka5374
    @gynka5374 5 месяцев назад +1

    Hosy, you are number One, Uvyumve ! Uri incambwege, pe ! Unyibutsa un certain journaliste. Respect à Rossa !!

  • @nadegen.7850
    @nadegen.7850 5 месяцев назад +1

    Well done Rossa👌👍🏽

  • @ImeldedianeNiyonkuru-gh5ii
    @ImeldedianeNiyonkuru-gh5ii 5 месяцев назад +1

    Merci sana hosy

  • @juventusgatore1413
    @juventusgatore1413 5 месяцев назад +5

    Woouhh,ak intro k bien san vrmt🥺

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  5 месяцев назад

      😍😍😍🙏🏽🙏🏽🙏🏽

    • @karoprint-nb7mu
      @karoprint-nb7mu 5 месяцев назад

      Sha nanje ndemeye kweri intro honyene iratesa pe

  • @melanceciza8636
    @melanceciza8636 5 месяцев назад +2

    A model 👌

  • @ritaoderakavugwa5398
    @ritaoderakavugwa5398 5 месяцев назад

    A woman full of wisdom ✨✨✨✨

  • @vanessagateka-nb7dm
    @vanessagateka-nb7dm 5 месяцев назад +2

    Nooo , this Introoo😮😮😮 waouhhh en tout ça vraiment naka bien😍

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  5 месяцев назад

      🥹🥹🥹🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @bellardnijimbere1423
    @bellardnijimbere1423 5 месяцев назад +1

    Intahe iryoshe kumviriza

  • @anne-mariekazoviyo2568
    @anne-mariekazoviyo2568 5 месяцев назад +1

    Umukama abakomeze bakobwa beza 🙏🙏🙏

  • @user-lx7ki7xe4q
    @user-lx7ki7xe4q 5 месяцев назад

    Courage mwese

  • @NshimirimanaEgide-rf9nw
    @NshimirimanaEgide-rf9nw 5 месяцев назад

    Waaaaaaouuuuuuuu courage ❤❤❤❤

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 5 месяцев назад +1

    wooooa ❤❤❤❤❤❤❤

  • @angeadnette
    @angeadnette 5 месяцев назад

    Vous 2 muntera intege merciii

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 5 месяцев назад

    Hosy intro uzogumize nkuko nukuri biratesa.....wakoze❤❤❤❤❤

  • @nadiellanshimirimana9133
    @nadiellanshimirimana9133 5 месяцев назад

    Ndize kweri ❤❤

  • @BarthelemyBARUTWANAYO-sd3oo
    @BarthelemyBARUTWANAYO-sd3oo 5 месяцев назад

    Mu Bdi Murabagaciro.Merci arko muzorabe ikibanza mbahuwo mufasha nawe yohava akazobafasha.

  • @nadiellanshimirimana9133
    @nadiellanshimirimana9133 5 месяцев назад

    Abantu nkabo nibo baba bakenewe ndamukunze cane ❤

  • @ariellaclaudiaingabire4096
    @ariellaclaudiaingabire4096 5 месяцев назад

    intro ni whaouuuuuuuuu

  • @alineniyongere8836
    @alineniyongere8836 5 месяцев назад

    hosy urates uzan abant bubweng niy mpamv naw uzob umunt atey imber can❤❤❤

  • @user-wn5kt5hg1z
    @user-wn5kt5hg1z 5 месяцев назад +1

    Dada Hosy soit forte nukuri my Journey nikiganiro ciza .Rossa nawe nabandanye akazi kiwe keza kuko n'umwigeme wakarorero

  • @nanananette031
    @nanananette031 5 месяцев назад

    Winners never quit,Quitters never win…🎉🎉

  • @bechouingabire4818
    @bechouingabire4818 5 месяцев назад

    Hody Ndavuga kensh kuciye ubwenge

  • @amosmani9579
    @amosmani9579 5 месяцев назад

    ❤❤❤🙌

  • @ellagladysingabire3853
    @ellagladysingabire3853 5 месяцев назад +4

    Partagea iyi émission c'est vraiment intéressant et inspirant

  • @user-bd9sf9up5i
    @user-bd9sf9up5i 4 месяца назад

    ADG ndumuntu uzi cane muri aqua.......aharaho cathedral........Franchement vous m'insipez beacoup. Imana ibandanye iguha ubwo bwitonzi entant que ADG et aussi nkumupfatsoni wijambo.nsanz urumu nyagitega Iwacu hahahahahahha.Sha ntakubesha urujujwe péééééééééééééé

  • @ellagladysingabire3853
    @ellagladysingabire3853 5 месяцев назад

  • @ornellanamugisha7780
    @ornellanamugisha7780 4 месяца назад

    Asashe jiwaaaazi🤣🤣🤣🤣mga sha mwaryoheye émission yar👌

  • @user-id7dx9oz7r
    @user-id7dx9oz7r 5 месяцев назад

    Murakoze. Bana kudufasha kurera, ese abakurikira ikiganiro boca mu makanda yanyu

  • @irakozecarine8700
    @irakozecarine8700 5 месяцев назад

    ❤❤❤❤

  • @wakanamonia223
    @wakanamonia223 5 месяцев назад

    Rossa❣️❣️❣️❣️❣️

  • @ImeldedianeNiyonkuru-gh5ii
    @ImeldedianeNiyonkuru-gh5ii 5 месяцев назад +1

    Munyubatse nukuri uwo mutumire wacu arakoze kuko antey intege

  • @joselynejose2951
    @joselynejose2951 5 месяцев назад

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @sekanseketv2026
    @sekanseketv2026 5 месяцев назад

    Yambiiiii yambiii

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 5 месяцев назад

    Uwakabiri

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 5 месяцев назад

    Emwe turikodukora turabicodutezimbere

  • @uwimanaestere9347
    @uwimanaestere9347 5 месяцев назад +1

    Uzoz urazan ibiganir nkib

  • @georgettenkengurutse1312
    @georgettenkengurutse1312 5 месяцев назад

    Uzoza uratuzanira abantu basobanutse nkabo bafise ivyo babwira abantu

  • @diellamicheleharerimana9048
    @diellamicheleharerimana9048 5 месяцев назад

    ikiganiro ciza cane nizemwo ibintu vyihi muhezagirwe hosy wakoze cane

  • @nadiellanshimirimana9133
    @nadiellanshimirimana9133 5 месяцев назад

    Muranyubatse cane

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k 5 месяцев назад

    Ça c'est la class ! Cette femme est digne et fière comme tout burundais qui se respecte :
    ruclips.net/video/00eDsOVCnZY/видео.htmlsi=5hOg0teZZZ7tp3rw

  • @bellardnijimbere1423
    @bellardnijimbere1423 5 месяцев назад +1

    Intahe iryoshe kumviriza

  • @muhozasandrine8497
    @muhozasandrine8497 5 месяцев назад