That's my mom. Thank you for posting this! She's alive. And all copy rights belong to her so thank you for not copying it! Wibuke ushime. My name is Lyisette.m.odraiy
Ukeneye kuvyugisha kukwo uyu ni mama. Ngomba kwumva uvyiyumviro vyawe niho vyavuye. Iyo vyatanguye kukwo nawe yagomba kuvimenya. Channel ya RUclips yasohoye iyindirimbo ntabwo ariwe yabigize nico camubaza kandi ..you gotta talk to me man. Whoever you r. My name is Lyisette. Find me somehow. We don't who you r! N thats just wrong. It was by fluke you did that n got popular off it. Shes dead now n all hands on deck. You have to talk to her seeds. Its so important n this is the only way for me to contact your being. Its beautiful what you did to upload her video but I'm her first born n you never called. Who r you? I'm now being forced to publicize this fact. She was actually hurt you didn't ask for permission! Who r you ? Make it clear! Muribande ? Hagize nimyaka kandi maman wanje ubu yarafuye mbarira!
@@lyisetteodraiy I not earning anything from your mother's song. I wanted to share the song because I like it and I thought it's worth to be widely known. I'm not gaining popularity of it because I am not in the music industry. If you dont like this song to be shared here, I will removed it. I am deeply sorry for the death of your mom. All my sympathies !
@@MrPhronesiswisdomful thats not what I meant. She didn't make money off it either! Its a nice thing that you did. It's just im remembering her wondering why this person didn't reach out to her first. That is all. Its a nice thing you did. Its just as her children we wondered who you were because you never reached out. But thanks for your reply. At least that. At least to know what where you coming from. That's good enough for me. Thats all we wanted was a confirmation. Thanks again
Hold on is she really gone? That’s so sad. I’ve posted this song on my Facebook page and it has a lot of viewers and people shared this song is one of most viewed of my Facebook page. What was the cause of her death if not personal to ask?
RIP tu as fait l'honneur au Burundi, une légende de la musique burundaise. Cette chanson restera au top pour toujours. We'll never forget U.
😔 twabuze maman arikwo azokwama arikumwe mumitima yacu
@@lyisetteodraiy Yooo, c'est ta maman?? Mpore wanje! No mu mitima yacu arahari ❤
Rest in peace mom, we are heart broken but you left something behind for us thank you mom. We love you
May your beautiful mother's soul rest in eternal peace. We love her too
My Gog Bless her
@@patrickpaticool1487 thank you
@@emilevenantndihokubwayo3267 thank you
@Lyisette Odraiy you are welcome🤗
N'ubwo utakiriho iyi ndirimbo ntizomva mu mutwe.
Imana iguhe uburuhukiro bwiza
Akiwacu disi mwaririmba neza mwebwe ntagwamo mwatera iyabuhari ukunva abubu ingene badutera ugwamo R.i.p
hanyuma vya vyaduka vy abaswahiri bakihaya ngo bariko barateza imbere umuziki w iBurundi kandi baririmba igitanzaniya.
Nizopfa ivuye kuri top, dukundizinyenye
😊
I will never forget you madam.Till now i love this song,iyo ndayumvirij nsanga niyumviriy le passé nkumva umenga niho hari haryosh
ndayikunda cyane ino ndirimbo Imana iguhezagire ahuri hose mama bdagukunda cyane. amajambo arimo arandyohera.
Rip muvyeyii tubuze...Imana ikwakire mubwami bwayo.
Warakoze kutwibutsagushimira abatugiriyeneza.merci!!!
That's my mom. Thank you for posting this! She's alive. And all copy rights belong to her so thank you for not copying it! Wibuke ushime. My name is Lyisette.m.odraiy
I like very much your motherns song.* wibuke ushime vrt*
@@24kimasa 😊certainly
@@jordyndikumana449 that's so sweet. I want her to be recognized for her work
This song is legendary for burundians
For really where is she now?
narinkeneye kumenyako nkuyu yoba akibaho!!nkaba Evode,Bahaga,..??
Still my favourite song in 2023
Thank you so much 😊 from her kids to you we thank you 🙏
Wihebesheje uwawe wama wumva haricubuze koko.
Que ton âme répose en paix Mom,
Tu restera la meilleure compositeure .
Merciiii 🙏
Listening the original Burundian music, 16/01/2023. The best never dies!
Rest in Paradise iruhuko ridashira my mom, wihangane sister wanj Lysette ahuri mumahanga uzohore utwibuka natwe twasigaye 257 ntituzibagira ijwi ryumuvyeyi wawe ndets na rimix yawe yiyindirimbo love u forever
Niyiruhukire amahoro, yaraduhaye impanuro.
this old song is lit!!👌👌👌👌👌👌👌👌👌
True we should all remember home. Home is home always
Ni waheza amashure ntiwigumire mu gisagara ... uribuka na wa mugenzi mwahorana ku ntebe y'ishure, uraguma umuramutsa. Wibuke, wibuke ushime!
Ukeneye kuvyugisha kukwo uyu ni mama. Ngomba kwumva uvyiyumviro vyawe niho vyavuye. Iyo vyatanguye kukwo nawe yagomba kuvimenya. Channel ya RUclips yasohoye iyindirimbo ntabwo ariwe yabigize nico camubaza kandi ..you gotta talk to me man. Whoever you r. My name is Lyisette. Find me somehow. We don't who you r! N thats just wrong. It was by fluke you did that n got popular off it. Shes dead now n all hands on deck. You have to talk to her seeds. Its so important n this is the only way for me to contact your being. Its beautiful what you did to upload her video but I'm her first born n you never called. Who r you? I'm now being forced to publicize this fact. She was actually hurt you didn't ask for permission! Who r you ? Make it clear! Muribande ? Hagize nimyaka kandi maman wanje ubu yarafuye mbarira!
@@lyisetteodraiy I not earning anything from your mother's song. I wanted to share the song because I like it and I thought it's worth to be widely known. I'm not gaining popularity of it because I am not in the music industry. If you dont like this song to be shared here, I will removed it. I am deeply sorry for the death of your mom. All my sympathies !
@@MrPhronesiswisdomful thats not what I meant. She didn't make money off it either! Its a nice thing that you did. It's just im remembering her wondering why this person didn't reach out to her first. That is all. Its a nice thing you did. Its just as her children we wondered who you were because you never reached out. But thanks for your reply. At least that. At least to know what where you coming from. That's good enough for me. Thats all we wanted was a confirmation. Thanks again
Wibuke ushimee Bizimana George
Vyukuri nivyiza gusumba.wavuzukuri.
Merci syrvane egome birakwiye kowibuka ugashima
Kwibuka gushima nivyo bikwiye. Imana yagukunze kurusha umuryango wasize Mme Sylvane.
Vous méritez une récompense vraiment
Repose en Paix Madame Sylvane!!! Le 19/12/2019
Thank you
indirimbo nkizi nukuzirwiza kuri internet,
Tuguma tugerageza!
courage,izi ndirimbo zakera zirigisha, zirimwo amajambo afasha mubihe bitandukanye.
Olivier Dismas Ndayambaje komera Mutama
Thérence Manirakiza
Umutama yanyigisjije mumwaka wambere yitwa bikato Emmanuel IMANA imuhe kuramba vraiment !!!
Nca ndamwibuka maman
up to date forever
Que une récompense dans le royaume des cieux te soit réservée
Aha niga 3em prmr numva mukuru wanje akaririmba
Birababaje. Tuzohora tukwibuka.
Uwo twiganye kuntebe y'ishure muwa 1,2,3,4,5,7,8 ntabo nibuka kweli☺☺
Yoooo yarapfuy 😭😭 ntabwo nari ndabiz 😔😔
Oooooooyes! This is originally song! Where are is a sequel composer of this song? I still I love her forever
Supu mingi njo inakula bugali grand musicien de tout le temps
yes kora umuti
Vyiza cane! Barundi KUNDA UBRUDI KUNDA UBURUNDI KUNDA UBURUNDI
Yarazi kuririmba neza.Ariko yaririmve imwe gusa.
Indirimbo ya kera cane nko mu 1985
Yararimvye nizindi mukanisa benshi baririmbA
Iruhukire Madame
ndakeneye ama paroles y'iyi ndirimbo,ndayikunda cane
Twoza nturaronka izindirimbo gte
Ndashaka kubona uyu muvyeyi nukuri yaririvye iyi ndirimbo.
Garuka, garuka ushime..
Wibuke, wibuke ushime 🙏🏾❤🇧🇮
Warakoze cane waraturirimbiye neza cane indirimbo nkizi nizo nziza kuko zitanga message kuri buri muntu wese yumva ikirundi.
Toujours originale comme pensée
Yaririmvye indirimbo zamateka
Maman Sylvana wacu!!!
Iyindirimbo iguma irikuri page ntiba demode komereza ngaho syrvane
Rest in peace mama we will be always loving you internal 🙏
Thank you so much 💓 we miss her 😊 thank you ! 🙏
Umuvyeyi nkuwu tuzoguma tumwibuka.ahezagirw nabiw bose
I remember my mum but she refet one ago but ne forgotten my mum
Yoooh wazamani.
Requiescant in pace
I miss my childhood😭😭😭😭😭😭😭
Me too😭😭😭😭 wibuke ushime
Ndarize 😰😰😰Imana iguhe umugisha
Ni vyo. iyi ndirimbo ifise amajambo y'inkoramutima n'umuzika mwiza cane.
😊😇 namwebwe! Dushimire Imana murovyose!
RIP Sylvane
2023 👂👂🔥🔥🔥
Akakera
Tuzogukumbura
Rip madame
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
RIP mère wacu
mama wincuti magar yanj bertrand mukomez kwihangan ntituzomwibagir aka kazotugum kumutima
❤❤❤❤❤
Rest in Peace sylvane
Thank you so much. Its been heartbreaking 💔 but God is with us!😊 Merry Christmas and happy new year
Repose en paix
Paix a son ame
Ntawompa ama lyrics
Hold on is she really gone? That’s so sad. I’ve posted this song on my Facebook page and it has a lot of viewers and people shared this song is one of most viewed of my Facebook page. What was the cause of her death if not personal to ask?
Rip
So amazing. None ariho canke yarashengeye?
Vous connaissez l'histoire de 1885?
Alors, il faut arrêter cette comédie.
Je pense à l'amoureux que j'avais rencontré à vos studites
RIP Sylvane
💔 all good!! 😊 time heals.