NYAMWENGA by R.M Twagirayezu

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 сен 2024
  • Orchestre national

Комментарии • 18

  • @kimana8818
    @kimana8818 7 месяцев назад +4

    Mvuye mur siren nj kurab rasko uko yaj mumuziki batabiteguye😂😂😂😂😂 anyway akanovera kumuzik wakera kararenae👌👌👌

  • @habimanavincentstone7218
    @habimanavincentstone7218 6 лет назад +2

    Agahogo keza cane kandi gahimbaye. Viva tradition burundaise pour toujours.

  • @seraphinsehungiza2748
    @seraphinsehungiza2748 6 лет назад +3

    Kararyoshe, muzoshireko n'izindi nka "nsezere ngende ma" ya Goreth (Amabano). Mbaye ndashima...

  • @credus2195
    @credus2195 4 года назад +1

    Si on pouvait faire une description genre ryari yasohokeye, uwari mubuhinga, abagize voix off nibindi nibindi... vyofasha cane kubera on doit reconnaître talent yabakoze kugira izo ndirimbo zimere uko zimeze

  • @gilbertngoga6166
    @gilbertngoga6166 4 года назад

    Hari kera abadamu bambara bakikwiza, ab'ubu buriya yari kuba yambaye ubusa. Kandi aha ntibyabujije indirimbo ye kuba iryoheye amatwi n'amaso.

  • @krmthebaddest
    @krmthebaddest 5 лет назад +2

    akanovera k umuziki ndundii😍😍

  • @zenonntukamazina8096
    @zenonntukamazina8096 Год назад

    Indirimbo nakunda cane nkiri muto,nubu nkiyikunda, ibihe nkibi nindirimbo nkizi ntibizosubira kugaruka Pe!!! Abubu urabura ivyo bariko bararimba atari ugushegura gusa!!!

  • @kiyuxcx1878
    @kiyuxcx1878 3 года назад +1

    Je t'aime bcp😘👌❤🙏🇨🇵

  • @nsengiyumvadieudonne5560
    @nsengiyumvadieudonne5560 Год назад

    Turadyoshe vyukuri n impanuro nyishi nyishi

  • @juvenalndayishimiye4662
    @juvenalndayishimiye4662 2 года назад

    Icompa akavyino kavuga ngo remesha ikiyago ntuhurana

  • @geoffroygoodman6423
    @geoffroygoodman6423 6 лет назад +1

    Mere wawe ari akiri agakumi kabisa hahahaaa

  • @nkurunzizacynthia191
    @nkurunzizacynthia191 5 лет назад

    Tantine 😍😍🤗🤗🤗

  • @geoffroygoodman6423
    @geoffroygoodman6423 6 лет назад +1

    Nice bro
    urazoduha na VOVOTA

  • @izidorbimana5485
    @izidorbimana5485 5 лет назад +1

    Akakera nikeza n’ukuri

  • @mec4494
    @mec4494 7 месяцев назад

    💃💃💃💃