Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Mwiruhukiree amahoro❤
Always in our hearts 😢 TRUE HEROES ❤ 🇧🇮🕊️🕊️
Muruhuke amahoro kubitavye imana
Never forget
Nisabire umuntu wese afise agafoto kumuntu yishwe na DD azakabike ahadata kuko harigihe bizohinduka intahe ugafata ijambo bakabibazwa 😢😢😢
Intwari 😢😢
Ariko na mwebwe, none n'abakoze coup d'état ni intwari?! Nka bikomagu kweli?!😅
Agapfuye kabazwa ivu
Aho rero ushatse kuvuga iki
😢😢😢😢😢😢
Umuvumo wubwicanyi cndd yarawutoranye kabisa abo nibake bishe abantu benshi cane.ngo nintwari ngo letamvyeyi😅😅 iyo ni leta yabayangayanga igihugu bagihinduye boucherie
Ariko namwe murakabya😂ngo babike abishwe nande?😂Hama abishwe na bababanjirije imbere nabo bakananyarwa ivyosigay bitunze uwusigaye nabo ntibabike ifoto zabo? Canke nuko ataco byari bitwaye kuba barishwe ?Imana ibaharire mukora ibyo mutazi
ABO NABANTU BISHWE NA LE PARTI CNDD FDD QUI EST AU POUVOIR AU BURUNDI
Wakumva cya neve cyivuga ko kitazafungura umupaka batagihaye abandi ngo kibice 😂 gihore ntabo kizabona niba bahari ntawe ahima ubundi interahamwe zabaye abantu ryari?😢😢
La révolution ne se donne pas. On doit se battre chaque jour et non fuir vers les pays limitrophes et en Europe. Abarundi nimpehe nsa qui méritent d'être gouvernés ainsi. Pas de vrais patriotes à l'image de la Syrie
Rest in paradise
Iyo mugenda nushirako amazina namatariki bafiriyeko nka kurya abo muri Tanzania babigenza
😭😭😭😭
CNDD FDD yaramaze abantu!!
Hari benshi mutashizemwo RIP nituzobibagira
Harihubwoko bwiganje murabo mbe nikuberiki?ubwo ntituzohava tubona ubundi bwoko nabwo busohora amasanamu?
Ariko mwibagiye abo bikomagu yishe kamenge kuva 93.ko mutabashizemwo ga yemwe??
Ushobora kugira video yawe nawe
Ibagira ivyabahutu bomuri 1993. Abagezweho ni 2015.
Tôt ou tard bazobibazwa
Abobose gayemwe ningorane kabisaa
RIEP
Ibi bisiguriki
Nanje mfise icokibazo
Mwiruhukiree amahoro❤
Always in our hearts 😢 TRUE HEROES ❤ 🇧🇮🕊️🕊️
Muruhuke amahoro kubitavye imana
Never forget
Nisabire umuntu wese afise agafoto kumuntu yishwe na DD azakabike ahadata kuko harigihe bizohinduka intahe ugafata ijambo bakabibazwa 😢😢😢
Intwari 😢😢
Ariko na mwebwe, none n'abakoze coup d'état ni intwari?! Nka bikomagu kweli?!😅
Agapfuye kabazwa ivu
Aho rero ushatse kuvuga iki
😢😢😢😢😢😢
Umuvumo wubwicanyi cndd yarawutoranye kabisa abo nibake bishe abantu benshi cane.ngo nintwari ngo letamvyeyi😅😅 iyo ni leta yabayangayanga igihugu bagihinduye boucherie
Ariko namwe murakabya😂ngo babike abishwe nande?😂
Hama abishwe na bababanjirije imbere nabo bakananyarwa ivyosigay bitunze uwusigaye nabo ntibabike ifoto zabo? Canke nuko ataco byari bitwaye kuba barishwe ?
Imana ibaharire mukora ibyo mutazi