PRESIDENT NEVA avuze abashaka gutembagaza IGIHUGU muvy'UBUTUNZI//Abatwara ama BANKI nzoba//Intambara

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 19 дек 2024

Комментарии • 148

  • @Bigenergy94
    @Bigenergy94 23 часа назад +3

    Thanks!

  • @Paidemami
    @Paidemami День назад +23

    Muze nukuri ntaco uzokora kuko kenshi ubivuga uko ariko ntacukora. Raba uko Magufuri yabikoze. Niwewe kizigenza reka kuvugisha umunwa gusa

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 15 часов назад +2

      Ngira warabony ko bamuhay isumu non wibaza ko yagambaniwe nande, sinkabonyene never Ari kuvuga

  • @Mubemubona
    @Mubemubona 10 часов назад +3

    Uyu munsi jewe ndumvise ukuri hagati mwijambo avuze a suivre iyo umuntu avuga amajambo menshi uze witonde kumviriza haraho esprit yiwe ayikorako Vive le bon burundi

  • @RutareIrambona-gh1d
    @RutareIrambona-gh1d 18 часов назад +5

    Umukuru wigihugu dufise avuga vyishi. Hariho abamubabajee atinya gukorako

  • @regis22ify
    @regis22ify День назад +11

    Tuzogufasha kururwana. Les jeunes sont derrière vous excellence

    • @DeliciaHereTv
      @DeliciaHereTv 9 часов назад

      Muzomufasha gute rero😂??
      Ikibazo ntigiterwa namwe barundi bato, ikibazo giterwa nabo mwatoye, icyo mukwiye kumenya nuko president atavuga ahubwo afata ingingo.

  • @ShimirwaWilson
    @ShimirwaWilson День назад +19

    Abarundi bafite president ushoboye arko nibo ubwabo bamunaniza knd urumvako afite urukundo rwigihugu (patriotism)❤

    • @Emma-v2f
      @Emma-v2f День назад

      😂😂😂😂

    • @ProsperSimfukwe-z2b
      @ProsperSimfukwe-z2b 18 часов назад +5

      Uwambaye icyirezi ntamenyako cyeze .Barundi mujye mushima Imana yabaye Neva ukunda abarundi n uburundi ndetse n afurika

    • @nssimeon9084
      @nssimeon9084 13 часов назад +1

      Biri kumunwa gusa

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 6 часов назад

      @@nssimeon9084 urumva nkik nogifata usanga kurimw mubononer président

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 5 часов назад +1

      @@ShimirwaWilson nuko shahu erega abafise ubwenge buke bibaza ko never Ari Imana yobona ibirikuba mugihugu cose , Arik banka bemera never n Imana yamusizeho kand agati gateretsw n Imana ntahokaja

  • @kinesitherapie212
    @kinesitherapie212 21 час назад +6

    Nyakubahwa afise igisirikare, igipolisi, service de renseignement, abenegihugu bakunda igihugu benshi turi inyuma yiwe, none abo bantu bapfukamye igihugu mu nda bananiranye gufata ni bande? Ibikorwa mbona vyoba vyinshi, amajambo akaba make.

  • @gagakenzybuffalo6839
    @gagakenzybuffalo6839 17 часов назад +3

    We love U our president ❤️ 💜 ♥️ 💖

  • @CizaEugene-h7p
    @CizaEugene-h7p 18 часов назад +4

    Muzehe wacu kwavuga ivyogupfa abo bantu rero bamusuvya inguvu kweri?

  • @NiyomwungereJuvenus
    @NiyomwungereJuvenus 18 часов назад +4

    Turakwongera 20 papa

  • @nimubonaeric8074
    @nimubonaeric8074 День назад +6

    Président wacu afise umutima wokuzamura igihugu mais abarundi benshi kubera ari abasuma baca bamuvuga nabi nkuko womenga niwe mubi.

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 5 часов назад

      @@nimubonaeric8074 nuk wangu Arik burya imigisha ya Rwagasore na Ndadaye ntiyari bwaronk umu président avugish ukuri nka never rero Ubu naho bazokoresha magic yo muri Nigeria ntaho bazomushira ndaha wallah

  • @ndikumanadiane3684
    @ndikumanadiane3684 15 часов назад +2

    Narek sha gusiga inkore abarund batobat kuk nib barubonye😢abonabo avuga bibisuma nuko babona aho babirabira harabuze umukur harabuz numuto yooo nimana yonyene😢😢😢

  • @Dddma455
    @Dddma455 19 часов назад +8

    Abarundi tuzokugwa inyuma papa😍😍😍😍😍😍😍😍😍😍😍😍

  • @Ndayaki
    @Ndayaki 21 час назад +4

    23:30 This is a very strong point. Burya abize économie n'abakora muri Banque Mondiale bumvise kandi barazi neeza ico bisigura.

  • @asleyyousarseif
    @asleyyousarseif День назад +7

    😂😂😂😂😂😂😂 ntacushoboye gendaaa

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 5 часов назад

      @@asleyyousarseif wakigugu we hashoboye so acinyuma nyoko

  • @JeannetteManirambona-o6m
    @JeannetteManirambona-o6m 15 часов назад +2

    Reka amajambo muzehe ja mubikorwa

  • @Mbugistetv-gp2nd
    @Mbugistetv-gp2nd День назад +10

    Nareke kutwicisha amajambo kuva aho yavugiye ko atabishira mugiro

  • @AlexisNdayishimiye-n6g
    @AlexisNdayishimiye-n6g 18 часов назад +1

    Il est très nécessaire d'investir dans l'agriculture, pêche et Elevage, aussi renforcer la capacité de pouvoir d'achat pour les citoyens, consommation + épargne ( population)
    -importation + exportation ( pour le pays)
    Merci beaucoup excellence Monsieur le président
    Que Dieu accompagne les Burundais et le Burundi ❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪

  • @lydiendayishimiye2416
    @lydiendayishimiye2416 15 часов назад +2

    Mutama Neva, va mu majambo uje mu ngiro

  • @Mkel890
    @Mkel890 19 часов назад +3

    talk talk talk.

  • @AlexisUwizeyimana-l6o
    @AlexisUwizeyimana-l6o 20 часов назад +5

    Ndaziko ivyobisuma bicabipanga kukwica rekatugufashe natwe,nanje mpakazi nkwereke

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 5 часов назад

      @@AlexisUwizeyimana-l6o uwuzokwihenda nuburozi buzojamwo yihenz kumwicwa tuzomutuma inkuba ngo paa bayi

    • @sese667
      @sese667 36 минут назад

      ​​​​@@MrNuurofficialHarya wewe uzokora iki ?? 😂 😂 😂 Abantu muritera agateka kweri ... 🤣 🤣 🤣 🤣
      Abantu bashoboye kuroga Nkurunziza bakabesha ngo umutima wiwe wahagaze giturumbuka, bonanirwa na NEVA ?!

  • @jeanclaudeloydonmagenge1121
    @jeanclaudeloydonmagenge1121 17 часов назад +3

    Mutama wacu ndagushigikiye
    Abavuza induru nabazi imitego bateze ibafasha kunyonora igihugu nkaka rufyiri kigira intama ari imfyisi womengo gakunda igihugu kandi kariko kabiba urwanko n'ubugarariji.

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 5 часов назад

      @@jeanclaudeloydonmagenge1121karya kagabo gashobor kuba karatumw we reka aza yiyerekanye

  • @shabajims2966
    @shabajims2966 День назад +12

    Shaaaa turakumenyereye ivugo itajana ningiro. Nonese kokera atamafranga yari imbere yamarundi mutaraja kubutegetsi. Vyerekanako atavyo mushoboye kubungabuga ivya economies

    • @jamessantana9896
      @jamessantana9896 17 часов назад +3

      Insiguro ziratahuritse neza Ku wukeneye gutahura ✅

    • @IninahazweOnesphore-g1n
      @IninahazweOnesphore-g1n 14 часов назад +1

      Ushatse kuvuga koyaruta ama dollars?

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 5 часов назад

      @@shabajims2966 mbega ikibono 🤣🤣🤣 uyu nuwahe

  • @DJMurya
    @DJMurya День назад +4

    ***Intererano: I would suggest to turn comments off every time you publish content from highly respected authorities.

  • @Bigenergy94
    @Bigenergy94 23 часа назад +3

    Ko waduhaye option yo kuguha "thanks" as in gifts 🎁 barundi barundikazi niba ukunda ivyo Gael ako ni mumugurire Moya ya baridi ❤🍻🍺🥃🥂🍷🍸🍹

  • @alexisnitegeka8580
    @alexisnitegeka8580 День назад +4

    Amatora aregerej 😂😂 tuzokwumva vyinshi

  • @NIKI96-h6y
    @NIKI96-h6y День назад +4

    Imvugo ijane ningiro urabe

    • @sese667
      @sese667 32 минуты назад

      Uzorindira amaso ahere mu nzira ...

  • @DevotteMajambere
    @DevotteMajambere День назад +2

    IMANA itanga isabagi

  • @flaviakezimana4596
    @flaviakezimana4596 18 часов назад +1

    Introduisez la jeunesse dans le gouvernement nibo kazoza kigihugu

  • @rwenenahomechannel1634
    @rwenenahomechannel1634 13 часов назад

    "Ntasoko ryabaza gusuma atabantu bashoye".Merci infiniment Monsieur le P.R.B!

  • @PrudenceTuyisabe-rc5ov
    @PrudenceTuyisabe-rc5ov День назад +3

    Papa Burundi tuvugishukuri ntamuntu mutomuto anyuruza inoti yigihugu ivyo bikora ivyo Bigabo vyamaze kuyakorako muzeh ico mbona kugira dushike kumbona kazoza bisaba ko ukura inkoto mugwubati kuko utagiye urabica nubundi uzogumuvuga ntibazokwumva.

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 5 часов назад

      @@PrudenceTuyisabe-rc5ov 🥱🥱🥱🥱

  • @JeanClaudeMuhima-xh2kk
    @JeanClaudeMuhima-xh2kk День назад +6

    Mzee aca maneno tumbua majipu mambo atanyoka.

  • @Emma-v2f
    @Emma-v2f День назад +2

    None ko mwugaye imipaka iryo faranga mwunva tworipima kuryu Rwanda gute?

  • @sabiyumvastephane9943
    @sabiyumvastephane9943 17 часов назад

    Powerful

  • @emanuelaamy8005
    @emanuelaamy8005 День назад +9

    Jewe ndiwe nokwumva isoni Kwama mvuga ibintu bimwe imisi yose sindanbishitse epu vaho 😂😂😂

  • @Amavubi
    @Amavubi 4 часа назад

    Numa uriko uvuga ubusa

  • @ThamiKhundula
    @ThamiKhundula День назад +5

    Reka kubabwira zinduka na documentation kurumwe wese yivye abijozwe nayo ibisigaye nuko 99%tukwemeta longlife musaz❤

    • @christophenizigiyimana7941
      @christophenizigiyimana7941 16 часов назад

      Ikiciyumviro ndagikunze.

    • @sese667
      @sese667 29 минут назад

      Documentation n'ihere iwe na mwarirya BRB isigaye itwarigwa mu biro vy'Umukuru w'Igihugu (Présidence) ...

  • @ELOGERUHIMBASA
    @ELOGERUHIMBASA 23 часа назад

    Thank you Mr president 👊🏽👊🏽👏🏾👏🏾👏🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🥰🇧🇮

  • @bucumijmarie281
    @bucumijmarie281 3 часа назад

    Umuntu umwe yavuze ati uze wirinde kuvuga menshi kuko kuvuga menshi ni signe y'ububeshi..

  • @djaga_ghee5
    @djaga_ghee5 День назад +3

    Ariko uziko Neva aba yaguye ivutu avuga arigusemeka umwuka nugusunika ndaq😂😂😂

    • @kayitarejames9507
      @kayitarejames9507 19 часов назад

      Nukubyibuha

    • @christophenizigiyimana7941
      @christophenizigiyimana7941 16 часов назад +3

      Niba arivyo ubo,umwe wo hakurya ya kanyaru we yoba agomba kugwa imbere y'abantu 😀😀.ba muhisha ingeso

    • @gervaisntirenganya470
      @gervaisntirenganya470 15 часов назад

      ​​@@christophenizigiyimana7941😂😂😂😂😂😂urantwengeje uryawewe nukwagahuzugahisha nayahandiho nidanj

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 5 часов назад

      @@christophenizigiyimana7941 🤣🤣🤣🤣

  • @EricNdayikengurukiye-i9p
    @EricNdayikengurukiye-i9p 15 часов назад

    I Burundi twishwe no kudahana(kuraba nkunzi),kudashira mungiro ivyo tuvuga twoteye Imbere !

  • @UwamariyaDusabe
    @UwamariyaDusabe 18 часов назад

    Hello fatafaka Turanbiweagasunzuguro 😂😂😂😂😢😢😂😂😂😂😂

  • @ShimirwaWilson
    @ShimirwaWilson День назад +3

    Arko nkumuntu wifata agatuka president nyiricubahiro w,igihugu runaka mbambaona ntandero yigeze pe president wigihugu cyose kwisi aba ari umuntu ukomeye please indero irakwiye abarundi ntimugatuke president wanyu arashoboye ahubwo mwebwe nimwe mumunaniza murabura kumushyigikira ahubwo muri muri comparison zamafuti shameless abarundi mwese ntanisoni ngo ibyo avuga yirirwa abisubiramo nuko ibyo avuga mutamushyigikira 😡

  • @jean-claudeminani6156
    @jean-claudeminani6156 23 часа назад

    His excellency is talking facts only it seems that he is talking to people with sealed ears.

  • @allydavy6919
    @allydavy6919 День назад +3

    Tuve mumatwi wakigabowe si wew ujejwe igihugu ninde akuganza kand ariwewe mugaba wingabo reka kutumena umutwe

    • @djaga_ghee5
      @djaga_ghee5 День назад

      😂😂😂😂😂😂😂😂

    • @uwimanasteve
      @uwimanasteve День назад

      Bugirindero umenya nuko uvuga aho wewe urisonera kwanza? Uramenya tu

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 5 часов назад

      @@allydavy6919 naww urimwo mubiba kuko uwiba ntakund never

  • @PeaceNzoramba
    @PeaceNzoramba День назад +1

    ❤❤❤❤

  • @IgiranezaDarcy-l2f
    @IgiranezaDarcy-l2f 14 часов назад

    urakoze cane kuvyiyumviro ushikirij abarundi ntibakunda igihugu cabo kandi naho hoza uwumusubirira ntaco yodufasha tudahinduye imitima yacu ngodukunde uburundi

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 День назад +1

    Ikirofa kiraho kigereranya I dollar namarundi yabaye inikaratasi

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 День назад +1

    Ikijuju jiraho. Mu burundi 1$=7000 fbu. Arubahuka akarigereranya ni dollar?

    • @lostboy2608
      @lostboy2608 День назад

      Gumana ubwo bwenge bwawe umureke akomeze ubujuju bwiwe

  • @NiyongaboGeorge
    @NiyongaboGeorge 17 часов назад

    Komera Mwubahwa ahubwo asoko adandaza amafaranga akwiyi guhagarikwa amahera mvamakungu yose aje muma banki nigute umuntu agura ibintu muma dorare ako nakajagari mubindi bihugu ntama dorare azunguruka mumifuko yabantu kirazira kikaziririzwa mutama hangana nizo nkozi zikibi tukuri inyuma bashaka guta mumanga babifashijwe naba koroni

  • @VanessaNdikumwenayo-b5h
    @VanessaNdikumwenayo-b5h День назад +4

    🤣🤣🤣🤣🤣 mu burundi🇧🇮 ureka gutwenga ariwe uvyishakiye😁😁😁 Ewe Burundi bwacu,😭😭😭😭
    Ndagaruka gusoma commentaires nizagwira🏃🏃🏃

  • @dieudonnendabaneze3761
    @dieudonnendabaneze3761 16 часов назад

    That’s the perfect example of mixing up ignorance and stupidity!

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 День назад +1

    Ingene bayatondera nukwiba nkuko wiba

  • @didiniyo1063
    @didiniyo1063 9 часов назад

    Vyari bikwiy kuva mumajambo bikaja mungira muvyeyi bahane abantu badashakako duterimbere

  • @oswardjaphal-cd6np
    @oswardjaphal-cd6np День назад +3

    Mutama never siwe. Abarundi. Ni ntagondwa.

  • @hatungimanafoundationfororgani
    @hatungimanafoundationfororgani 16 часов назад

    Jew numva ico ciyumviro cari caratevye kweli. Noe nk akarorero Ministere ya commerce et agriculture elevage amahera bakoresha arahomba canke arunguka. Muzoba mumbwira akari inyuma karahinda

  • @HavyarimanaPhilbert-t5w
    @HavyarimanaPhilbert-t5w 17 часов назад

    Icombona twebwe abarundi turahendwa cane imbere yukwajakubutegetsi niho vyataguye kuyangara.ivyobisuma nabobadakora ivyo barahiriye kwatabatwereka ?nabakure hajababishoboye.

  • @NkunzimanaIsaie
    @NkunzimanaIsaie 15 часов назад

    Nagira😂urafunga kubera😂ubwo bushobozi ubufite canke ukavana munzira abo bantu

  • @ManirakizaAudo
    @ManirakizaAudo 16 часов назад

    Ndavuga simvura ariko ikibwirwa nicumva knd uwuhanura uwiwe arwiza ibinonko.

  • @HavyarimanaMethode-iq6nf
    @HavyarimanaMethode-iq6nf 6 часов назад

    Jew ndumukuru wigihugu ntamuntu yonywana amazi kuko mbony igisuma noba ndagikuye kwisi

  • @Isa3th
    @Isa3th 20 часов назад

    Nyakubahwa amajambo twarayahimvye ibikorwa nivyo dushska ivyobisuma uguma uvuga kutabitwereka😂😂😂😂😂 imitwe nimyinshi uuuuuuu 🤣🤣🤣🤣🤣.

  • @DanielNdikumana-u4j
    @DanielNdikumana-u4j 14 часов назад

    Unvugo irakwiye guhinduka umugwatatunga hakisigwa ibintu ashorera hanze y'igihugu abana abarangura hanze

  • @shortylo1515
    @shortylo1515 18 часов назад

    Abakina nubutunzi bwigihugu ngo agiye kubahereza banyina vuba kindi ni last warning ‼️

  • @BatashopUbuzimabushasha
    @BatashopUbuzimabushasha 17 часов назад

    Nyakwubahwa uze uritondera ivyo uvuga kuko nubwo mwikumirako ubutunzi mumenye ko mu benegihugu atamafaranga ariyo

  • @Emma-v2f
    @Emma-v2f 23 часа назад

    None ugiye kurangura hanze urangura mu marundi?

  • @infinixhot1971
    @infinixhot1971 11 часов назад

    Makudeta Inka GENOCIDE mwakoze hano mu Rwanda mutwara amagara yabatutsi nimitungo yose mugatwara byose mwebwe ko mwasanze bank nkuru yuzuye ahubwo mwishwe namoko

  • @ntarebatinya_show6499
    @ntarebatinya_show6499 22 часа назад

    Afise ubwenge buke au niveau économique. Je suis payé 38€/h pour dire que 100€ ndayasoroye ari make pour moi. Ariko pour quelqu'un qui travaille au burundi, ni une semaine de travail.

  • @alexndihokubwayo8010
    @alexndihokubwayo8010 22 часа назад

    Cd fd mwemere ko igihuguchabana niye gutwara muzibukire mureke kutubesha

  • @KennoKanse
    @KennoKanse День назад +1

    Ako n'akajede bwoko ki, Umukuru w'igihugu yinjiye amabanga muri 2020 none avuga ngo agiye gutangura gukora guhera muri 2025. Imyaka 4 none yagiye buferi igihe wewe ashaka ko abandi bose berekana umwimbu ku mwaka ku mwaka niba atari kumusi kumusi.😮😮😮😮!?

  • @jj1900-v2y
    @jj1900-v2y 23 часа назад

    Ivy amajambo meza gusa tubimazemwo hafi imyaka 5 kandi nubu biracabandanya

  • @GeK-124
    @GeK-124 20 часов назад

    Uyu mugabo nyaranyobewe kwavuga ibintu bidahuye njye ibyavuga biranyibera

  • @gaspardndereyimana7810
    @gaspardndereyimana7810 19 часов назад

    Wavuga vyiza nyakubahwa,nukuraba impamvu yavyos

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani9270 День назад +1

    😂😂😂😂😂président wa république du burundi 😂😂😂😂ahuzimanika ndakurahiye iyo ningaruka yokuba mukibanza cicibano kitari cawee 😢😢

  • @yisabriel
    @yisabriel 17 часов назад

    Ubwo se wafunze imipaka ukagira ngo amafaranga mva makungu yava he? udashaka ko igihugu cyawe kizamo abantu bava hanze?kuki urwanda Uganda na Kenya abaturage bakoresha indangamuntu mukugenda wowe ugahimbazwa no kugora abantu bo muri Est African community,ubazibira kuza mu gihugu Kandi aribo ba touriste bambere baza mu gihugu,ugira ngo abaturage bawe bazagurisha kuri bande ?Ubwo se iyo wanze ko abaturage bawe bakora exportations zibyo bakomora kubuhinzi, umworozi n'uburobyi kubera ubugoryi bwawe ngo ufite ikibazo na Kagame wabwira ko abaturage bawe batagurishije mu Rwanda ari wowe na Kagame ninde wahomba.ubona Kagame yasonza kuko indagara zitaje mu Rwanda Kagame se uri sur ko azirya aramutse azirya se yabura ahandi azikura ? urumva arinde uhomba.uba wumva amadevise yava he? ikigaragara ufite amafaranga shaka abantu bakwigishe economy kuko ntiwaba a la tête yigihugu utazi economy ngo ugire aho ukigeza uri primitif cyane umeze nkumuntu wo muri 1945

  • @fleuryb8706
    @fleuryb8706 День назад +3

    Iyoba ivyo Neva avuga abishira mungiro uba tuba turi amerika .none ingorane ivyavuze biherera Aho nyene abivugiye muzoba mumbwira.
    Nkabo bantu avuga ntiyegere abadomako urutoke ari président ivyo bisigura iki kweli?arazoraba abandi bapresident ntibidoga ahubwo barahushuraaa

  • @William-x9g
    @William-x9g 22 часа назад

    Demissionez Mr le President.... Vyabananiye... 4 ans zo kwidoga zaturambiye....NGO urapfa 😂😂😂

  • @NiyomwungereJuvenus
    @NiyomwungereJuvenus 18 часов назад

    Yaga

  • @quintinarakaza9380
    @quintinarakaza9380 День назад +3

    😂

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 19 часов назад

    Ijambo riguma mukanywa rigacika inkonda , kandi ugwamo rwibikere ntirubuza abavomyi kuvoma , basha uvuga meshi bakagucisha mwijisho
    , kuvuga meshi sikwo kuyamara ; aho wakavuhiye jewe mbona arugutera ugwamo abo bagabo muri kumwe😂😂😂😂

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k 5 часов назад

    Je suis d'accord avec les propos de notre President mais il parle trop et réagit comme un vrai francophone, trop de temps et des années en théorie et parole. Avec trop de courage pour dénoncer et dévoiler à chaque fois sans punitions .
    Ndibuka entre 2003 et 2010 mu Rwanda, hari BANQUES z'imirwi BCDI ( Abavuye i Burundi et amis) , COGEAR ET COGEBANK ( ababaga mu rwanda et rescapés du génocide) BCR ( abavuye ZAÏRE et amis)...
    Batanguye gutobera PRESIDENT KAGAME, arabafunga boose, abandi baromoka, n'abandi bariyahura.
    Les nouveaux cadres de la banque nationale du Rwanda ont commencé à bien organiser le système financier du Rwanda.
    En bref, le système anglophone est plus dans l'action alors que les francophones sont plus dans la démagogie et beaucoup de paroles inutiles sans issues . Tout ça n'aide oas à avoir de l'action le plus rapidement possible.
    Dans toute l'Afrique, les dirigeants devraient travailler pour montrer les résultats. Si on veut être respecté.
    Déjà la propreté de Bujumbura est difficile pour les dirigeants de la ville, comment ils pourront diriger , développer et moderniser le pays? Pourquoi ils restent en poste ?
    Ivyo President renconte ni connaissances de chaque dirigeant qualifié avec des bons conseillers.
    Je ne comprends pas comment notre cher President parle comme si c'est un grand secret qu'il a découvert ?
    Le BURUNDI A BESOIN DE L'ACTION , IL FAUT ÉCARTER POUR DE BON, D'UNE FAÇON OU D'UNE AUTRE , CEUX QUI SABOTENT LE PAYS ET SES PROGRAMMES .
    FAIRE UNE VRAIE CHASSE AUX MARCHÉS NOIRS DE DEVISES, DANS DES BANQUES ET QUARTIERS.
    AVEC UNE NOUVELLE POLICE ANTI FRAUDE FINANCIER, QUI T'À CHERCHER UN EXPERT ÉTRANGER DE PAYS EXPERTS DANS LA MATIÈRE POUR LA CRÉER ET FORMER LES JEUNES UNIVERSITAIRES EN COMPATIBILITÉ, INFORMATIQUE ET FINANCE À TRAQUER CES TRAFIQUANTS.

  • @AsafuNyonsaba
    @AsafuNyonsaba 10 часов назад

    Ww VA kunteb ntukwiriy kub president idorare ryagez 8000 biramaramaj

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 5 часов назад

      @@AsafuNyonsaba zona sowawe afise ibitwarire atware comine turabe ko yoyishobora wambwawe

  • @Globalmaster1-g9z
    @Globalmaster1-g9z 18 часов назад

    Uyo nukwama yomanga gusa ntakintu kizima ashobora gukora ngo kirambe🤦🏻‍♂️guhubuka nokudahuriza hamwe mugufata ingingo zimwe zimwe zubak igihugu umwewese agashaka gukora ivyiwe ukwavyumva nivyobituma mudashobora gukora ibintu ngo birame

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 22 часа назад

    twe tumenyereye yuko ico president ashatse kiba none abobantu batakumviriza nibande ga nyakubahwa? ivugire kuko politique twarayihinyuye uko yubatse ivyovyubusuma mubipangira hamwe ariko imana nimana muzobona ivyayo umusurizina kuko ntaterambere mwibereyemwo nagatoya kuburundi nindazanyu gusa .

  • @dianeinamwiza
    @dianeinamwiza 15 часов назад

    Le pays le plus pauvre,les gens souffrent de la faim,un pays en failliete,iyo ni resume y, Burundi,ibindi ni propagande na populisme

  • @MusembiKervin
    @MusembiKervin 22 часа назад

    igisuma ninkumudazi umubwiyeko asara akwishurakp ariwusara rero numusuma nuko uwomugabo nigisuma cambere

  • @SadunBazotunga
    @SadunBazotunga 11 часов назад

    Icishe uburundi nubusuma ,ukudahana , igiturire . Murazi abiba ariko ntibahanwa.Urugomero rwa mpanda rwa rubatswe rusenyuka rutaranakora none abobantu bariye amahera yurugomero rwa mpanda ko mutaberekanye tumenye abo bantu Bivye ayo mahera. Kwama widoze atakintu gikorwa rimwe narimwe abantu babifata nka comedy . Kubita inkoni umuntu wese yiba ubutunzi kuko urabazi abantu biba

  • @entrepreneurrushoza
    @entrepreneurrushoza День назад +1

    Ukivuze neza

  • @mitramegas
    @mitramegas 21 час назад

    Très intelligent ! Voici un vrai panafricain qui a bien compris comment faire avancer l'économie d'un pays sans toutefois dépendre des aides mensongères des occidentaux ! Bravo Monsieur le Président ❤❤❤

  • @Ukurikuraryana24
    @Ukurikuraryana24 23 часа назад

    Bagomba kumukamura

  • @donaldmutabazi8314
    @donaldmutabazi8314 23 часа назад

    Mudomo to

  • @arsenearakaza1385
    @arsenearakaza1385 День назад

    Ariko agogombwa ntakind ariko aragira ncingirakamaro kuko igihugu camunaniye naveho arekan nayo majambo

  • @onealpeterson2180
    @onealpeterson2180 День назад

    Kubita abaginga

  • @pokemon-Go22
    @pokemon-Go22 День назад +3

    *Uyu ni we President ukunda abaturage be ureke rya bandi ry'ino iwacu mu rwanda ngo ni Kagame ryayogoje akarere, rikorera mpatsibihugu mu gutera inkunga Red Tabara na M23*
    *Abarundi mwubahwe*

  • @alexndihokubwayo8010
    @alexndihokubwayo8010 22 часа назад

    Wewe igihugu charakunaniye gutwara muze mureka kutwicharavkumutwe ayo wivye nawe simake none igitoro ntichakunaniye kuzana mugihugu wewe igihugu wagitabaguye

  • @FrankImani-cb3in
    @FrankImani-cb3in День назад

    ❤😂

  • @KennoKanse
    @KennoKanse День назад

    Neva yarakwiye kureka ivy'ubutegetsi akaja ku développa izo théories économiques et monétaires ziwe kuko biraboneka ko zigoye gutahura kuko asa n'uwuvuga ko zitandukanye cane n'izari zisanzwe zigishwa mu mashule. Sinon on y comprend rien du tout .😅😅😅😅.

  • @JohnyIntwari
    @JohnyIntwari Час назад

    Comedy

  • @Never-h5h
    @Never-h5h 22 часа назад

    Wowe 👹👹👮🏿‍♀️👮🏿‍♀️urikirofa Neva umuntu ukorana Ninterahamwe ntabwengye ugira … uri fake uba uvuga ibyokudya gusa inda yawe yagutanze kure

  • @gagagael5722
    @gagagael5722 День назад

    What a joke

  • @ukurikurakiza3190
    @ukurikurakiza3190 День назад +2

    Uyu mu president afite imigambi myiza,mumushigikire. Mwiteze imbere. bano bamutuka ni abanyarwanda si abarundi.