Umukuru w'igihugu amenyesha ko ihirikwa ry'ubutegetsi mu Burundi ariryo ryahungabanije BRB

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 17 дек 2024

Комментарии • 11

  • @abanyeshure
    @abanyeshure Час назад +1

    Dufise umukuru wigihugu azi ubwenge. Komera muvyeyi tuzogusengera Imana ikuturindire.

  • @JohnBonaventure-f4i
    @JohnBonaventure-f4i 4 часа назад +2

    Number one

  • @bestdunanadu2866
    @bestdunanadu2866 3 часа назад +1

    Ni vyo mutama. Amarundi nimba aboneka, aruta ama $. Twebwe tu compara ama $ n' amarundi kubera manipulation yabazungu. So, you are very right.
    Umuntu akena iyo yimukiye muri America akajana amarundi.. aho bica bigorana

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 Час назад

    Abarundi bararushe niyomyidogo none kufise ububasha bwose kuberiki uzabobantu bononye igihugu ukaduhereza abatezimbere uburundi uraraba uwomutego uwutegure nyakubahwa

  • @GatagariRubano
    @GatagariRubano 16 минут назад

    Izo banki zitubaha brb bank nkuru yigihugu nizifutwe zive kwisoko, bavaneho ako kagaye.

  • @Sengiyumva123Donatien
    @Sengiyumva123Donatien Час назад

    Uuuuu. Asha kubere urya ivyiwacu naho uvunga nabi kweli ntamahera ahali kuko

  • @AsmanGhost
    @AsmanGhost 2 часа назад

    Komera mutama south Africa turinyuma yawe

  • @Sengiyumva123Donatien
    @Sengiyumva123Donatien Час назад

    Uve yubura angila agacilo

  • @AsifiweMulume
    @AsifiweMulume 4 часа назад

    Komera mutama

  • @bibonimanaegide9301
    @bibonimanaegide9301 Час назад

    Nyakubahwa ivyuvuga nukuri iterambere warituronderera nuko tutakumvira nkumuvyeyi wacu basokuru barayamaze batu umwana ahekwa neza agasohora amaguru harakwiye ko habaho ihinyanyurwa rya zanyigisho zo gukunda igihugu ikindi naco twabasa Nyenicubahiro nuko mworaba mugarukana akamwafumwafu mubutungane vyasubiye kuyagara mubiturire kubwivyo murakwiye gushiraho umurwi munini ufise ubudahangarwa uzi ivyamategeko bagenda mumasentare kuraba ingene imana zicibwa bakaraba ama PV yabacamanza uko baciye imanza uwaruciye nabi agasezerwa ataco asavye gutyo abacamanza bokwikebuka ikindi amategeko agahinyanyurwa kurugero nibiri muma telephone biba icabona amajwi nibindi gutyo abacamanza bakoroherwa mumatohoza ubutungane bwanse papa musubire musemerere

  • @kg7285
    @kg7285 Час назад

    None ivyo bintu utunga ubawabikuyehe vyakorotse biva mwijuru? Nuko warufuse amahera yokubigura . I est malade ce monsieur Cndd yabashije mubukene namwe ngo arazubwenge!!!