Mahama: U Burundi bwohereje Generali mu Rwanda gusaba impunzi z'Abarundi gutaha

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 31 янв 2025

Комментарии • 97

  • @fredric540
    @fredric540 2 года назад +3

    Muze twubake igihugu cyacu cyu Burundi 🇧🇮 Ayo makuru mwumva nibihuha Igihugu cyuzuyemo Amahoro n’Umutekano

  • @nijimbereeric6995
    @nijimbereeric6995 2 года назад +1

    Ahaaaaaaa.Mbeg'igitangaza J de Dieu umurund'asuvy'aband'agaciro mukugir'atahe asab'ibiganiro

  • @Hhhhhjjdd
    @Hhhhhjjdd 2 года назад +4

    Mutahe mugekubaka igihugu cyanyu!!

  • @hasabamagaralongin35
    @hasabamagaralongin35 2 года назад +11

    kigali today bon reportage vraiment ndabakuriye inkofero nukuri ni batahe dufise umu president ashaka ko igihugu tucubaka twese kandi aho mperereye mbona umutekano

  • @ngabonzizaviateur2371
    @ngabonzizaviateur2371 2 года назад +2

    Mbega kuba mubuhungiro murumva aribyo byiza kurusha kubaho muri mugihugu cyababyaye ,ark wasanga haribyaha mwikeka nahubundi ubuhunzi sikintu rwose

  • @erichakizimana6024
    @erichakizimana6024 2 года назад +6

    Nimutahe
    Africa shamba lawahuni
    Wazungu niwasenge
    Wanatuchonganisha
    Iburundi never yuko good ✌️❤️🇧🇮🇧🇮✌️

  • @nsengiyumvadieudonne5560
    @nsengiyumvadieudonne5560 2 года назад

    Murakoze mushikirij amakuru meza atabogamye

  • @inghabopro8495
    @inghabopro8495 2 года назад +1

    Harimwo impunzi zitwenza kabisa,None bahunze Manda canke bahunze umutekano muke?
    U Burundi nigihugu camata n'ubuki.nubwo mwanka uburundi twebwe turabukunda Kandi amahoro ni yose kuko abarundi bari mu Burundi nibo benshi Kandi dufise amahoro🇧🇮🇧🇮🇧🇮. We are burundians and we are proud of our country 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Impunzi ni zitahe amahoro ni menshi cane

  • @makinimoses9041
    @makinimoses9041 2 года назад +1

    The best president in Africa is Everiste Ndayishimiye

  • @ngagishow2614
    @ngagishow2614 11 месяцев назад +1

    Barundi muzabanze mwitonde kko urebyuburundi ahwibintu birikugenda bigana urabonako umutekano nturagaruka neza i Burundi kbsa.

    • @Bigenergy94
      @Bigenergy94 2 месяца назад

      Koko se?
      Kaze iwacu niba ufite ayindege ubundi wirabire tuzokwakira neza

    • @rusakazatv7930
      @rusakazatv7930 Месяц назад

      Aje yahasiga ubuzima igihugu cyanyu ntikigendera kumategeko mufite uwo mutekano mwabanza mugafungura Umupaka

    • @Bigenergy94
      @Bigenergy94 Месяц назад

      @@rusakazatv7930 reka reka da ntabwo nakugurishako ubwoba ntago abantu aribikoko nkuko ubitekereza ubundi abantu mupfa ivyabayobozi kubera iki kandi ntaco bibamarira?!

  • @cedriquejoshuas6961
    @cedriquejoshuas6961 2 года назад +4

    Musubizemo abo bantu bari kuvuza ingoma. Mbega umwana Uzi kuvuza ingoma!

  • @Bosco89
    @Bosco89 2 года назад +10

    Nanje nuko ntazi ahonturaka mu Burundi notaha iyi America nkayisigira beneyo nkaja kubaka kubutaka bwabavyeyi banyibarutse.

    • @adamoman4966
      @adamoman4966 2 года назад +1

      Karibu kumahera yawe ahokugura muburundi haruzuye

    • @nzisabirajeanpierre8823
      @nzisabirajeanpierre8823 2 года назад +1

      Ahuzogererahose Burundi gikurunukuziko urumurundi

  • @joemac7463
    @joemac7463 2 года назад +1

    Mu Burundi turi 12 millions kandi haramahoro akwiye ntantambara ihari !!! Uyumugabo arashaka ibiganiro nyabaki ???? Ashaka kuganira nande !?????
    Igihe bahunga bavugako bahunze mandat ya 3. None ubu turi muri mandat yakangahe ?????

  • @NzeyimanaFelecien
    @NzeyimanaFelecien 4 месяца назад

    nange ndabakurikiye abobarundu ni batahe bajye kubaka igihugu cyabo

  • @ndikubwayoamede9928
    @ndikubwayoamede9928 2 года назад +6

    Nibatahe
    Bikuremwo
    Ivyakera
    Natwe
    Imiriyoni
    Nimiriyoni
    Turi muburundi
    Abahutu
    Nabatutsi
    Dufatany
    Munda
    Turasangira
    Akabisi
    Nagahiy
    Nimuze
    Namwebwe
    Dusangirire
    Hamwe
    Muburundi
    Turamahoro
    Mwikuremwo
    Ivyakera

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 2 года назад

      Ivyo uvuze nivyo. N'ukwemera ko Uburundi n'isi bigenda bihinduka, ntawokwitega ko privileges za kera ziguma zibandanya kuri bamwe bamwe.
      Hari ibintu vy'ibanze abarundi bose bari bakwiye kuronka ku rugero rumwe, mugabo ibindi vyotegerezwa guhigwanigwa hakagira ababitsindira, uko nico igihugu coshobora gutera imbere tukava muri culture of mediocrity.

    • @HunguZambia
      @HunguZambia Год назад

      Urahazeee

  • @gratiennkunzimana5118
    @gratiennkunzimana5118 2 года назад

    Mwaduhaye amakuru atondesheje neza kandi adahengamye. Congrats.

  • @hbjimmy4541
    @hbjimmy4541 2 года назад +1

    Abanka gutaha nabakoze ivyaha banka gukwirikiranwa n'ivyaha.nayo i Burundi amahoro ahari asumba ayari mu rwanda.icombona hubwo u Rwanda nirubahe ubwenegihugu bigumireyo burundu

    • @anitanahimana7791
      @anitanahimana7791 2 года назад

      Ntamahoro asumba mu Rwanda mufise mu Burundi aho ntubeshe.

  • @bahandwaalain6757
    @bahandwaalain6757 2 года назад

    Harabereye

  • @veanchynzoyisaba4123
    @veanchynzoyisaba4123 2 года назад

    Ubundi impunzi ishiraho condition ngw'itahe iyo s'lmpunzi. Uwo NDAGIJIMANA rero jewe ndamwumvise nkuko yob'arumu nye politike.

  • @mugisastephen7214
    @mugisastephen7214 2 года назад

    Nimutahe dufatanye kubuka igihugu cyacu cyu Burundi

  • @felickabura6328
    @felickabura6328 2 года назад +5

    Ntiharagra ko bahunguka Kiko hari uwahungutse aca aricwa.batinya ko nabo bohava bicwa.

  • @turibamweali8661
    @turibamweali8661 2 года назад +1

    Ubundi se utaha gukora iki ko mbona ubayeho neza twebwe twamaze imyaka muri Tanzania muma shitingi none nawe urararamye mwibati ngo uri impunzi!? Igumire ahongaho rwose mbona ntacyo ubaye

  • @BUTA817
    @BUTA817 2 года назад +5

    Igihe kirageze kugira umunyafrika ahindure imyumvire. Ntago tugomba kuguma mûri ibi bidutesha igihe vraiment. Biteye isoni. A bakoloni barabiteza bakabyungukiramo. Ikiza abarundi bobo ntibakurikira impunzi zabo ngo bazice cg bazihungete ngo kuko ziriga zirakora 🤷🏿‍♂️🤷🏿‍♂️🤷🏿‍♂️for example ibibera ku mpunzi zabanyarwanda cane mûri SADC.

  • @hollasegnor9209
    @hollasegnor9209 2 года назад

    Ariko vraiment nitube tuvugisha ukuri, uyo General Ndayambaje afise abana biwe babiri baherutse guca serbie ngo bashike en Europe none ko numvise bavuga ngo barahunze boba bariko bahunga iki kandi mutama wabo ari General? Hama ngo abantu bahunguke kweri? Iyisi ntisakaye kweri

  • @juniorsportslive
    @juniorsportslive 2 года назад

    Documentary nziza

  • @leonidasmujakera7642
    @leonidasmujakera7642 2 года назад +1

    Impunzi itanga conditions
    Kugira itahe
    Ntiba ari impunzi
    Aba ari umu nye politique
    Nibatahe
    Amahoro arahinda

  • @Martin-xf1bw
    @Martin-xf1bw 2 года назад +1

    Nibatahe mu gihugu cabibarutse bareke izo politique z'impumyi.
    Uburundi bufise indongozi zikunda abenegihugu ku rugero rutigeze rushikwaho.
    Ivyo vya ARUSHA ntawovyitwaza kuko ubiravye vyarimwo agasovye.

    • @davidkindandi7631
      @davidkindandi7631 2 года назад

      Abahutu ubu mwakandamije abatutsi ubu uburundi 100% mukazi bose nabahutu

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 2 года назад

      @@davidkindandi7631 Mbega wewe ivyo ubiharura gute?

    • @nininahazwedonavine3349
      @nininahazwedonavine3349 2 года назад

      @@davidkindandi7631 Mana yanje nukuri weee😃😃😃😃😃😃😃😃😃 umve uyumuntu ahuri mwijuru umurabe pe🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔

  • @eminomerano2900
    @eminomerano2900 2 года назад +1

    Africa

  • @diana1125
    @diana1125 2 года назад +1

    Nkunda ukuntu muvuza ingoma

  • @thewisetv3989
    @thewisetv3989 2 года назад

    UBU UBURUNDI BUFISE UMUTEKANO USUMBA IMYAKA YOSE BWABAYEHO.
    NIBATAHE TWUBAKE IGIHUGU CIZA CACU

  • @dieudonnenkezimana846
    @dieudonnenkezimana846 2 года назад +2

    Muburundi hari ubugome bwishi kuhaba no nko kwiyahura

  • @ndarishikijejeandedieu8860
    @ndarishikijejeandedieu8860 2 года назад +2

    Ushaka ibiganiro? Ushaka kuba Ministre

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 2 года назад +4

    Amahoro uyu Mugabo ashaka ni ayameze gute?
    Ayo abandi Barundi Mugihugu badafise?

    • @Teddyirumva
      @Teddyirumva 2 года назад

      Ariya abaciye Serbie babuze..probleme dufise muri Africa n'ubu our people ntibaratahura ibintu bituma abantu bahunga😂

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 2 года назад +2

      @@Teddyirumva Bury abaja Serbie bahunze Imborakure nabo?
      Nagira bahungishwa n Ubujuju kuko arya Mahera bakoresha ni Umutahe!

  • @bigirindavyinicaise9677
    @bigirindavyinicaise9677 2 года назад

    Ashaka ibiganiro 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣buragumyeyo

  • @veanchynzoyisaba4123
    @veanchynzoyisaba4123 2 года назад

    N'uwo NTADOHOKA nawe nyene n'Umunye Politike.
    Ngo yahunze Mandat!

  • @benjiwave9771
    @benjiwave9771 2 года назад

    umwanzarikugendatsirwa ndashima AFANDE NDAYISHIMIYE NUMUHANGACYANE

  • @geoffreyhavyari1295
    @geoffreyhavyari1295 2 года назад +1

    Ego kabx umukuru wigihu c'uburundi arafise imigambi mwiza bagenziwe nibo umenga ntibabibona

  • @lagaga3086
    @lagaga3086 2 года назад +2

    Gumayo kuko muri aba rebel.syiii

  • @fatmaalfahdi1997
    @fatmaalfahdi1997 Год назад

    None jew sintahura none twebwe kombona tuhabaye. None bozoca bica mwebwe ?

  • @benjiwave9771
    @benjiwave9771 2 года назад

    ayomasezerano kagame yarabashuste murayasambura mushakakwica nkurunziza ngaho kazikanyu ngabnabanyamurenge ngoni m23 bazagira na m210 but bavumbuyibyakagame byogushaka kwiha ngo mpire hima kazikanyu mushakekubananabandi nahubundi kwigirabazungu kaga yababeshye bizabagor

  • @justinegacuti750
    @justinegacuti750 2 года назад +1

    Amahoro mushaka biragoye kuyatahura kiretse hoba harikindi cinyegeje muri mwebwe

  • @dieudonnenkezimana846
    @dieudonnenkezimana846 2 года назад

    Muburundi untwaye ndumurambo najayo ariko izo nyamaswa zaba dd zigitwara sinokandagirayo

    • @isaietwagirayezu4948
      @isaietwagirayezu4948 2 года назад +2

      Mieux-vaut vivre au Rwanda pour les Rwandais et au Burundi pour les Burundais. Urwo rwanda uvuga narumazemwo imyaka myishi n'ubu ndacicuza ico gihe nahamaze.

    • @mosescharles1921
      @mosescharles1921 2 года назад +2

      Uburundi nubwa barundi

  • @ndikubwayoamede9928
    @ndikubwayoamede9928 2 года назад

    Nimutahe
    Natwe
    Turamahoro
    Ingo
    Myubake
    Igihugu
    Canyu

  • @nduwimanaprosper8940
    @nduwimanaprosper8940 2 года назад

    Muburundi ntiduhendane ntamahoro yabahunze 2015.1:abarimumashure bazogenzwa gut?.2.:abarimubuzi butandukanye bazobusubiramwo.?kosentare yaciye urubanza bakerekana ko imanda ya 2015.itariyo nono iyomanda kwariyo igitwara yohagarika hakigwa integuro nshasha yapolitike ihurikiyemwo Bose?

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 2 года назад

      Nyakubahwa umukuru w'igihugu Varisito Ndayishimiye yatanguye imanda yiwe nshasha inyuma y'amatora ya 2020.

  • @hategekimanapatrick8645
    @hategekimanapatrick8645 2 года назад +2

    Uuuuu muburindi ntamahoro ahari?

    • @ngabonzizaviateur2371
      @ngabonzizaviateur2371 2 года назад

      Amahoro uvuga se niki koko nnc amahoro arimubungiro kk se urababaje

    • @hategekimanapatrick8645
      @hategekimanapatrick8645 2 года назад

      @@ngabonzizaviateur2371 niba uburundi nta mahoro ahari ubwo amahoro ari muri icraine ? Niba uburundi nta mahoro ariyo amahoro kwisi arhe? Njye ndi umunyarwanda ark uburundi bufite amahoro pe kdi abayobozi babwo banubaha Imana kdi niyo itanga amahoro

  • @lagaga3086
    @lagaga3086 2 года назад +1

    Nabapfa baricwa ngo ntawe barya urwara!!urutwe!!

  • @appolinairehabimana5224
    @appolinairehabimana5224 2 года назад

    Nibigumireyo birirumuceri nintete nivyobibabera gusumba gutaha mbona babaheza.

  • @kbwoyofficial1
    @kbwoyofficial1 2 года назад

    Nakomeze ateke umuceri ivyo biganiro atantambara mwumva bigamijiki

  • @felickabura6328
    @felickabura6328 2 года назад

    Ubukene n'a twe buratwishe.ni mwitonde murabe neza ntimurugwemwo.hari uwahungutse aca aricwa yaratubabaje.

  • @imyambitv
    @imyambitv 2 года назад

    Muhabwumugisha

  • @pascalndayiragijepascal1393
    @pascalndayiragijepascal1393 2 года назад

    Igihugu caraze nibabihoze bagombe bibere murwanda.

  • @mugenziisaac5503
    @mugenziisaac5503 2 года назад

    Nibahunguke igihugu ni nyabagendwa

  • @arnaulddolfi20
    @arnaulddolfi20 2 года назад

    Ico kigugu ngo ni generali ! Generali wahe ? Afise amashure angahe ?

  • @reverienbazirutwabo855
    @reverienbazirutwabo855 2 года назад

    Kibbura utahe

  • @GasindiYohana-id8du
    @GasindiYohana-id8du 11 месяцев назад

    Wap ntagutaha

  • @bahandwaalain6757
    @bahandwaalain6757 2 года назад

    Ntimutahe muba heza

  • @Sration
    @Sration 2 года назад

    irire intete wampunziwe ahubwo sinzi nico babashakako iyomuvugako mwahunze inzara nabatahura nayo ibindi mureke kubesha

  • @kananicolas3597
    @kananicolas3597 2 года назад

    Kana1952

  • @charlesmatesorehani5012
    @charlesmatesorehani5012 2 года назад

    Nimwigumire Imahama 🤣

  • @amaniirakoze862
    @amaniirakoze862 2 года назад

    Taha ntaco muriko murakora I rwanda

  • @flaviakezimana4596
    @flaviakezimana4596 2 года назад

    Hahaha ashaka ibiganiro kugira atahe

  • @lufonsinapemphelo1601
    @lufonsinapemphelo1601 2 года назад

    Nubundi nu kagame ubashuka

    • @jamalk3567
      @jamalk3567 2 года назад +1

      Kagame ariko yararenganye 😂

    • @ngabovalenshassan4559
      @ngabovalenshassan4559 2 года назад

      Ubwose koko uruhiye iki

    • @alphadee9021
      @alphadee9021 2 года назад

      Urikigoryi. Ubuse Perezida Kagamer niwe washizeho imbonerakure zinterahamwe?

  • @veanchynzoyisaba4123
    @veanchynzoyisaba4123 2 года назад

    N'uwo NTADOHOKA nawe nyene n'Umunye Politike.
    Ngo yahunze Mandat!