Délégué général -Olègue Baraka- yemeye ikosa aca asaba ikigongwe abavyeyi , abarezi n'abarundi bose

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 3 окт 2024
  • Inyuma yo gufatwa agafungwa kubera indirimbo yiwe ya kabiri yise "Délégué Général" yasohotse ikurikira iyindi yise "Tora iyo noti", Baraka Olègue yasavye ikigongwe asigura ko yahenzwe n'urunganwe. Ati :" sinigeze menya ko ari amakosa kuko nibaza ko ivyo mvuga bibaho"

Комментарии • 13

  • @allyjuma2767
    @allyjuma2767 5 лет назад +1

    Yooh disi general wetu😭😭😭pole sana

  • @ntimpirangezajeanclaude8411
    @ntimpirangezajeanclaude8411 5 лет назад +2

    Umwana w’igitangaza avuga neza👍🏿, n’ukuri mbanje gushimira inzego za ikurikiranye zigahagararira vy’ukuri imico n’akaranga kacu bikaba binatumye yigarura akabonako yarenze akarimbi. Jewe numva uyu mwana yobabarirwa, akarekurwa ahubwo ubushikirangaji bw’Urwaruka Inkino n’ubumenyi bakamwiyegereza agafasha abandi gutahūra akoresheje iyi experiences

  • @wre1565
    @wre1565 2 года назад

    Yooo mumubabarire yakoresheje ivyubwana?

  • @ميدياث
    @ميدياث 2 года назад

    Pol sana bakubabarire

  • @zuzubintabdu4701
    @zuzubintabdu4701 5 лет назад

    Erega se muhungu ubuto burahenda caneeeeeee lakini pole kijana wetu

  • @abdulkabir7110
    @abdulkabir7110 5 лет назад

    Uyo numukozi kandi afise kazoza
    Bamureke hama yabonye amakosa ahari

  • @harveydushime4335
    @harveydushime4335 5 лет назад +1

    abakiri bato ntibamenya amategeko ico avuga, ubuto burahenda

  • @b13filminho32
    @b13filminho32 5 лет назад

    Safi kweri👍👍

  • @pascalnsengiyumva6114
    @pascalnsengiyumva6114 5 лет назад

    A-ha we cn

  • @johnmunezero5178
    @johnmunezero5178 5 лет назад

    Wapi ntaguhendwa ukuze

  • @kevinuwimana1655
    @kevinuwimana1655 5 лет назад

    nukuri bagukosore cane ntimuzongere.muriko mutwereka ingeso mbi twbw aba jeunes.

    • @luckynile1264
      @luckynile1264 5 лет назад

      Ahingesombi zose ufise cnke ibibi kikogwa nabantu bitegwa na delegué general iyo mubonye uwobwiriye ntimubura ayomwikoza!cika ingeso mbi ushatse wewubwawe wozirinda kukurazizi

    • @zobidazobida2353
      @zobidazobida2353 5 лет назад

      Yoooo nukur nimubabarir ntibazosubir uwonaw avuga ngonibamuhane ntakigongwe agir uwutaranigwa agaramye ngo ijur ririhaf nukur baremera ikosa nimubarekur muzobamukoze🙏🙏🙏