Ingwara ya Cancer irashobora kuzotangura kuvurigwa mu Burundi, nk'uko bivugwa na Muganga Gafumbegeti

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 2 окт 2024
  • #Burundi: Birashoboka ko mu minsi iri imbere indwara nka #cancer n'izindi zitahora zironka avazivura vyoroshe zizohora zivurigwa mu Burundi mu bitaro biriko vyubakwa muri zone ya #Gatumba na Muganga Evariste Gafumbegete asanzwe avuka muri iyo zone akaba aba mu gihugu c'Ubudagi.

Комментарии • 4