Abaganga b'Abadagi nabo nyene barafise ivyo bokwigira ku baganga b'Abarundi .

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 2 окт 2024
  • #Burundi: Hari umurwi w'abaganga b'abadagi barongowe na Muganga Evariste Gafumbegete, umurundi aba mu gihugu c'ubudagi. Uwo murwi ukaba washitse kuri uyu wa 01 Gitugutu 2024 mu ntumbero yo kugendera ibitaro vyo mu kamenge, Gatumba, Rumonge na Musongati kugira ngo bafashe abaganga kuvura indwara zitandukanye no gutanga ibikoresho muri ivyo bitaro. #cooperation #Allemagne

Комментарии • 15

  • @Béniekezi
    @Béniekezi 13 часов назад

    Merci beaucoup Dr Evariste... Herzlich willkommen in userem Land♥️♥️♥️...

  • @jolieingabire1992
    @jolieingabire1992 2 часа назад

    Abarundi barashoboye 🎉🎉🎉🎉🎉

  • @ايفيتادوار
    @ايفيتادوار День назад +2

    Vyizacane gose ❤❤❤❤

  • @ibrahimcongeram.806
    @ibrahimcongeram.806 День назад +1

    Murakoze cane Burundi b'umutima atari vyabibura mutima vyama bishaka gucafuza igihugu Cabo no kugisabira ibihano. Bob rugurika nahindure politique n amadili bamuhaye kuvuruga uburundi.

  • @ClaudineTwagirayezu
    @ClaudineTwagirayezu День назад +1

    Bravo Mr Docteur, ndahimbarwa mbonye abarundi bakunda Uburundi

  • @isaierwasa4805
    @isaierwasa4805 День назад +2

    ❤❤❤Burundi 🇧🇮 ♥️

  • @sereine-marienkuyehasi3009
    @sereine-marienkuyehasi3009 День назад

    Bravo 🎉

  • @MutoniKelly-s8q
    @MutoniKelly-s8q 15 часов назад

    Willkommen in unserem Land 🇧🇮 🎉❤

  • @MutoniKelly-s8q
    @MutoniKelly-s8q 15 часов назад

    Willkommen in unserem Land 🇧🇮 🎉❤

  • @kingumwami1434
    @kingumwami1434 21 час назад

    Courage nos médecins

  • @NiyokwizeraEdouard
    @NiyokwizeraEdouard День назад +1

    Ibikorwa vyiza

  • @OscarIrankunda-k2y
    @OscarIrankunda-k2y День назад +1

    Komer komer

  • @jeanmarie6736
    @jeanmarie6736 10 часов назад

    Burundi terimbere mubuvuzi

  • @symphoriennenibikora7446
    @symphoriennenibikora7446 День назад

    Murakoze caane.Muduhe akanimero kanyu Bubahwa Dr?

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k День назад

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️