Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Imana nyene amahoro ishishikare guhezagira kizigenza wuburundi
Vyiza cane nukuri
Abarimyi turogoroye Imana ihezagire nyen'icubahiro
Yirambir mutama neva❤
❤❤❤
Neva juuuu
Vyiza cane abantu babakozi nibo tuba dukeneye dodiko yumva ningoga umuga mbi wa Sebarundi
Abako commissionnaire baragatsindwa n Imana kurya commission nokumbuto ?
Vyiza cane
Muyitange kuri gusa kuko nagafashanyo zambiya yaduhaye.
Akomere neva
Jewe ico mbona: leta ni igende mu bihugu binini : Congo, Tanzanie, Mozambique, zambia gusabayo amatongo: irimeyo, hanyuma izana mu Burundi,Aho kuzana ivyeze.Ivyo mvuze ntawubitahura.
Nivyo vmt j mpora mbona kirya kiyaya cakongo kiri imbere mu Cibitoke uwokirimamwo inzara yobiheze
Ikibazo harabikik mukiza bagaca babirangura ugacusanga abenegihu ntibaronse
Kuki mutorwiza imbuto zanyu? Abagoronome bize uburimyi murabaha akazi
Ariko ni ak'imuhana. None ko itabikika?
Ni Inkuru nziza caneGusa Izo Mbuto ntizize ngo zibe zazind zica zikonono uboryohe bw ISi y Abarimyi bacu!!!
Wew urabitahura. Ivyo bibuto nibiza kutononera isi Gusa .imbuto zikirundi zikazimangana
uburundi buri kuyindi ntambwe
Noyironk gut
Hahaha
Imana nyene amahoro ishishikare guhezagira kizigenza wuburundi
Vyiza cane nukuri
Abarimyi turogoroye Imana ihezagire nyen'icubahiro
Yirambir mutama neva❤
❤❤❤
Neva juuuu
Vyiza cane abantu babakozi nibo tuba dukeneye dodiko yumva ningoga umuga mbi wa Sebarundi
Abako commissionnaire baragatsindwa n Imana kurya commission nokumbuto ?
Vyiza cane
Muyitange kuri gusa kuko nagafashanyo zambiya yaduhaye.
Akomere neva
Jewe ico mbona: leta ni igende mu bihugu binini : Congo, Tanzanie, Mozambique, zambia gusabayo amatongo: irimeyo, hanyuma izana mu Burundi,Aho kuzana ivyeze.
Ivyo mvuze ntawubitahura.
Nivyo vmt j mpora mbona kirya kiyaya cakongo kiri imbere mu Cibitoke uwokirimamwo inzara yobiheze
Ikibazo harabikik mukiza bagaca babirangura ugacusanga abenegihu ntibaronse
Kuki mutorwiza imbuto zanyu? Abagoronome bize uburimyi murabaha akazi
Ariko ni ak'imuhana. None ko itabikika?
Ni Inkuru nziza cane
Gusa Izo Mbuto ntizize ngo zibe zazind zica zikonono uboryohe bw ISi y Abarimyi bacu!!!
Wew urabitahura. Ivyo bibuto nibiza kutononera isi Gusa .imbuto zikirundi zikazimangana
uburundi buri kuyindi ntambwe
Noyironk gut
Hahaha