Beach Yambere mu Burundi ifise Piscine ifatanye n'ikiyaga Tanganyika||aba Diaspora baratamariwe...
HTML-код
- Опубликовано: 10 фев 2025
- Uripfuza ko dutera imbere,please kora subscribe, like,share na comments kuri channel yacu.
ukeneye ico ubaza canke ico uterera (+25779402636)
follow us @ on facebook, instagram and twitter
#magicchannelTv#Entertainment Media
Mu Burundi iwacu🇧🇮 harahise vrmt reka abanyarwanda baze bariyizira kuruhuka ❤❤❤❤❤
Indeed UBUURUNDI buri k'umuvuduko x'lterambere rirama
Waah bujumbura burundi so beautiful
My beautiful country ❤️ I miss there
Nice place
Harusha Club du Lac Tanganyika ivyo mbona ❤❤❤❤❤
Its Beautiful!!! Greetings from Mexico
Da way da way da burundi way ❤❤
Oooh!my Gush🙆what a lovely place 👌
Lovely place ❤❤❤
Woooa I miss you burundi buja ❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪💪💪🤛🤛🤛🤛✌✌✌
Wow Byiza Cyanee Sister Wakoze Kudutembereza Ibujumbura
I miss you 🥺 Mon pay🇧🇮
Mon Pays Burundi Jtm🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤❤
Van beach is good
Merci kutwereka aho hantu , harabuze un décor africain hari kuba heza cane,
Ese iyo bubakisha ibintu local bagaca batera nibiti andemique kavukire, bagashariza nibirago, ibigara, au nkono, imikeka, inanga , ivyansi ect …
Le resto pareil to much plastic
Ntanaga coin kari cosy nakamwe vraiment
Bon merci mugabo 😅
Burundi oyeeeee iburundi haratesa kbs
❤❤ndakunda Burundi nabarundi
Stunning 💖
Iyo si mishatsi ni wig wambaye .
Take it out of your head and be proud of your natural hair IMANA ya kuremanye .
It's really ridiculous 😢
Rondera amaher uberwe rekankwiyeza yooo 😂
Wonderful place to live❤❤
Mon pays🤍🎉 toujours bon et sera toujours bon et beau, dans tous les domaines dans un avenir proche😁😁
Presentatrice uri aga chou mugabo sha iyo perike ntakuntu woyibika 😅
Im so proud of my country and what I going around
Wow!!! Wonderful
Bujumbura burundi murikomuravayo kwiterambere😅😅😅😅😅😅😅
Burundi gihugu canje Ciza ❤❤
I miss this place my 🇧🇮
Mon pays❤
Asha abanyarwanda turabafuta peee!!
Good place
❤❤
Ahahantu haratuj cher wanj atahanjany nzoca ndamuheba😂😂😂😂
Very good
Ahandi ni muyinga La Casa Resort
Kumbe Burundi Ni pazuri kiasi hicho
Tulahakunda
Urakoze kunyereka ahahantu
Haratesa Walhalla
Bsr
😮😂😂 ntawavuze kuhenye ntutubeshere
Erega yabivuze kuberako abonako yaduheneye ‘ ariko jewe mbona bimunereye ahubwo well done Girl ❤❤❤
Iyo mishatsi iriko irakujena ntawoba hafi akaza akembe😂😂😂😂😂
😂😂😂tout simplement ayikureko na cane cane ko atariy'IMANA yamuhaye ! N'est-ce pas 😅 (c'est bien dommage ko ahitamwo kunyegeza sa vraie beauté naturelle) bref
Umubwiye neza cane.
Why our African women badashaka kuba canke ngo babe proud uko IMANA yabaremye? Reba hejuru comment itangura nari nanditse before
Niheza kabisq
Hasa neza cane.
Van Beach hasa neza vrt
Asha umusi navuy arabie saudie tuzohaterer na sweet Heart iyo pisinne tuyogemwo kl
Ndabasura muri December. Mumpera
Ufite ijwi ryiza kbs uzaririmbe
🎉🎉❤
Haratesa
Mon pay🇧🇮🥰
Urumusuku kabisa urifuza kuba muri toilete koko
Ivyobikorwa biherereye amajahe? Muturangire tuze tubashorere
Ahubwo hose nibahubake
Nkukwo
Iyo fasi sio Europe ni buja kwetu😂😂😂 Burundi bwacu bwiza
inahitwa Jina gani piya ni fasi gani kama mtu anataka afike hapo
Ubwo rero n'imba BITOVYE , automatically n'ukuvuga ibintu bibi bononye ! Isn't
Ndumiwe
Ivyo nukubomorwa ntavyo dushaka dushaka amagorofa ageretse cumi mwivyo bibanza
None uyitwereka utambaye😂😂😂😢
NGO TWARI TUGIKUMBUYE IGIKI NONE
Ikinyamakur caryohera kiriko ninoshe
Ntakintu kintwengej ngo twubahan turakurets bas kuk wabidusavy 😂😂😂😂
5:44
boss Ndekatubane arabe abasohoze aga Caméra kabona bien 😢😂
Ngo 12 million nabo boba bakabije
None nagira abahasohokey Bari capable yukuriha facture iyo jardin boyibaha apana kuvuga ngo jardin gusa ngo 12 million ???
Hitwa gute chouchou
Uburindi nibwiza habi nahatubats
Nimuhasukure erega ubukene si amahera fusa nukubura isuku nubukene buterwa nubunebwe bw'umuntu 😮😢
❤😮❤😮❤😮❤😅❤❤❤❤
Ni bon wali
Gihugu ciza
Bamuca musiga contact nkubu haruwantumy contact yipfuza kuhakorera mariage noyironka gute
Uvuga menshi
None si publicity, yovuga gute???
uhagiriye urubanza ntiwosubira gusonza? 12 milio murayafyinako basha
Wabintanze nanje nibaza uwokorera urubanza ngaho NGO 12million none mwobaho mwasamye cnke ubuzima bukurikira mwobaho nkinyoni
uvuze ko Primus ari 10k none KICK nayo ni angahe???
Uvuga neza ariko mbona aribisanzwa aba waiters ntibakwakiriy neza Beach ni nziza nzoza kuharaba😂
Mu kamenge uvuga ntaho uzi
😂😂
🫡🫡🫡🫡🫡🫡🫡🫡