Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Good job help us
IMANA ihezagire ibikorwa vyawe ikurushirizeho gukomera mugusukura uburundi nkaba nipfuza iyonzo irikugiciro cimiriyoni 40 gushika kuri 30
Fabrice niwubahwe Imana imwongererej ubwenge ndabakwirikirana cane ajanyeparadizo mugihugu
Nimusubire mutwereke Aho stade intwari igeze.mwebw Abo muri indundi tv
Ariko vrm umuntu ukora ivyagaciro yubake igihugu mice muvyitirira imigambwe abarundi bake bak nimburabwenge
The Real
Urasubira muduhe amakuru ya nestor irankunda
Courage Fabi gumako
Please mudufashe number ya Fabrice please
Reka kuba mucintege absbishoboye ivyomudashoboye reka absbishoboye bakore nfashamwiza nimero iyonzu 40 canke 30 ndayikeneye
Bidakunze nzogira ico nshikirije kuvyo wagiye uvuga harimwo n'ububeshi
Aba CNDD-FDD
😮❤❤❤
Intwari yubahwe🙏
🇧🇮🇧🇮❤️❤️🙏🏽🙏🏽
Ahezagirwe cane
Fablice muzomubwire baze bararaba ntibazoze barubakisha bwabutare ngo na mvuye asanzwe kuko mukuru wa OBM waratweretse ubutare dufise aramabuye gusa😂❤
Reka guhenda abantu ukorana na Leta hawe na cnn-fdd
Erega naw mukorany mugushariza uburundi nomuguha utuzi abarundi vyotunezera
👏👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮💒💒💒💒
First one give like
Ibikorwa vya Fabrice akora mugihugu twese Abarundi turabishima.Nshatse gutanga IMBONO kuriyo Nyubako ashize ngaho MUKABEZI.Ahombona yakoze IGOSHA, nuko yubatse URUGO yegereza cane gose IBARABARA RIKURU rya Buja-Rumonge.Kuko ejo ahobukera iryo Barabara rizokenegwa kwagurwa kurugero rwaho rizogira Amabarabara Abiri amananye. Bizoca bigenda gute nihagera kwagurwa iryo Barabara?
Good job help us
IMANA ihezagire ibikorwa vyawe ikurushirizeho gukomera mugusukura uburundi nkaba nipfuza iyonzo irikugiciro cimiriyoni 40 gushika kuri 30
Fabrice niwubahwe Imana imwongererej ubwenge ndabakwirikirana cane ajanyeparadizo mugihugu
Nimusubire mutwereke Aho stade intwari igeze.mwebw Abo muri indundi tv
Ariko vrm umuntu ukora ivyagaciro yubake igihugu mice muvyitirira imigambwe abarundi bake bak nimburabwenge
The Real
Urasubira muduhe amakuru ya nestor irankunda
Courage Fabi gumako
Please mudufashe number ya Fabrice please
Reka kuba mucintege absbishoboye ivyomudashoboye reka absbishoboye bakore nfashamwiza nimero iyonzu 40 canke 30 ndayikeneye
Bidakunze nzogira ico nshikirije kuvyo wagiye uvuga harimwo n'ububeshi
Aba CNDD-FDD
😮❤❤❤
Intwari yubahwe🙏
🇧🇮🇧🇮❤️❤️🙏🏽🙏🏽
Ahezagirwe cane
Fablice muzomubwire baze bararaba ntibazoze barubakisha bwabutare ngo na mvuye asanzwe kuko mukuru wa OBM waratweretse ubutare dufise aramabuye gusa😂❤
Reka guhenda abantu ukorana na Leta hawe na cnn-fdd
Erega naw mukorany mugushariza uburundi nomuguha utuzi abarundi vyotunezera
👏👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮💒💒💒💒
First one give like
Ibikorwa vya Fabrice akora mugihugu twese Abarundi turabishima.
Nshatse gutanga IMBONO kuriyo Nyubako ashize ngaho MUKABEZI.
Ahombona yakoze IGOSHA, nuko yubatse URUGO yegereza cane gose IBARABARA RIKURU rya Buja-Rumonge.
Kuko ejo ahobukera iryo Barabara rizokenegwa kwagurwa kurugero rwaho rizogira Amabarabara Abiri amananye.
Bizoca bigenda gute nihagera kwagurwa iryo Barabara?