Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
WIFUZA kugura ikibanza cyiza, INZU n'ibindi bijyanye n'ubwubatsi hamagara +250788893793 (Call & WhatsApp) Channel: youtube.com/@marchalestate
Ni mumuhe likes chita abarundi mwese disi tumwuzurize 1 million. Numuntu mwiza akundisha iterambere abantu Bose. Jewe natanguye...
chit love you urankumbuje Iburundi ❤❤ urakoze cane jew ndahaheruka kera
chita wubahwe urakinzwe iburundi turakwishimiye ni karibu❤❤❤❤💕💕gusa natwe dufise amafaranga make mwodufasha kuronka palcella
Burundi Bwacu,Burundi Buhire🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Turikumwe namwee 100%❤burundais de souche
Love from Buja 🇧🇮🇧🇮
iyo utavuga kinama mwarikuba mumbaje kabisa 😂😂😂😂 ndabakunda cane karibu Bujumbura Burundi 🇸🇦🇧🇮❤️💞💞💝💝
nivyiza cne, gsa biragoye gukorana numuntu adafise office mugihugucawe, ntumenya aho womukura..!!,wokwibaza kwari scam😮😮
Merci beaucoup chitaa !!😂❤ nukuri uranryoheye cyane gose ariko harico mwibagiye ,aho muri ni muri Miroir but ni muri zone Buterere niko bahita. Hafi ya route Aéroport Melchior Ndadaye
Amazi ya Tanganyika ntazohava ahashika ko aguma aduga?
Love from 🇷🇼
Karibu kndi Chita iwacu disi 🇧🇮💕
Welcome again muta mugihugu ciza
Wooooa chit magic imbere cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤🇷🇼🇷🇼❤💯✅💪💪💪💪💪🔥🔥🔥👊👊👊👌👌👌👌
MURAKOZE CYANE 👏🙏🏼
Ndagukunze 🇧🇮🇧🇮 cita
Buja beautiful
Chita❤❤❤❤ ndakuramutsa mugenzi naho bantanze😂😂😂
Ariko chita koko utambwiyeko waje Iburundi mwena sabin koko
Chita wacu ni karibu🎉❤
Ariko wa munyagwanda we himba uhishe!! Uti amahoro kuko atawokunyuruza ngo uburwe irengero?
Turagutash naw chita ❤
Ariko chita koko utambwiye ngonze nguhobere koko
Nice bro
Nice
❤❤❤❤
Kazi nzuri jirani 🇹🇿 🇹🇿 🇹🇿 🇹🇿 🇹🇿 🇹🇿 🇹🇿 🇹🇿 🇹🇿
Uburundi bwubahw peeee!!!!
Chita ,nabona gute , umu agent ari Belgique ?
Ibibanza muri Uganda ko ntabyo ngaha kuri channel?
Shootout to chita 💯🔥🔥🔥
😊👍🏽
Bujumbura
Mumbaye kure nari kubasohokana kurya uburobe numukeke nibwo ntabazi mbakurikirana hafi
Uba mubuhe Burundi wagura ikibanza aho udashobora kwinjira ??? Kuri lac ntihubakwa ni INONDABLE mon frère 😂😂😂😂
Nivyiza but quartier nkiyo amabarabara ategerezwa kuba arayikaburimbo vraiment mushobora kwubaka amazu azimvye nkayo ni gute mwonanirwa gushira ikaburimbo nkiburaya ikaburimbo ishika kumuryango wumuntu
Bizoba nibukebuke turashima nivyo ukobirikose❤
Numero ya chita magic? Mwoyiduha
Chita sororezo wahumvanye Kigingi😅😅😅😅 ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮kwetu
Narahatembereye ni heza 🥰
Ngira murabonye KO buja turi kumuvuduko udadanzwe witerambere
Bujumbura 🇧🇮🇧🇮 Burundi
21:18
None maze ! Kubuterere ! Y’amazi bayashizehe ? Ko ariho hahurira imyanda yose ga yemwe ???? Are u sure ko izo nyibako bitazomera nko muri Kajaga ????
Ndumu congomani ndashaka ikibanzaCamake 12inzu ya make murakoze
Chita yabaye umurundi warahi🤣🤣🤣🤣
Mallshall na Chita karibuuuuu. Yambiiiiiii❤❤
MURAKOZE CYANE
Chita wacuuuuu❤❤❤❤❤
❤️❤️❤️
@@CHiTAMAGIC7 ❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼……
I Love you chita
THANK YOU
Abatarakanda kuri OK, canke likes twagiye....
❤😂❤
Chita magic tv ❤️❤️🫶
nkunda u BURUNDI numutima wange wose, nubwo nkiri umunyeshuri ningira amafranga ndifuza kuzahatemberera.CHITA umbabarire hari comment mbi nigeze kwandika kuri channel yawe.
Karibu cane
Genda uyifute
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Cartier miroir😂
Chita vugisha ukuri warakunz uburundi 😀akakanya uragaruts 😀
😁😁😁
Chita baguhe umwambaro wa cndd fdd kuko urasonga imbere cane
Ariko ntavuz nabi kuba umu cndd fdd sukumenja uwo mugambwe uyoboy imyak irenga18
👍👍👍👍👍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦❤❤🙏🙏🙏🙏🙏
Vuba nanje nzagura ikibanza nkomuri 2025 si kera nivuba
Nanje 2040😂😂😂😂
Ibintu izarangira muriye amahera yabantu ?nzobandora.
Bazoyarya gut?wakintu wee k barimukaz imburakimazi nkaw muguman ubujambo butagira umu maro
@@edithkatihabwa2600😂😂😂😂😂
Namba yako please
+250788893793
Chita ugomba kutuzanira sabin iwacu IBURUNDI
Donc mwagejeje immobilier muri Africa nizereko muzi amategeko agenga immobilier
Number one from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮chita wubahwe sigaye ndumufana wawe uzogaruke buja🌹🌹🌹
BUJA TUZAGARUKA VUBA!!
@@CHiTAMAGIC7ryari ga chita?😂😂ubu kbx uzoza ndi iburundi Asha umukeke ndawiyeleje😂😂😂
Chita uzagaruke iburundi muzadusure na Sabin🇧🇮🥰🥰🥰

Ndumu congomani ndashaka ikibanza
Camake 1
2inzu ya make murakoze
Chita yabaye umurundi warahi🤣🤣🤣🤣
Mallshall na Chita karibuuuuu. Yambiiiiiii❤❤
MURAKOZE CYANE
Chita wacuuuuu❤❤❤❤❤
❤️❤️❤️
@@CHiTAMAGIC7 ❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼……
I Love you chita
THANK YOU
Abatarakanda kuri OK, canke likes twagiye....
❤😂❤
Chita magic tv ❤️❤️🫶
nkunda u BURUNDI numutima wange wose, nubwo nkiri umunyeshuri ningira amafranga ndifuza kuzahatemberera.
CHITA umbabarire hari comment mbi nigeze kwandika kuri channel yawe.