Fabrice akira impanuro ya gusa. Gabanya le : "je", "le moi" muvyo uvuga. Hariho izindi ncanwenge siwewe gusa! Respecter les autres jeunes intelligents, talentués.
Ndasavye mumenyeshamakuru mindonse nimero za Fablice ncuti ngomba Yuko nvugana nawe kuri what's pp nitwa Johnbosco Ntirandekura ndumurundi mba muri American California 😊
Vyiza cane ndagukunze fabrice nibaze ko abadatahura ukuntu ugenda ubasobanurira nukuri novuga ko ar intagondwa ariko kubwanje ndanezererewe umugambi wawe nimwiza cane ushimishije Imana igukomeze
Iyo igihe c'Imana kigeze nimodoka yogenda atagitoro.twishimiye Fablice kubona Imana ariwe yahagurukije.ihabwe icubaharo kuko yari yarabivuze.
Son excellence Evariste
NDAYISHIMIYE nawe nyene ni umurundi ntacobuza ko ashiramwo imitahe. Ahubwo son excellence yatebeje.
Hezagirwa hezagirwa Fabrice Imana iguhezagire cane 👏👏👏❤️❤️❤️💒💒💒💒💒
Radio Irebe Fm umunezero wacu❤❤❤
Dusabe na MUTAMA Wacu Nyenicubahiro Evariste NDAYISHIMIYE Ashiremwo umutahe kuko n'Umwenegihugu nk'abandi!! Kandi turabizi ko akunda iterambere❤
Ndakwemera can bro ufise vision tu
Imana yonyene izoguhe iherezo ryiza .kuko kuba afise urukundo ❤❤akibuka gihugu camavukiro. 😢😢😢
IGihe kirageze ngo Imana ishitse ivyo yacishije mubakozi bayo nka Gitwaza par example
Nice interview my brothers
Thanks
Nibakureke wikorere ibikorwa Imana igufiseko umugambi kora kora!
Nibakureke Fablice wikorere. Ntamahiganwa kukontanumwe yimiriwe ahubwo nibazane amafaranga bajemwo umengo niko mwabitunganije.
None burya uyo Fabrice yoba afise securite ikwiye kweri🙈🙈🙈🙈🙈
Bamwe banka iterambere bazohava bamuhitana kabisa kuko afise ivyiyumviro biteye igomwe 🙏🙏🙏
iyiningabire lmana yaduhaye tumugume hafi
Please ndagusavye mumpe nimero ya Fablice murakoze nabashimiye
Ndagukundacanfabirsi imanikuzigamiru Burundi nabarundi
🎉🎉🎉🎉
Fabrice akira impanuro ya gusa. Gabanya le : "je", "le moi" muvyo uvuga. Hariho izindi ncanwenge siwewe gusa! Respecter les autres jeunes intelligents, talentués.
Uwomukozi wo munzu nimba atayahembwa mukwezi kumwe ariko yifunze nka3mois yoba yayakwije.umugambi ntuheze nagume ayegeranya azorihe mukwezi kuza.kandi guvuga ati numukozi womunzu yashaka kwerekanako uwariwe wese ahawe ikaze
Hi, Fabrice
Ndaryohewe no kumva warabaye i Rumasi naje narahabaye
Fablice waragerageje kubisigura bihagije ariko umurundi yumva ivyo ashatse.ntibasubire kugutesha umutwe.uzorondere na media imwe utangirako amakuru kurya wahora ubikora kuko n'aba journalistes bafise agenda zitandukanye
Babwire mutama
Fablice wee komera kizi usenga barekebavuge
Abo,bamenyeshamakuru bishakira kubaka izina binyuriye mugukomeza kubaza ,aka na kariya urabihoza!!! Kuko umugambi ni mwiza abatarambyumva bihorere!!!! Ntubonako ko wozahava ubitegerwamo!!!! Cunga sana kumutekano wawe!!!! Ntukabone abisetsa bose ngo ugirengo niko bakwishimiye!??!!?
Umusi abirabura twamenye gushyira hamwe tuzatera imbere kugira wumve ibyo avuga cyeretse warabaye hanze gusa uyu mwana arashoboye mumushyigikire rwose
m ega abana badajwije 18a a bigura umutahw?
Pajo baguha angahe kuri irebe?barakuronse kabisa
Ndagusavye ncuti yanje 😊
❤❤❤❤❤❤
Is not Fablice it's Fabrice
nukuraba naje nkaahiramwo umuriyuni ibanza bitarahera
Iconosaba fablice naduhe nimero yiwe natwe harivyishi tuba twomubaza mubijanye nivyo guterera
Buretse shaaaaa buretse commissioner wa Ndayishimiye
Urwaye mubwonko
naho vyoba vyo hari kosa biri mwo ga
@ericbikorimana8713
Vrmt bahiganwa muvyo wirondereye? Nabo nibegeranye uburyo bakore imigambi ntawuzobavyonga
Ndasavye mumenyeshamakuru mindonse nimero za Fablice ncuti ngomba Yuko nvugana nawe kuri what's pp nitwa Johnbosco Ntirandekura ndumurundi mba muri American California 😊
Ndondera ndaziguhe
Tanguza cod +257
@@johnoscontirandekura8057 raba kuri RUclips yiwe yitwa fabhomes
Genda wumvirize ibiganiro vyiwe kuri mukubito tv yarazivuze br😊
Mbega,yewe abantu basa ntacyo bapfana uyu mumenyeshamakuru arasa numunyamakuru w,umunyarwanda witwa Karinijabo!!! Canke baravukana!!!
Mbega umuntu aronse umutahe wal 103000frs.Asubiye kuronka ayandi birashobokako asubira gushiramwo umutahe?
Yarabisiguye ko bishoboka
Fablice abanya Rukore babita abaha
😊
Oya nivyo babita abanyambo (Niko twasanze babita: twanahita mukinyambo)
imani zobidushoboza isoko tuzoryubak knd natwe uburundi natwe imana izobikora.uburundi buzoteri mbere nikindi gihugu
No No plz uruhigi rubaye rwinshi kki harimwo nibibazo babaza umengo nimitego!umengo hari ababatumye
Ahubwo fablice arakwiye kureka kuja kuma medias ayariyo yose nubwo yogenda akicunga ibibazo abazwa ninyishu atanga hato atazokwisanga mu mitego yabasesankuyoze
Bazohava bagucokesha utarakora akazi nyezina. Kuva aho wahereye w'i présenta, bazobigaruka ko kangahe !
Uyu n'umuririmyi wa hip-hop aramenyereye ama medi
Please ndagusavye mumpe nimero ya Fablice murakoze nabashimiye
Please ndagusavye mumpe nimero ya Fablice murakoze nabashimiye