Igiporisi cagize ico gishikiriza kw'ifatwa rya Baraka Olègue batazira Délégué Général

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 3 окт 2024
  • Umuvugizi w'igiporisi c'Uburundi Pierre Nkurikiye yagize ico ashikiriza kw'ifatwa ry'umuririmvyi Olegue Baraka batazira Délégué Général, inyuma y'aho asohoreye indirimbo "Délégué général" benshi bavuga ko yerekana amasanamu ateye isoni. Umviriza icatumye afatwa

Комментарии • 68

  • @misagofrancine9762
    @misagofrancine9762 2 года назад +1

    Yes oleg

  • @ngaboyan2232
    @ngaboyan2232 5 лет назад

    Olegue! Delegue general! N umuhinga! Ari mu barundi bake nemera bincabwenge. Ni uyuhe mu artiste kwisi adakora birya yakoze. Mbwira ururirimbo ruharaw rutarimwo ibisusu, amabere n amafoto sexy! Ils sont des millionaires ceux qui ont fait comme lui. Il a un talent le gar! On devrait le celebrer!

  • @princess-uf5ux
    @princess-uf5ux 5 лет назад +4

    Koba Natacha birirw basohor musique bambaye ubus komutabafata

  • @piusjoyman5018
    @piusjoyman5018 5 лет назад +2

    Simbona ikosa rya Landry kweli

  • @ndikumwenayoamiel8378
    @ndikumwenayoamiel8378 2 года назад

    Ark igiporisi cyuburundi kirakennye p ubonye iyomyambarire yabo

  • @ahmedalenezi7771
    @ahmedalenezi7771 5 лет назад +5

    Nonaho polisi urikusiguriki???? Abaririmba ngo terindabakeba bavyare imbonerakure komutabafata landry ww azizubusa hoshiiiii nta burundi

  • @ashuraussein7582
    @ashuraussein7582 5 лет назад

    Mnawaonea pumbafu san africa🇧🇮🇧🇮

  • @mutamapaul7117
    @mutamapaul7117 5 лет назад

    Nimubarekure nabana bato cana cane radyry promoter umunyarusaku ndemeye kubishurita uwuzobahagarikira murubanza bgabo mumufuko wanje

  • @alainniyungeko3746
    @alainniyungeko3746 5 лет назад

    Ridiculous! Les artistes nibahaguruke. Un jeune talent nkiyo umuntu amwubahuka niwe akwiye guhugugwa!

  • @marcntwari4012
    @marcntwari4012 5 лет назад +1

    Kweri muburundi wiweje neza abobantu barababundikiriye ntamuntu afitubwenge nkabo bana mubaziziki.

  • @niyongabirecelestin9574
    @niyongabirecelestin9574 5 лет назад +1

    Mumurekure pls

  • @mutoninishimwe6900
    @mutoninishimwe6900 2 года назад

    Uyu si umuco ni ico umucose udatuma abantu bakora ibyo bashaka bisanzuye 🤔🤔

  • @azizha6071
    @azizha6071 2 года назад

    olegue ararenganape mwimuhohotera ntabirenzeyakoze

  • @akbardasilva2028
    @akbardasilva2028 5 лет назад

    hama uyo barikumwe nawe bimeze gute ?

  • @cizamagdalenamotherofmercy8334
    @cizamagdalenamotherofmercy8334 5 лет назад +1

    Muvugizi Police, mwatubwira mwitegeko rihana ivyaha ninomero zingahe zibihana? aruko mwohana beshi. Urya nawe waka light niwe yamuherekeje gufungwa ko utavuze ikomufunze wewe? Muzafate nabicanyi bose tumva bavurwa maze tubone ko akazi Poloce itohoza neza abafise ivyaha mubarondera mwitonze.

  • @richardngendakumana2871
    @richardngendakumana2871 5 лет назад +2

    Baramurenganije kugera naho apfungwa mbona ari isanamu nkizindi zos

  • @yusrairakoze3966
    @yusrairakoze3966 2 года назад

    Mwamuhoye ubusa kabisa ahubwo nimureke kumuhohotera agateka kumwana ibintu vyo muburundi kabisa bisigaye bigoye kabisa nimurabe mwebwe muturongoye muze murikebuka

  • @alichouirakoze5931
    @alichouirakoze5931 5 лет назад +1

    Mumubabarir nukur ndi olegue mvuyey nosohor iyind ikaze kurush murik mumuhor ubusa nibiber kumashur mwebw abavyey mutaz ntac yabeshemw mumurekure

  • @mugwanashakamadiba8726
    @mugwanashakamadiba8726 5 лет назад

    Mukorere ko nabarya babaza ubusutwa kuri za online tv.baturarurira abana..

  • @izobtv4466
    @izobtv4466 5 лет назад

    Wapi kweri

  • @j.dedieusinankwa7167
    @j.dedieusinankwa7167 5 лет назад

    Nn mumuhora ik vyukuri???

  • @tigizigigim1527
    @tigizigigim1527 5 лет назад +1

    Mwagize neza

  • @loicbujyakera9756
    @loicbujyakera9756 5 лет назад +1

    olegue yoronka umu avocat...uwo mu avocat vyomwohorohera kumuvugira kuko ibintu olegue yagize nibintu bitoya cane muri justice

  • @comediansydzm
    @comediansydzm 5 лет назад

    jw birantwenza kbs ese abarundi twabaye gute ??? ariko harico nkunze kwibaza niba baza batembera mubindi bihugu bakabona aho ibindi bigeze ngira ivyo ntiboza barabitamwo umwanya oya vrt nibamuhe amahoro bamurekure hama ndabona benewacu dusangiy umuziki nimuze twitonde muri ikigihe ndabona bigoye aho umuririmvyi azira ubusa kbs knd hari abakora ibisumba ivyo mwene data yakoze raba nka natasha kwl ivyakora

  • @akbardasilva2028
    @akbardasilva2028 5 лет назад +1

    kumbe yitwa baraka

  • @enockbahana1826
    @enockbahana1826 5 лет назад

    Indero irakenewe hose

  • @ziyadabasca4840
    @ziyadabasca4840 2 года назад

    Buvya kwer umunu ari kwironderera agafu muca mumu funga sha ariko olegue basha iman irakwiy kumworoherez

  • @alicebellakanyange5271
    @alicebellakanyange5271 2 года назад

    Ntimu beranye

  • @domitienndayizeye5816
    @domitienndayizeye5816 2 года назад

    Wewe gusa urikirifa nn yaramenje nn nkawe niryaryawe ryariswa

  • @ezechielndikuryayo684
    @ezechielndikuryayo684 5 лет назад

    Yarataye umuco kweri irya ndirimbo iteye isoni ntibereye abarundi nabarundikazi wapiii

  • @divineirakoze8591
    @divineirakoze8591 5 лет назад

    Je mpora mbona abaririmvyi abo twita ngo barakomeye muburundi bakorana nabambaye ubusa noneho barusha nuyo mwafashe none bo ko ntaco mubakora?Ahubwo haribindi muriko murabahora da

  • @limageplustv9422
    @limageplustv9422 5 лет назад

    Bamuhoye ubusa vrmnt birya bagize bibaho nibisanzwe

  • @250beauti2
    @250beauti2 5 лет назад

    Ahogufata abahohotera abantu muje kwiyeza gusa, njyewe mbona mwarabuze imikoro nkubu promoter mumuhoye iki!

  • @mukeragabilodiana9391
    @mukeragabilodiana9391 5 лет назад

    Koyasavye ikigongwe nimumubabarire

  • @annickniyokwizera1414
    @annickniyokwizera1414 5 лет назад

    Nongaho amakosa bakoze arihehe uburundi muratangaza kabisa

  • @niyongabirecelestin9574
    @niyongabirecelestin9574 5 лет назад

    Non kohari nabandi bakoresha ishushombi

  • @jnkb257tv5
    @jnkb257tv5 5 лет назад

    Twosaba igiporisi bishobotse KO Landry comurekura kuko bwaruburyo bwogutenza imbere abaririmvy ntaco vyari bikitubwiye kuko twari twamumenyerey nka paty wo murwanda wa afrimax tv yama yavumbuye bakidumu mumahoteri bakihangana kubwanje mbona mwomutera intègre ahubwo yarikwironderera ubuzima kuri réseau sociale gusa kandi ntabundi buryo vyocamwo atarubwonyene

  • @billylovebilly9418
    @billylovebilly9418 5 лет назад +1

    Landry kafungwa hahahaha

  • @fannykakozi3462
    @fannykakozi3462 5 лет назад

    Numubareke none landry yagiziki kuberiki uburundi bumera uko

  • @Burundibwacunews
    @Burundibwacunews 5 лет назад

    mubisanzwe ivyo nibimwe abazungu bama batwagiriza vyama droits de l'homme tugaharira. None nkaho amakosa bakoze yobinjiza mu mpimba nayahe? impanuro nizo zari zikenewe kugira ntibazobisubire sinon kubafunga mu mpimba ntansiguro bifise

  • @THEAMERICANDREAM1107
    @THEAMERICANDREAM1107 5 лет назад +2

    Umuntu ashobora kwibaza niba nta byaha biruta iyo video bikorerwa abarundi ? Ashobora kuba azize imvo za politique kuko sinumva abirigwa bica abantu ariko ntabakorwego hanyuma go icaha co gukwegera abantu mu Bujumbu??? Imbonerakure zitera inda abarundikazi kungufu ni bangahe bagunzwe ???? Fck

    • @annickniyokwizera1414
      @annickniyokwizera1414 5 лет назад

      Jewe abarundi barantangaza birukakubatagira amakosa bayakora bibereyengaho

  • @lupinamathiasikopowakitale6771
    @lupinamathiasikopowakitale6771 5 лет назад

    Ariko nabandi bakobwa bambaye ubusa kandi imdirimbo ntiteye isoni ahubwo mufise ico mumuhora sindirimbo

  • @anmarisamatha135
    @anmarisamatha135 5 лет назад

    Ntigice citwa urwitwazo landry nimurekure kuko ubu yabikora neza nimumugirire ikigongwe

  • @lupinamathiasikopowakitale6771
    @lupinamathiasikopowakitale6771 5 лет назад

    Nimureke ntakosa bakoze ahubwo murarengeje gutoteza abantu

  • @lazizerujanabose8802
    @lazizerujanabose8802 5 лет назад

    Jew ndashima Police yacu ko yitaho kukaranga kacu numugutohoza muri vyose ,nkaba nanje ndabasabiye ikigongwe ko bemeye kobakoze amakosa banyakubahwa mwokora uko mushoboye mukabagabaniriza ibihano aramande bakayatanga bakidegemvya nogusubira mukazi kabo ariko bagakora bisunze amategeko aranga akaranga ku Burundi no kubahiraza indero ndundi .

  • @vincentsunhotlangwe5138
    @vincentsunhotlangwe5138 5 лет назад

    Arko nibazeko ari business yiwe knd nizereko amafoto yakoreshej harinabandi baririmvyi babikoresha ndetae bakanarushaho

  • @christiannsengiyumva6253
    @christiannsengiyumva6253 5 лет назад

    Hari inkozi z ikibi mu burundi zirusha abo ba polisi n abategetsi?president wa senat reverien ivyo aherutse kuvuga abantu bose bumvise ubona hari uwigeze akakaza muri abo ba polisi canke abiyita ngo n ubutungane? Nta butegetsi buri mu burundi kuko abo ba polisi nibo basuma, bicanyi ,abashurashuzi ba mbere mu burundi.

  • @فيروزفيروز-ع2م
    @فيروزفيروز-ع2م 3 года назад

    🙄🙄🙄🙄🙄🙄

  • @izobtv4466
    @izobtv4466 5 лет назад

    Twaragowe

  • @upendotv2574
    @upendotv2574 5 лет назад

    Noe uronse akaz ukora kaguha ivyo ukeney aho ntamuntu wishe noe kwl wumva utagakora?erga muz mwibuka k ubuzi bwabuz ba nyakubahwa!!! Sasa rro bar mur business kugira aronk akanoti🙄🙄

  • @troubleboy2590
    @troubleboy2590 5 лет назад

    Ibintu vyimiziki sivyo mukeneye kuraba ahubwo nukuraba ubwicanyi murigukora Niho uburundi butaratera imbere nukuri ahubwo ibintimuba mukeneye nokubishira kumakuru nukwi tera akamaramaza Shame on you guys fuck police

  • @ladygaga3604
    @ladygaga3604 5 лет назад

    Uburundi muzokwama inyuma yiterambete pee
    Nkuyo NGO numuvugizi wigipolice atazi nicongeleza nubwinyo buninguy

  • @lydiaansah161
    @lydiaansah161 5 лет назад

    Haha

  • @anastasenahayo9853
    @anastasenahayo9853 5 лет назад

    None nkaho bamuhora iki kweli? Ewe burundi

  • @vincentmutaganda4246
    @vincentmutaganda4246 5 лет назад

    Nkuyu afande ukuntu avuga wagirango ntatohoza yakoze luu

    • @mohammadborda1472
      @mohammadborda1472 5 лет назад

      wapi murababoneye mbega abarundi muzegeza ryari guhohotera abanyagihugu

    • @mohammadborda1472
      @mohammadborda1472 5 лет назад

      niho uburundo butarova mubukene abantu bazo bandanya bahunga uburundi