Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Iyi ni ingero nziza y'abakozi b'Imana Uhoraho. Twifatanyije n'umuryango w'Umwungere ndetse n'Ishengero rya Pentecote ryo mu Burundi.
Intahe zagakiza ziwe zaranyubatse Imana Impe kugumy ivyonamwumvany
Ese icoma nkazopfa nkabagororotsi👏nukur lmirimo dukora siyubusa mumwami ruhuka niteze ko tuzogusangayo mukozi wayo
Umwami yesu amuhe uburuhukiro bwiza ❤biraryosh ariko arangije babariraniye kbc❤
Imana iratoye umugeni kabsa
Yesu umuhe uburuhukiro bwiza
Uyontaguhigima nga nanje nirijoro Ijuru ryabinyemeje nahabwe ibitsibi vyiwe yarwanye anesha burya kiryaconye ne coguhana imbabazi nikintu cabaja mw Ijuru
twitaba Imana tukiribazima Imana ntihamagaza urupfu yasinziriye rekaturindir umuzuko Kandi mucunge amazamu yanyu umunzane urahari umusiguzi 12:13 uwurinugutwi niyumve ivyahishuwe 14:12 mwihangane kwisi turingenzi
RIP mushumba imirimo mwakoreye Imana ibaherekeze
Imana nishimwe caaaaane
Ntaco kumuvugako Ijuru ryari rimukumbuye intwari Iratashe
Ni bamwambike imyambaro yera yera yarayikoreye, namba ngikunda gusenga nuko yabinyigishije sinon sinzi iyomba ngeze.
Uwo yategerezwa kurangiza neza. Ntubona ko agiye vyose babitunganije. Bahanye n imbabazi. Nukuri Imana yakiriye umusavyi wayo nta gasembwa kamukurikiye. Amen.
Umugororotsi wayo ntiyakunze ko agenda afise urwanaga rw'amajambo inyuma yiwe nico gituma yamuteguye kandi ko igenda ikuye namakenga y'iyo agiye mu gusabana imbabazi
Imana yo mw'ijuru nihimbazwe
Imana imwakire mubwami bwayo imuhe kuruhuka amahoro kuko ubutame yagize atarubwubusa mumwami
Iruhukire amahoro muvyeyi, imbuto y Imana mwaduteyemwo izotugumamwo gushitsa natwe tuje iyo mugiye , mw Izina rya Yesu Kristo
Amen
Good traffic /Good way /Good end
Imana yamwakiriye iruhukiro ryiza haheze imyaka 22 ntamubona ariko namwibukira mundirimbo imwe yakundaga ya quantique yitwa unyotewe nzomusukako amazi iyo ncitse ntege nkashaka kubivamwo yasubizamwo intege nkasubira kumurongo nkayiririmba ndira kuko nakuriye orphernant de kiremba lmana imwakire tubabaranye nawe😭😭😭😭tuzohurirayo tuzakubona
IMANA Ishimwe cane rwose
Son témoignage est parfait
Imbabazi Urukundo n'ukuri n'ivyo YESU KRISTO yatuzaniye
NI YESU GUSA WOKUTUREMESHA
Nukuri baratubereye icirwa, Kumusi wanyuma avuze ubutumwa buzatuguma mumituma!!
Imana imwakire mubwami bwayo
Nikuri umukama.amuhe.uburuhukirobwiza.yag.yarengutse.ibukama.yitunganije.amena
Aruhuke mumahoro umuvyeyi wacu
Umuvyeyi wacu yasize iragi ryiza gose!
Ruhuk'amahoro muvyeyi wabereye benshi icitegererezo
Rest in peace pasteur wacu warakoreye ijuru
Nimwakire mubwami bwayo
Uyo ndashobora kuvuga ngo RIP ,ariko sibose nobivuga kuko biragoye bagabo
IMANA ibakire mubwami bwayo .
Naje ndumunyantegenka ariko uyumutama iyagiye nohavuga ni MWIJURU
Umugeni wa kristo aratashe
Niwitahire muvyeyi,warayikoreye
Nuko aha mwisi atari yiwacu. Basha umengo ntiyari kugenda. Ariko siwacu
Niyitahire Umuvyeyi wacu Ijuru yararikoreye
Ivyo mwijuru vyo ndavyemeza
Yashikanye benshi kugukiranuka yabohoye imitima myinshi.Imana ikomeze kumutuza aheza.agire iruhuko ryiza
RIP muvyeyi Ndikunkiko.
Ok
umugeni aratashe
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
None kobicagurika cank urikurondera ivyo udendekanya
Murakoze🙏🌹
Rest in peace