Urugendo 872🇧🇮Pantekoti imaze imyaka irenga 60 itariha ikori?🤭

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 6 ноя 2024

Комментарии • 86

  • @GilbertNiyonkuru-t2l
    @GilbertNiyonkuru-t2l 10 дней назад +1

    Ishengero rya Kristo Yesu Umwami riri mwibanga

  • @chretienmasengesho4887
    @chretienmasengesho4887 2 дня назад +1

    Ishengero nirya KRISTO YESU UMWAMI siryo umuntu

  • @DieudonneKwizera-yn2cr
    @DieudonneKwizera-yn2cr 8 месяцев назад +1

    Imana ibahangaze mwese

  • @EricNIRAGIRA-g8g
    @EricNIRAGIRA-g8g 15 минут назад

    Ivy0vyose nabungere Babu😮rana vyabacanzebashikwako nibihentibabimenye

  • @beatricenkurunziza3136
    @beatricenkurunziza3136 10 месяцев назад +3

    Mwungere IMANA ikuzitirire uvuge ushize amanga vyose bije ku rutonde YESU kristo ari hafi courage

  • @fideleniyukuri5990
    @fideleniyukuri5990 7 месяцев назад +2

    Mwari mukwiye kumushikira akabaha umuco kuko nta Shengero ndumva ritangishwa ikori! Uwopfunga abanyavyaha ntiyoronka aho abakwiza!Uwutarakora icaha ababanze ibuye!Iyo dossier muyigeze aho!

  • @igiranezaflorent337
    @igiranezaflorent337 6 месяцев назад +2

    Uzotororokanye igitigiri camaShure yintango ayasecondaire na universitaire vyubatswe n'a Pentecôte ,kandi Aho hose ntanahamwe ija kurihisha minerval ,hamwe na cds na hôpital ,ugira hivuriza abapentecote gusa ?

  • @desirengzh4606
    @desirengzh4606 10 месяцев назад +3

    Nta shengero na rimwe ryigeze ritanga ikori kuva ku bakoloni, na Katolika ntavyo yakora kandi niyo yashitse ubwa mbere ku bakoloni. None rero si Pentecôte s'abandi bose. Kera niko vyari bimeze, iterambere ry'ishengero ryavuye kure , Pentecôte n'ishengero babanje gusengera mu vyatsi babanena ngo n'abazirarumenyetso.

  • @sisisylvanendayisenga1005
    @sisisylvanendayisenga1005 10 месяцев назад

    Azoza Yesu kubiroranya,Kandi tukiriho,Imana igiye.gukora akumiza mu mashengero

  • @lilianeinandava3039
    @lilianeinandava3039 10 месяцев назад

    Imana izotinda ize uragowe.ico.sico.Imana yaguhamagariye Imana izosubiza munkoko.inkozi.zibib

  • @horanimanaleonard1028
    @horanimanaleonard1028 10 месяцев назад

    Ibikorwa vy'Imana ni kubaka ingoro yayo,gufasha impfuvyi n'abapfakazi n'abakene bo mw'ishengero ,no gushikana beshi ku kugororoka.Ibirenze ivyo,ni ibikorwa vyidini,vyishi Kristo ntazobihembera.

  • @MireilleKezimana-fj3cd
    @MireilleKezimana-fj3cd 9 месяцев назад

    Ishengero rimase ku rutare nirwo Yesu christo Rero ntaco rizoba .

  • @jeanclaudenkurunziza216
    @jeanclaudenkurunziza216 10 месяцев назад +3

    Ndababajwe nokubona ishengero ryacu ririko rirandagara ningene ryahora ryiyubashe:Imana itabare kandi yongere ibabarire ababifisemwo uruhare.kuko ibintu nkibi sindavyumva kabisa

    • @dieudonnendayishimiye9631
      @dieudonnendayishimiye9631 10 месяцев назад

      Mpore ahubwo ntiwaronka amakuru burya ivyihishije bizohishurwa. Ntushobora kunyegeza inzara ibihe vyose

  • @72ceoTV1
    @72ceoTV1 10 месяцев назад +1

    Yesu araria

    • @johnphiri-vf3ih
      @johnphiri-vf3ih 10 месяцев назад

      Nibabivemwo bigish ubutumw bwiza ivyo vy,ibiti vyo mu masenge😢😢😢

  • @lyseakinyongeye2218
    @lyseakinyongeye2218 10 месяцев назад +1

    Baguhaye inkuru z'ibinyoma! Uwo mwungere siwe yubakishije irya nyubakwa ivyo vyoba vyakozwe nuwo yasubiriye. Ikori naryo yavuze ngaha ni irijanye n'imishara y'abakozi (IPR) kandi abakozi Bose bafise contrat bategerezwa kuririha. Noguhanura kwirinda gutanga inkuru z'ibinyoma Ku bakozi b'Imana utazohava usanga wikwegeye umuvumo.

    • @dieudonnedushime359
      @dieudonnedushime359 10 месяцев назад

      None igih yubakwa ntaco yarajejw Manama nkuru yishengero? Nabanyepolitik gusa sha twarabameny

    • @vestinntirampeba1415
      @vestinntirampeba1415 10 месяцев назад

      Ibi iyo ubivuga tutumvise ijwi rya pasteur twari kugutahura ahubwo itaba waruzi neza icuri wofashe umwanya uhagije wogusengera ishengero kuko uwushikirije iyi nkuru ntakintu nakimwe yongeyeko kuvyo pasteur yavuze nimba wariko urumviriza.Uwo muvumo nawe uvuga vyerekana ko uri umunyedini akomeye ukamengo uwo muvumo bobo ntiwobazako.Ariko Imana ntikora nk'abantu reka turindire ukuri kwa pasteur wa ntahangwa kuko wew aza ariko arabasabira umunyororo

  • @BernardSindayihebura
    @BernardSindayihebura Месяц назад

    Yatanguye muri za1935. Ariko CPEBu ikora ama Projets yoba yatangu inyuma cane.Tohoza neza mutama.

  • @Akagumyebagumako25
    @Akagumyebagumako25 10 месяцев назад +1

    Uyo mutipe w'amashure 6,ni Pasteur Habimana !

  • @lilianeinandava3039
    @lilianeinandava3039 10 месяцев назад +1

    Ubxo.nubutumwa..kweli

  • @NsengiyumvaJeanClaude-rd8ux
    @NsengiyumvaJeanClaude-rd8ux 10 месяцев назад +1

    Baguha amakuru atariyo.twebwe tuhasengera nitwe tubizi.baguha amakuru y'ibinyoma

  • @gerardniyongabo1463
    @gerardniyongabo1463 10 месяцев назад +2

    Mwariyambitse ibara ni mugende MUSABE IKIGOGWE abo mujejwe bababeshejeho n imiryango yanyu.

  • @digodieudonne6389
    @digodieudonne6389 Месяц назад

    Harya amashengero aratanga ikori? Ntamakuru mfise!

  • @dieusauveuruwizeye6012
    @dieusauveuruwizeye6012 10 месяцев назад +1

    Panticote yarishikanye muri leta irogowe kwitegeko ryabatwara igihugu

  • @NtibankundiyeAthanase-dp8sq
    @NtibankundiyeAthanase-dp8sq 18 дней назад

    Urieikimenabanga

  • @blaisenshimirimana709
    @blaisenshimirimana709 10 месяцев назад +1

    Ube witonda mugushikiriza inkuru!

  • @SchadrackNiyokwizigirwa
    @SchadrackNiyokwizigirwa 8 месяцев назад

    Reka kuza murabesha

  • @desireirakoze4429
    @desireirakoze4429 10 месяцев назад +1

    Bwana journaliste dukeneye ijwi ryawe NIRYO Riri plus audible

  • @kabuzetheodore6050
    @kabuzetheodore6050 10 месяцев назад +1

    Pentecote yari kera.Ubu abitwa abunhere baryo basigaye ari ababandits gusa.Barara batasinziriye bariko bateka imitwe gusa barondera ukuntu bokura amafaranga mubo barongoye ico nico kibaraje ishinga gusa.

    • @ukuriijambo9418
      @ukuriijambo9418 10 месяцев назад +2

      Na mitende ko ubagiriza ubusuma,utabagirije ubwicanyi,iyo pentecote yawe ya kera,niyo yarimwo abo wita ababandi niyo bahatswe gutemvya Cpbu. wibuke kabwa Na mpangaje.wibuke ishure rya kiremba ko kubanyeshure 900 hasigayemwo 90 bazima bihagarikiwe nawamwungere mwemera cane madengo.nyanzalac yona yayibivyemwo amacakubiri ryongeye guhembuka abo wita ababandi babiviriye hasi, sha,kuki mwahomwo gutoba kuruta kwubaka?

    • @kabuzetheodore6050
      @kabuzetheodore6050 10 месяцев назад

      @@ukuriijambo9418 uwishe n'uwivye bose n'imbandits gusa ntanakimwe Imana ibemerera gukora.Uwishe n'uwasahuye bose baramenje (abakozi b'Imana?),oya vraiment.

    • @jeanclaudenkurunziza216
      @jeanclaudenkurunziza216 10 месяцев назад

      @@ukuriijambo9418 GUTERANA AMAJAMBO SIWO MUTI UKURI KUZWI NIMANA WWE SENGERA AGATWE KAWE GUSA

  • @fanuelntirampeba1106
    @fanuelntirampeba1106 10 месяцев назад +1

    Ngirango yibaza ko ivyavugiye muri amelika tutazovyumva!!

  • @horanimanaleonard1028
    @horanimanaleonard1028 10 месяцев назад

    Ubundi ishirahamwe ryose ritegerezwa kugirira akamaro umunywanyi waryo.None ayo mahera atangwa asubira guhurira hehe n'umukristo wese ari mw'ishirahamwe Cepbu?ko tuzi neza ko atari Imana iza kuyatora?Ibaze n'abavugabutumwa bayanduza nta karata ya mutuel babaha.

  • @InnocentNduwimana-fm3ws
    @InnocentNduwimana-fm3ws 10 месяцев назад

    Uravye ibikorwa vyubudandaji amadini akora hama ntatange ikori bikwiy guhinduka ibibanza bafise mumiji usanga ari nka 40%yumuji wose bafise amahotel amasal ububari namabutik arik ntibarih ikori nigitangaza!!!

  • @horanimanaleonard1028
    @horanimanaleonard1028 10 месяцев назад

    Mbe rurya ruzu ruzomarira iki impfuvyi n'abapfakazi n'abadafise shinge na rugero bari mw'ishengero?Ikibabaje ni abadatahura bakavyita ibikorwa vy'Imana.

  • @BayisengeAudace
    @BayisengeAudace 10 месяцев назад

    Ntawuciye urubanza ariko haaaa kutiga biragatsindwa

  • @AlexisNtezahorirwa
    @AlexisNtezahorirwa 10 месяцев назад

    Nibadusubize inoti yacu nakare umuceri warazimvye twirire,ntanyungu nshaka,ham baheze baryane atamutahe wanje iriyo.

  • @ukuriijambo9418
    @ukuriijambo9418 10 месяцев назад

    Inzu siwe yayubatse,baguha inkuru zitarizo,Inzu yabatswe nuwo yasubiriye,pentecote yatanguye 1935,reka kwigisha ibinyoma.

  • @benjaminadjanga6608
    @benjaminadjanga6608 10 месяцев назад +1

    muntunge mumburane ntashikanwa ngitanga kuko naramenye ko atamana irya amafranga

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere5491 10 месяцев назад

    Amadini ubu jewe yaranyumije ntahuye neza amadini vuba🙏🙏🙏

  • @SamuelNIYOYAMPAYE
    @SamuelNIYOYAMPAYE 10 месяцев назад

    Mana dutabare,amaraso yawe gusa niyoyokutweza.

  • @ndikumwenayoprosper4393
    @ndikumwenayoprosper4393 10 месяцев назад +4

    Sha numva na Pentecôte yacu itorohewe kwel😢😢😢

  • @clovisvyimana7986
    @clovisvyimana7986 9 месяцев назад

    Ndumiwe harihubutumwa budakenewe ko tubwumva mw'ijambo rimwe

  • @fideleniyukuri5990
    @fideleniyukuri5990 7 месяцев назад +1

    Nibazako mwavanze ama dossiers. Ishengero ritadandaza nta kori ritanga! ivya Projet navyo si ivy Ishengero kuko ama projets arafise Ubushikiranganji buyaraba bukanaraba ivyo akora. Kuki abo batatangiwe aya INSS batigeze bitwara? Muze muravuga ivyo muzi!!

    • @IshureRyabarundibose
      @IshureRyabarundibose  7 месяцев назад

      Nibazako uwabivuze ariwe yoba yarabivanze kuko ntakindi twavuze atarivyo yivugiye

  • @BayisengeAudace
    @BayisengeAudace 10 месяцев назад

    asha amashure ane..arakora ibara.

  • @BorfanceOgeya
    @BorfanceOgeya 10 месяцев назад

    Turirimbe ya ndirimbo 108 mu kirundi "Jendukristo nzokwamandiwe mu bintu vyose gushitsa gupfa"

  • @chadrackIrakoze-rh3br
    @chadrackIrakoze-rh3br 10 месяцев назад

    Umwami wacu yesu niwe tanguriro ry'ishengero yaremye

    • @prudencensaguye3374
      @prudencensaguye3374 9 месяцев назад

      Akenshi abakizwa baritiranya Ishengero Yesu Kristo yavuze hamwe n'ama dénomination basengeramwo. Ishengero ryubatse Ku rutare Yesu yavuga ni Ishengero ryo mw'ibanga, Umugeni wa Kristo ari mu moko yose, mu mahanga menshi, mu ma dénomination ecclésiastique menshi. N'ayo dusengamwo harimwo umugeni wa Kristo. Naho amwe muyo dusengamwo yosambuka ntivyosugura ko Ishengero risenyutse. Niryo rya Kristo, rizwi gusa na Kristo, iryo ntirinyiganyizwa naho Satani yovyura ingunza.

  • @sisisylvanendayisenga1005
    @sisisylvanendayisenga1005 10 месяцев назад

    Huuum

  • @desirengzh4606
    @desirengzh4606 10 месяцев назад +1

    Oyaaaa Pentecôte yashitse mu BURUNDI en 1935 mu kayogoro i Makamba, après 6mois bugurura i Kiremba. Abazungu b'aba Suédois baba mu nzu z'ivyatsi. Reka kubesha ngo za 1960 ngo niho yashitse, wapi.

  • @SchadrackNiyokwizigirwa
    @SchadrackNiyokwizigirwa 8 месяцев назад

    Bamurondera amaher muvugishij ukur ntimuc amaher mukuremesh. Ibinyom

  • @CécileNzeyimana-w3e
    @CécileNzeyimana-w3e 10 месяцев назад +1

    Pentecôte na catholique nibo Bari basigaye gushwana emwe amahera nimabi nabantu ntibagihumirije nkakera bazobamaramaza nne guha isoko abiwe ntimwumva ko haragahaze?

  • @TharcisseManirakiza-j7l
    @TharcisseManirakiza-j7l 10 месяцев назад

    Wampayinka wabonye bimwe mpora nkuhanura? Bosee nayinda baba abanyepolitike canke amasengero bosee nabindagusa

  • @isaietwagirayezu8838
    @isaietwagirayezu8838 10 месяцев назад +1

    Oya, Pentekote yatanguye mu Burundi muri 1935 si muri 1960

  • @prudencensaguye3374
    @prudencensaguye3374 10 месяцев назад

    Imana ikuzigame Mwungere Onesphore R turazi ko ugira ukuri kwinshi muri wewe. Kandi muri wewe nta buryarya bubayo. Introduction y'ikiganiro yari ihengamye munyamakuru wokwikebuka.

    • @emmanuelsabushimike
      @emmanuelsabushimike 10 месяцев назад

      Mbega urashobora kwemeza ko umuntu umuzi ukwari indani? Imana gusaaaaa

    • @prudencensaguye3374
      @prudencensaguye3374 10 месяцев назад

      Haheze imyaka irenga 20 ndamubonye kandi atwigisha. Mu nyigisho ziwe ntaca kuruhande. Kandi haba harimwo ukuri kwinshi mbere benshi badakunda kuvuga. Imana ikuzigame ​@@emmanuelsabushimike

  • @gilbertniyonzima7354
    @gilbertniyonzima7354 10 месяцев назад +2

    Nivyo amashengero menshi ntamakori barariha nihatari igihugu carahahombeye

  • @ChristopheNiyonzima-q5x
    @ChristopheNiyonzima-q5x 10 месяцев назад

    Abo ni babungere bakubita ,Kandi bakarya ibinure vyizo baragiye😢😢😢

  • @prospernahimana9090
    @prospernahimana9090 10 месяцев назад +1

    Pentecôte yatanguye muri 1935, ico ni ukugikosora

  • @nkurunzizadesire6601
    @nkurunzizadesire6601 10 месяцев назад

    Ariko Yesu agité aze ari hafi

  • @nkurunzizadesire6601
    @nkurunzizadesire6601 10 месяцев назад

    Ndumva ntateka muriko muha Ishengero ryacu muramaze kuba nka Adepr yishize muri Leta

  • @HazobazimanaJeanmarie
    @HazobazimanaJeanmarie 10 месяцев назад

    yaruwahevmwigisha

  • @InnocentNduwimana-fm3ws
    @InnocentNduwimana-fm3ws 10 месяцев назад

    Yatanguye gukorera muburundi 1935

  • @JeandeDieunshimirimana-u1z
    @JeandeDieunshimirimana-u1z 10 месяцев назад

    Ingorane gusa muburundi

  • @damasnzambimana1914
    @damasnzambimana1914 10 месяцев назад +1

    gusa qualite du son ni mbi cane ntivyumvikana

  • @dieusauveuruwizeye6012
    @dieusauveuruwizeye6012 10 месяцев назад

    Bapfinda

  • @NtibankundiyeAthanase-dp8sq
    @NtibankundiyeAthanase-dp8sq 10 месяцев назад +1

    Aho harimwo ikinyoma none Abakozi bose bakukurutse nta UNSS baronka ?

  • @damasnzambimana1914
    @damasnzambimana1914 10 месяцев назад +1

    Imana ibahagararire kuko satani wewe ntiyicaye! soit vyoba ari arukuri canke gucafuza umuntu ck politique!nugusenga cane imisi ni mibi.

  • @emmanuelnkeshimana3193
    @emmanuelnkeshimana3193 10 месяцев назад

    UYO MUTAMA YAVURWA YARI INDE??

  • @DeoBizimana
    @DeoBizimana 10 месяцев назад

    Ariko ishengero niryakisto ntaco rizoba

  • @duhayimanachristophe9838
    @duhayimanachristophe9838 10 месяцев назад

    None burya ntacihishije inyuma yivyo?

  • @pickfordjustin3432
    @pickfordjustin3432 10 месяцев назад

    Kano gahungu biboneka yuko kihaye ingingo
    yuguhungabanya umutekano wa Pentecôte. Kano gahungu kakamenyesha makuru uwokandonsa nkagafata nogasengera ndakicaye kwizosi.
    Usanga baragataramuye cank bataramuye se
    Canke usange ari agatutsi
    Gusa numunyamakamba
    Ngwebagabo😅😅😅😅
    Nakikiremba nyene😂😂

  • @NursingMasterMsc.N
    @NursingMasterMsc.N 10 месяцев назад

    Gezaho tutsi

  • @medineiranzi4824
    @medineiranzi4824 10 месяцев назад

    Ikibazo mfise nawe azonyishure:muburundi hariho église itanga ikori mûri État ? Iryokori baryita gute ? Canke kubera ashaka gushika kunyungu ziwe niho yitwaza ivyamakori atatanzwe ? Noneho État si ikijuju ntiyoca iza kwaka amakori idini rimwe ayandi madini atariko aratangwa. Ivyo gukotiriza abakozi mûri INSS ico nicukuri nibagikwirikirane.

  • @ukuriijambo9418
    @ukuriijambo9418 10 месяцев назад +1

    Inzu siwe yayubatse,baguha inkuru zitarizo,Inzu yabatswe nuwo yasubiriye,pentecote yatanguye 1935,reka kwigisha ibinyoma.