Urugendo 1281🇧🇮UBURUNDI BUSIGAYE ARI ICIRO RY'UMUGANI🤕😭

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 6 ноя 2024

Комментарии • 34

  • @RogerNinziza-lq9ys
    @RogerNinziza-lq9ys Час назад +1

    Ukuri kwuzuye gouvernemnt ndundi irakwiye gutanga imihoho yose borek kumira kurusato nkinyondweee.Imana natw irakwiy kutuvuvurira kumunezero ibind bihugu bifise🙌🙇

  • @gideondon
    @gideondon 4 часа назад +1

    Wampayinka ntawuhisha umwotsi inzu iriko irasha😢😢😢😢 wirambire wampayinka urumugabo turikumwe turagukurikirana

  • @NorbertGirukwishaka
    @NorbertGirukwishaka 17 часов назад +6

    Ubu ntabashingantahe bavugwa murikigihe. Ubu hashizwe imbere abagabo. Nabo Ama qualité yabo sindayibuka wampay'inka, ariko umugani umwe nibuka kubagabo nukwo bavugango "Umugabo nuwurya ivyiwe n'ivyabandi"

  • @KabwaKana
    @KabwaKana 17 часов назад +4

    Je bagenda gutora ngo guhindura ibwirijwa nshingiro nababwira ko ivyo barimwo batabizi kuko aha iyaba imyiyerekano yemewe barya Bose Bari kubutegetsi baba barataye bagahunga hama hagatwara abantu bafise ubwenge bukora neza

  • @EustacheManiragaba-cx9cm
    @EustacheManiragaba-cx9cm 5 часов назад

    Turindiriye Imana yokudutabara

  • @arsenearakaza1385
    @arsenearakaza1385 10 часов назад +1

    N' akamaramaza kubona sebarundi wacu ajagushinyagurir abenegihugu ngo Uburundi buri muri Eden naho atakintu kitagira vyose

  • @MariejosetteHaronsimana
    @MariejosetteHaronsimana 9 часов назад +2

    Reka nkuramutse wampayinka😊😊😊😊 jew naranumye sinkivuga

  • @Ntambwe4040
    @Ntambwe4040 6 часов назад +1

    Rekana nuyo mujinga Evariste sha. Ikintu cuzuye uburyarya nububeshi muriwe. Nukuri arabesha uyu mugabo ninaho igihugu kimunaniriye ariko kwirigwa abesha Imana nabantu ngo bari mumasengesho yaburikwe ntibazi ko ari politique yokuyovya abantu

  • @SilasNdayikengurukiye-jz9fk
    @SilasNdayikengurukiye-jz9fk 18 часов назад +2

    Ni danger wampayinka reka dukomez urugend maze tuzogaruza nimbari ryari umunezero rusiferi yatunyaze

  • @BerchimasBigirimana-do2sf
    @BerchimasBigirimana-do2sf 3 часа назад

    Abisiel nyetanyawo ngo mpaka apfunzwe kukibi akorera abanyagaza eka mber nisiyose

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana 11 часов назад

    Abarundi nitwe tuzovuga ko twigeze gutwarwa nabi bimwe bibi cane, nukuri birababaje😢😢

  • @niyonzimadomer3879
    @niyonzimadomer3879 4 часа назад

    Twarumiwe nukur

  • @ndayizeyeboniface8776
    @ndayizeyeboniface8776 16 часов назад +3

    Wampayinka nukugisengera

  • @EliasMisago-l9t
    @EliasMisago-l9t 55 минут назад

    Turikumwe gatanu kuri gatanu

  • @MunezerorongeriRogeri
    @MunezerorongeriRogeri 9 часов назад

    Abategetsibacu bavugako abarimubindibihugu ngonibobavuga igihugunabi.uyonawe suwoyaratumiye muhiriwe

  • @CheerfulBobsleigh-rz3dj
    @CheerfulBobsleigh-rz3dj 51 минуту назад

    Nukuzahamwe tukiyunga

  • @MUHIZIHESRON
    @MUHIZIHESRON Час назад +1

    Ejo ni heza ku barundi

  • @GuyPrévalMUGISHA-f5m
    @GuyPrévalMUGISHA-f5m 7 часов назад +1

    Ni badutwenge mugabo ndazi yuko Imana izotworohereza abadutwenga nabo ibahane.

    • @IshureRyabarundibose
      @IshureRyabarundibose  7 часов назад

      None badutwenga kubera TWIGISHa BUGUFI canke kubera ubwirasi bwacu bwo kutagomba kubona ingorane ngo tuzitorere umuti?Mbega Imana irakorana n'intagondwa?

    • @GuyPrévalMUGISHA-f5m
      @GuyPrévalMUGISHA-f5m 2 часа назад

      @IshureRyabarundibose Urumva uranezerewe KO badutwenga? Ahubwo nta bwenge ufise.

  • @NizigiyimanaDenize
    @NizigiyimanaDenize 15 часов назад

    Ntamaguru mufise imana ntiyabahaye amaguru abasokuru ntibaja ibugande bagashika nubunebwe bwabafashe

  • @AaronNIYONIZIGIYE
    @AaronNIYONIZIGIYE 16 часов назад

    Ariko mwibuke ko murikenya bari gutwika amapine kubera agahimboo

  • @MunezerorongeriRogeri
    @MunezerorongeriRogeri 9 часов назад

    Akonakamaramaza nukuri

  • @ودادعبدالله-ز4ر
    @ودادعبدالله-ز4ر 11 часов назад

    😢😢😮😮

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 14 часов назад

    Hahaha, ushaka aba DD basubize igihugu bace bamarirwa kw'icumu. N'akazi kabo. Reka abimyoza bimyoze bwana we. Ngo ingumba itazi ikibi irigata ishenyo.😵‍💫😵‍💫💩🙈.

  • @JeanlucNtahomvukiye
    @JeanlucNtahomvukiye 17 часов назад

    Nihatr ntibikivugwa

  • @ndayizeyeboniface8776
    @ndayizeyeboniface8776 16 часов назад

    Je ntaco nkivuga

  • @ndayizeyeboniface8776
    @ndayizeyeboniface8776 16 часов назад

    Wampaye numero zawe bro

  • @innocentnkurunziza9055
    @innocentnkurunziza9055 Час назад +1

    None ninde yakubwiye ko ariko avuga uburundi?? Canke yobuvuga ho iyo ni Imana? Imana niyo itunze uburundi, mweho atari insaku nokuvuga nabi igihugu canyu ntakindi mumaze, imitima yanyu yuzuye ugwiri,ntakindi mwofasha igihugu kuko nibikotikoti vyanyu ngo namaboko biteye nkamahwa ntaco mwokorako ngo gisigare ari kizima, imivumo yose yasigaye kuyavumye gahini yaciye ibagwako, ntakindi muri atari imivumo mwavumwe, muragapfa mwijane, Uburundi n'abarundi bazima atari ibivume nkamwe, butunzwe n'Imana, ba mupfundikira izo ngunguru zanyu ngo niminwa zamogoreye kubesha buri musi, uwozituriza benzene zigaherengetera mwisi, amahoro yoheba akaganza mwisi