URIZWA N'IKI KO YESU YAZUTSE?? Rév Pasteur Elie NDIKUNKIKO
HTML-код
- Опубликовано: 10 фев 2025
- Ubutumwa Umwungere wa mbere w'i Kiremba yavugiye mw'Ishengero rya Pentekote rya Kanyami-Ngozi ku Musi Mukuru wa Pasika 31/03/2024
Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Amen Amen Amen !!! Murakoze cane Muvyeyi wanje nkunda k'umutima
Amen 🙏💖
Yesu yarakoze kukugira vyatubereye ulugisha nubu turacari kumwe papa mwiza❤
Amen 🙏💓
Amen 🙏Mundongore mumbwire iyondirimbo yahereyeko niyakangahe?
Amen 🙏💖
Iyo ndirimbo yahereyeko ni 254 mu Ndirimbo zo Guhimbaza Imana mu Kirundi, yaririmvye igice ca nyuma.
Yesu kritso abampere Umugisha🥰
Aaaaameni Imana Ihezagire numuvyeyi wacuuu ntacotuma turira Yesu yarazutse nanje ndashimiye yesu kongiriwe ubuntu bwokuryumva Rino jambo kandi ndaryizeye
Amen 🙏💖
Amen yesu ashoboye vyosee umuvyeyi wacu yesu aramuhetse kumugongo
Amen 🙏💖
AMEN YESU BINKORERE NDAHEVYE KURIRA KUKO WANESHEJE IBINGOYE VYOSE MUTAMA WACU NDIHO AZOGUHEMBE KUKO AHEMBA NEZA
Amen 🙏💖
Yesu ashishikare kutuzigamira uwu muvyeyi wacu!! Aragahezagirwa! Amen 🙏
Amen 🙏💖
Halleluaaaaaaaaaaaaa amen ewe yesu fata ukuboko umuvyeyi wacu umuheke kumugongo wawe yesu yesu natwe ishengero wamuragije utuzigamire ubugingo tuzogere mwijuru amahoro azoba arumunezero udasanzwe amen
Amen 🙏💖
Turagukunda Muvyeyi cacu nukuri IMANA IKUTURINDIRE
Amen 🙏💖
Muvyeyi komeza uvuge ubutumwa yesu akomeze kukubura munkomezi nsha .baho muvyeyi yesu christo aguhezagire .amen.
Amen 🙏💖
@@meirratv23:22 23:24
Yesu uzompoz'amarira naririye mw'isi uzunyibuke uzumbikirimbabazi
Amen 🙏💖
Imana ikomeze umuvyeyi wacu turongewe inkomezi
Amen 🙏💖
Amen Imana ikomeze guhezagira umuvyeyi wacu
Amen 🙏💖
Amen amen amen amen 🙏🏼 🙌 👏
Amen 🙏💖
Imana ishimw kuba ikizigamye uyu muvyeyi knd Imudukomereze
Amen 🙏💖
Amen Imana ikutuzigamire Muvyeyi wacu.
Amen 🙏💖
Amen amen Yesu aturinde kurira aduhanagure amosozi
Amen 🙏💖
Mwubahwe mutama wacu murakoze cane
🙏💖
Amen mukozi wImana. Yesu abahezagire caaane
Amen 🙏💖
Murakoze mwungere, Kristo abongereze.
Amen
Amen 🙏💖
Amen yesabandany aguha umugisha mwungere wacu
Amen 🙏💖
Amen ,Imana ishimwe yesu yarazutse
Amen 🙏💖
Imana ihezagire umuvyeyi w'ishengero
Amen 🙏💖
Amen.yesu aguhezagire
Amen 🙏💖
Ameeen mutama.yesu akongere imbaraga .ndafashishwe.
Amen 🙏💖
Yesu yahuye mugituro ubwoba nibushire
🙏
Yaaa amen ndafashijwe mutama ukomere
Amen 🙏💖
Umwungere w,intama za Christo .Twaraguhezagijwe muvyeyi. Tuzokwiyubura munkomezi nsha. Uhoraho abahaze kuramba azabahe niherezo ryiza muhembura imitima y'a benshi ataburyarya.Imana data watwese izabahe ibihembo vy,abera
Amen 🙏💖
Amen Amen
Amen 🙏💖
Yesu abahezagire kubikorwa vyiza
Amen 🙏💖
Amen Imana igukomeze
Amen 🙏💖
Ameeen Yesu ashimwe caaane
Amen 🙏💖
Yesu aguhezagire mutama wacu kandi akwongere inkomezi
Amen 🙏💖
Ameen ameen
Amen 🙏💖
MEIRRA Uhoraho abahezagire goose nukuri nongeye kubakunda nubundi butumwa bwa Alfred turabukeneye IMana ibongere uburyo
Amen 🙏💖
Haleluyaaaa ❤ haleluyaaaa ❤️
Amen 🙏💖
Ameeen Ameeeen Ameeen
Amen 🙏💖
Warahezagiw muvyey wacu ndukunda
Amen 🙏💖
Ameeeeeeen
Amen 💖💖
Aaaaamen amen kubwa
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Ameeena nanje yesu unyibuke
Amen 🙏💖
Amen amen amen
Amen 🙏💖
Amen🙌🙌🙌
Amen 🙏💖
Ameen
Amen 🙏💖
Aaameen mutama wacu
Amen 🙏💖
Imana ihezagire
Amen 🙏💖
A😮😅
Ameeeeeeeeeeeeeeen
Amen 🙏💖
Ameeen ruhuka amahoro 😢
Amen 🙏💖
Murakoz yes abahezagir
Amen 🙏💖
Komera Mutama wacu
Ikanyami wari wahashitse
🙏💖
Yesu agomba abikore.
Amen 🙏💖
Haleluyaa
Amen 🙏💖
Mwarahezagiw muvyey
Amen 🙏💖
Nice
🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Ruhuka amahoro muvyeyi wacu
🙏💓
Uratashe mutama ijuru rikwakire kk wararikorey
🙏💖
Icoduha nkamwe abatama 10,muburundi twokizwa atari muburyarya
🙏
Naho boba 5,gusa ndamusabira IJURU nipfuza ko tuzohuriray
None ubujijwe gukizwa nokuburabatama bamwasamangira hariya basi
Abanabatama bafashwe nubupfu bwabakoroni mukwiye kureka kuguma mubahayagiza kuko ivyabo vyararangiye ivyo bavuga😂ntavyobazi
Kbx
🙏💓
Nca ndakwibuka
🙏💓
Umugeni aratashe.
💖🙏
Akomere umwungere wacuuu,
Aho nihe???
Nibatubwire
Aha ni NGOZI Centre, Ububwiriza KANYAMI
Ngozi, Kanyami.
Ngozi, Kanyami.
Mission gashikanya ububwiriza bwa Kanyami
Umugeni aratashe
🙏💖
Hhhhhhh ibi sinabiherukaga pe!
🙏💖
A
🙏💖
Sogo aguma aba umusore kabisa
🙏💖
Amen yesu ashoboye vyosee umuvyeyi wacu yesu aramuhetse kumugongo
Amen 🙏💖
Aameeen
Amen 🙏💖
Amen.Amen🙏
Amen 🙏💖
Amen🙏🙏🙏
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen
Amen🙏🙏
Amen 🙏💖
Umugeni aratashe
Amen 🙏💖
Amen amen
Amen 🙏💖
Aameeen
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen amen
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Aameeen
Amen 🙏💖
Amen Amen
Amen 🙏💖
Amen 🙏
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
À😮
Amen
Amen 🙏💖
Amen
Amen 🙏💖
Amen 🙏
🙏❤️
Amen,
Amen 🙏💖