Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Big up chef turakwemera ubusuma nu bwicanyi butukisha igihugu cacu buzohera komera shefu
😀😀😂🤣🤣🤣🤣Mbe bararekuwe?🤣😂😂😂
Bari shwe🤣🤣🤣🤣
Reka kubesha wakijuju ubu bari mubarekuwe muri cakigongwe bagiriwe n umukuru w igihugu@@abigagogo3484
Birakaze non uyomugore numunyagihugu
Haracariho abarundi bibijuju vraiment
Arik bari baberew!!!!
Ahahahah ati bari baberewe!
Hahhhhh Burundi kabs murashimisha nukuntu mwivugira
Yoooo birateye agahinda uwo mugore ntakwije ni mumurekure pu.nuwo mugabo mumupime mumutwe
Jew nibaza ko basara😂
Canke numugore numugabo mana ndumiwe ngonawe yaragiye kudefira azambarira mumuryango kwasiyoni heheeee reka kuntwenza
Hahahahahahhahahahaha biratwengej pe😅
Daaaahhh
Imbonerakure komutazikorako ? Kandi bazirirwana
Uwogutuma kuberekana abazambaye woberekana????? ze muravuga ivyo mufitiye ivyemeza kuko urunwarunwa rurahanwa.
Rekasha ibwa irya iwizi
Yes u right
Hahaha ibyiburundi.kweli😀😀😀😀😆😆😆😆😆😆
Uyo mugore mumutware kumasengesho yahuye nu mudayi moni
Mubakurikirane harikibyihishe inuma
😂😂😂 nimundek burund buratunz nimumurek nizoyitorey😂😂
Mwarasaze pee muraziranye sha
Baratwenza kweli😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Waruziko arizo bahebye ntabakene babiri bahimyendayabo
😅😅😅😅😅😅 udukoryoooo
Hahahaaaa karabay nukur kwimana none nkiconigihugu kwel
Numukehabwenge
Uyomugore we araboneka kwarumu civil naje nomufata
uwo mugore arasara. uwo wurwarwa niw atey amakenga
Abo nabasazi ntavyogufunga abasazi
Ndumiwe biratangaje cane ndumiwe
Uwo yambaye zigipolici zamutoye kabisa.nimba atagirwa nicaha barakwiye kumwinjiza mugi polici
From 255What's happen..? kimetokea nini hapo?
Huyo baba ameshikwa na sale za polisi, eti kazipewa na polisi mwenzie, mama nae na sale za kijeshi eti kaziogota jalalani.
😮❤
Abo nibamw bashak kutwononer igihug
😅😅cyane ahubwo bakanure kulaso❤
Ni hatari ndumiwe
Irambir mtama wama uri magaboMwirambir
Uwomudamu ntakomey neza mumutw numusazi
ubundi se ayambaye mubona abajejwe umutekano bahesha agaciro imyambaro bambaye.
Uyu ninyakwojyendera
Abasuna ntibavugwa mubanze mukureho igi turire
Uvuz ukuri
Bicwe ndumiwe 🤔🤔🙆♀️
Nimubafunge
Fativyobisuma
Mana weee, uwo police yafatiye mwibarabara, arazi no guterana ubwobaaa
Abo baba basinze woe ubarebye urabona ari bazima kweri?
Nimumuhe ayinwe murabeko harimwo ivyo musinziriza muvuga uwomudamu nawe ntakomeye mujane kwamuganga hama mubababarire
Ahubwo Abo bantu nkeka barabaroze nibaza KO badakomeye neza mu mutwe
Uwotwararyanyagasho
Yubahwe
Babwire kuko hovamwo ibikika mu kiza bagaca bakorera Inabi abandi
huyo muvuguzi wigipolisi ni pumbafu 100%
Uyo wu rwarwa nibarumuhereze arunywe uwo mu damu wewe ntibeshe nibamutware kwa Roganti kwanza bamusuzume mu mutwe neza
Ntiwosanga arukwigira umusazi.
Yarwaye mumutwe
Basa nabafungakiwani nimisiyabo yarikwiye ntabusazi ngaho umusazi abataratabagaye nagose nkomukwijera watoke APO bisuma nja mbaya
Bt😂
Bombi barabesha
Ni hatari
🤣🤣🏃🏃
Aba ni les rebelles.
Murazinanye sha
Turagowemana muriguricha
What??? Crazy people to rest in prison for few months 😱😱
non nkuyo mudamu ntibabona kwari umusaziii
Nonese uwumena inzu hamwe nurya igiturire bose imbere yimana sabasuma
ibicucu, biraha ubu se uyu nawe yoherejwe n'u Rwanda.
Natwenze ndake😅😅😅😅mmmmmh iyo mitwe yabo bantu mwabuze aho mufyinira
Iyobakaba vyarigusaneza ntibarigifatwa. Uwomu bibi abon'asan'umusoda? Iyoyambar'iz'igi police ntiyarigufatwa
Nibahane abobasuma bitwaza imyambaro yabajejwe umutekano w igihugu cacu nibo babacafuza
Mumuhe anweho murebe
Komeraa
Inbonerakure naso?ko mutazika nanbo?
Abo sibo nkozizibibi benumwambaro nobo bagizi banabi
Ijoro numurango
Tatizo lugha yenu hatuwaelewi ongeeni basi kimataifa zaidi
Nambamugway mumutwe ehuyonukecuru rero ewemana mwemurambarimpuzu atarizakazi mukora ahubwomugway mumutwe
We
Ndabashimiye kweri Abarundi turi maso uyo mugore arateye ubwoba
😂😂😂😂😂
Uwomugore yidandariza irengarenga mungagara vrm
haaaaaaaaa ndumiwe
Non twebwe aba city kuvyambara ni bibi?
😢
Mucenzi
Game
Ivyo bishambara bambaye ngo n'impuzu z'abajejwe umutekano! Wa he? Ikigihugu kibamwo umutekano abirirwa bicwa n'abantu bambara ivyo bishweka ahubwo barubahuka abo bavyambaye nkeka zarakoranyeko.Kandi uwo ngo ni Nkurikiye mu mubwire uko banka kwa basazi bambara impuzu zabo natwe abacivile ntidushaka abasirikare n'abapolisi ko bambara impuzu n'ibirato vyacu ako nakarenganyoooo
haaaah uburundi busigaye butunze abasazi kweli ngoooo nazitoye mwiyarara??
Hahhh Engene nanje ndumva bitwengeje!!!
Mmmmmh 😅😅😅😅
@@rwandaonmap1000hills mucezo wa ndani DD
Iyo nimitwe ya portike
agasobanuye
Hewe uviliza mbaze abo sabazazi ninkotanyi zamaga zakoze nkivyonyine
ruclips.net/video/9MerVuqmTvw/видео.htmlRubanda rwatunguye inkotanyi zishya ubwoba INTWARI nyazo....
Nibagende ababeshi
Atumenga wari waborewe?reka sha reka haraho wabonyk umunyagihugu yemerewe kwambara umwambaro wigihugu kweli ?hahahhha
🙄🤔
Bateye isoni
Nimumureke ntakomeye mumutwe kuko ntamuntu akomeye yokubahuka uwomwambaro atawugenewe ahubwo nimumunyarukane kwamuganga yarasaze
Aaaah nibamureke uyo nu musazi mumutwe turamuzi yitwa Leticia
hhhhhhh abarundi nkunda ukuntu bivugira nyumvira nkuyu mugorewhat f*** is wrong with yahhhh ngo warazitoye
🤣🤣🤣🤣🤣🤣 baranchanga ngewe uyumugore ntanakimwe nunvisemo wenda umusorewe nunvisemo bike barasekeje bose nibagatara
😅😅😅😅😅😅Bifitiye ubwoba
hhhhhhhhhhhhhh mba ndikwisekera tuh
@@tetakelvin7011 Nibaza ko ari umunyamahanga yabaye kera mu Burundi kuko ivyo avuga si ikirundi nya kirundi ni uruvangavange.
Asha nivyo kanisa
Ha ha,
Ni akazi kantu niba muzajya musuzugira abantu bose ngo no abasazi ndavuga abari kuvuga ubusa ngo wasanga ari abasazi ngo nibabareke ahubwo bacakirwe ababzwe neza icyo bagamije you'll thank me later #nifuriza amahoro I Burundi naho abatifuriza amahoro ibihugu byanyu mwarasaze
igihozo wewe kuvuga i kinyarwanda ?
Umudamu wanjye arandushya kumpa bigatuma ndangiza vuba aribwo atangiye
Urasara kweli
Hhhhhhhh
Mwabishe nk'uko mwica abandi
Kurumugome nukuberiki
Hhhhhh
Gy
Izosiguro zabo sizo bazivyishi nibabazwe banyene izompuzu baranizwe
Haaa
Ingene bavuga badafise ubwoba biraboneka neza ko Ari aba gouvernement
@@maximebugingo7774 suko nyene 😏...
Accent y'abarundi ndayikunda. Mba numva bateye impuhwe, Nibubahwe
Big up chef turakwemera ubusuma nu bwicanyi butukisha igihugu cacu buzohera komera shefu
😀😀😂🤣🤣🤣🤣
Mbe bararekuwe?
🤣😂😂😂
Bari shwe🤣🤣🤣🤣
Reka kubesha wakijuju ubu bari mubarekuwe muri cakigongwe bagiriwe n umukuru w igihugu@@abigagogo3484
Birakaze non uyomugore numunyagihugu
Haracariho abarundi bibijuju vraiment
Arik bari baberew!!!!
Ahahahah ati bari baberewe!
Hahhhhh Burundi kabs murashimisha nukuntu mwivugira
Yoooo birateye agahinda uwo mugore ntakwije ni mumurekure pu.nuwo mugabo mumupime mumutwe
Jew nibaza ko basara😂
Canke numugore numugabo mana ndumiwe ngonawe yaragiye kudefira azambarira mumuryango kwasiyoni heheeee reka kuntwenza
Hahahahahahhahahahaha biratwengej pe😅
Daaaahhh
Imbonerakure komutazikorako ? Kandi bazirirwana
Uwogutuma kuberekana abazambaye woberekana????? ze muravuga ivyo mufitiye ivyemeza kuko urunwarunwa rurahanwa.
Rekasha ibwa irya iwizi
Yes u right
Hahaha ibyiburundi.kweli😀😀😀😀😆😆😆😆😆😆
Uyo mugore mumutware kumasengesho yahuye nu mudayi moni
Mubakurikirane harikibyihishe inuma
😂😂😂 nimundek burund buratunz nimumurek nizoyitorey😂😂
Mwarasaze pee muraziranye sha
Baratwenza kweli😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Waruziko arizo bahebye ntabakene babiri bahimyendayabo
😅😅😅😅😅😅 udukoryoooo
Hahahaaaa karabay nukur kwimana none nkiconigihugu kwel
Numukehabwenge
Uyomugore we araboneka kwarumu civil naje nomufata
uwo mugore arasara. uwo wurwarwa niw atey amakenga
Abo nabasazi ntavyogufunga abasazi
Ndumiwe biratangaje cane ndumiwe
Uwo yambaye zigipolici zamutoye kabisa.nimba atagirwa nicaha barakwiye kumwinjiza mugi polici
From 255
What's happen..? kimetokea nini hapo?
Huyo baba ameshikwa na sale za polisi, eti kazipewa na polisi mwenzie, mama nae na sale za kijeshi eti kaziogota jalalani.
😮❤
Abo nibamw bashak kutwononer igihug
😅😅cyane ahubwo bakanure kulaso❤
Ni hatari ndumiwe
Irambir mtama wama uri magabo
Mwirambir
Uwomudamu ntakomey neza mumutw numusazi
ubundi se ayambaye mubona abajejwe umutekano bahesha agaciro imyambaro bambaye.
Uyu ninyakwojyendera
Abasuna ntibavugwa mubanze mukureho igi turire
Uvuz ukuri
Bicwe ndumiwe 🤔🤔🙆♀️
Nimubafunge
Fativyobisuma
Mana weee, uwo police yafatiye mwibarabara, arazi no guterana ubwobaaa
Abo baba basinze woe ubarebye urabona ari bazima kweri?
Nimumuhe ayinwe murabeko harimwo ivyo musinziriza muvuga uwomudamu nawe ntakomeye mujane kwamuganga hama mubababarire
Ahubwo Abo bantu nkeka barabaroze nibaza KO badakomeye neza mu mutwe
Uwotwararyanyagasho
Yubahwe
Babwire kuko hovamwo ibikika mu kiza bagaca bakorera Inabi abandi
huyo muvuguzi wigipolisi ni pumbafu 100%
Uyo wu rwarwa nibarumuhereze arunywe uwo mu damu wewe ntibeshe nibamutware kwa Roganti kwanza bamusuzume mu mutwe neza
Ntiwosanga arukwigira umusazi.
Yarwaye mumutwe
Basa nabafungakiwani nimisiyabo yarikwiye ntabusazi ngaho umusazi abataratabagaye nagose nkomukwijera watoke APO bisuma nja mbaya
Bt😂
Bombi barabesha
Ni hatari
🤣🤣🏃🏃
Aba ni les rebelles.
Murazinanye sha
Turagowemana muriguricha
What??? Crazy people to rest in prison for few months 😱😱
non nkuyo mudamu ntibabona kwari umusaziii
Nonese uwumena inzu hamwe nurya igiturire bose imbere yimana sabasuma
ibicucu, biraha ubu se uyu nawe yoherejwe n'u Rwanda.
Natwenze ndake😅😅😅😅mmmmmh iyo mitwe yabo bantu mwabuze aho mufyinira
Iyobakaba vyarigusaneza ntibarigifatwa. Uwomu bibi abon'asan'umusoda? Iyoyambar'iz'igi police ntiyarigufatwa
Nibahane abobasuma bitwaza imyambaro yabajejwe umutekano w igihugu cacu nibo babacafuza
Mumuhe anweho murebe
Komeraa
Inbonerakure naso?ko mutazika nanbo?
Abo sibo nkozizibibi benumwambaro nobo bagizi banabi
Ijoro numurango
Tatizo lugha yenu hatuwaelewi ongeeni basi kimataifa zaidi
Nambamugway mumutwe ehuyonukecuru rero ewemana mwemurambarimpuzu atarizakazi mukora ahubwomugway mumutwe
We
Ndabashimiye kweri Abarundi turi maso uyo mugore arateye ubwoba
😂😂😂😂😂
Uwomugore yidandariza irengarenga mungagara vrm
haaaaaaaaa ndumiwe
Non twebwe aba city kuvyambara ni bibi?
😢
Mucenzi
Game
Ivyo bishambara bambaye ngo n'impuzu z'abajejwe umutekano! Wa he? Ikigihugu kibamwo umutekano abirirwa bicwa n'abantu bambara ivyo bishweka ahubwo barubahuka abo bavyambaye nkeka zarakoranyeko.
Kandi uwo ngo ni Nkurikiye mu mubwire uko banka kwa basazi bambara impuzu zabo natwe abacivile ntidushaka abasirikare n'abapolisi ko bambara impuzu n'ibirato vyacu ako nakarenganyoooo
haaaah uburundi busigaye butunze abasazi kweli ngoooo nazitoye mwiyarara??
Hahhh Engene nanje ndumva bitwengeje!!!
Mmmmmh 😅😅😅😅
@@rwandaonmap1000hills mucezo wa ndani DD
Iyo nimitwe ya portike
agasobanuye
Hewe uviliza mbaze abo sabazazi ninkotanyi zamaga zakoze nkivyonyine
ruclips.net/video/9MerVuqmTvw/видео.html
Rubanda rwatunguye inkotanyi zishya ubwoba
INTWARI nyazo....
Nibagende ababeshi
Atumenga wari waborewe?reka sha reka haraho wabonyk umunyagihugu yemerewe kwambara umwambaro wigihugu kweli ?hahahhha
🙄🤔
Bateye isoni
Nimumureke ntakomeye mumutwe kuko ntamuntu akomeye yokubahuka uwomwambaro atawugenewe ahubwo nimumunyarukane kwamuganga yarasaze
Aaaah nibamureke uyo nu musazi mumutwe turamuzi yitwa Leticia
hhhhhhh abarundi nkunda ukuntu bivugira
nyumvira nkuyu mugore
what f*** is wrong with ya
hhhh ngo warazitoye