My story -Yanick Uttar ft Guillain (Official Lyrics visualizer)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 13 окт 2024
  • Yanick Uttar presents the official lyrics visualiser to my story
    -----------------------------------------------------------------------------------------------------------------------
    Umuntu wese arafise Histoire y'ubuzima bwiwe.ino ndirimbo ifise iciyumviro c'uko utakaza kwiyumvira kahise kawe utarakira Kristo, ubuzima bw'Umuntu butangura neza iyo yakiriye UMWAMI YESU.
    Hari igihe umenga wovuga IMANA wishimikije ivyanditswe canke ivyo wigishijwe canke ivyo wabwiwe, ariko ino ndirimbo igushaka uriko uvuga Imana wabonye,iyo wiyumviye,iyavuganye nawe ,iyagukoreye vyabindi vyose.

Комментарии • 35