Nzovuga-Ur'intwari Yesu-Twegeraniye hamwe.........playlist video-Yanick Uttar
HTML-код
- Опубликовано: 12 окт 2024
- HAMWE NA CHRISTO DUTUMA BIBA.
AVEC CHRIST NOUS L'ACCOMPLISSONS
WITH CHRIST WE MAKE IT HAPPEN
nukuri nasha ndagufashe guhimbaza murukurikirane rw'indirimbo zanje.Aho uzoba uri hose uriko uravuza izi ndirimbo, Imana ize yishure amasengesho yawe nivyo ukeneye vyose.
Contacté Yanick Uttat on +257 61 134 115
Sinarinzi KO mu🇧🇮 dusigaye dufise abana baririmba neza nkuko.
Imana ikuje imbere,❤❤❤
Urakoze mwana kutwegereza umukiza uruwambere ngiye kuza ndirabira indirimbo zawe ❤❤❤
Merci bwana
Urashoboy kbx
Waaaaao Come on
Vyiza cn
Ndakwemera cane nawe urabizi,,,keep it up the ministry brother
Imana yagure ibikogwa vyawe
Imana ibahe umugisha mwishi cane.
Top
Ooh Thank you so much! We are blessed
🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Good 🔥🔥🔥🔥🔥 courage 1006 chansons uru rukurikirane twari turwiteganye igishika 💪💪avec christ nous l, accomplissons 🙏
Amen
God bless u MOG
Keep on shining
❤❤❤❤❤ vyiza cane kandi courage
❤❤ Yanick Imana igukomeze
Waaaooo urakoze cneee uru rukurikirane twar turunyotewe peeee
Oooohhh twari twiteganye igishika cinshi uru rukurikirane ✍️✍️✍️✍️✍️✍️ courage 1006 chansons akari inyuma karahinda🙏
None jw narihe? Kuba ntari bwamenye umuririmvyi asizwe nkuku ? Cnk numve izindirimbo? Harakenewe promotion vraiment ya music Gospel ikwiye kwl , mbere jw ntazindi Ubu mparaye atari izinyene ziriko ziranyubaka cane pe Hillingsongs bandindire ndabonye abandi baririmba ico nitwa unutumwa bwubwiza , bahimbaza mukuri gukwiye thanks guys numva ntohezaa kwl
Barikiwa papa
Respect
Kabayeee
Courage bro.uririmba neza.mumudiho mwiza
Ndabaza uyu numurundi kweri kwabikora neza none
Nina Siri by Israël mbonyi
Abobana nabahe?