Aranzigama -Yanick Uttar ft Prophète Modeste

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 12 окт 2024
  • Romain 8:31-39
    __________________
    Written and arranged by Yanick Uttar
    Audio produced by Marc KIBAMBA
    Video director: Kevin
    ---------------------------------------------------------------
    Téléphone :+257 61 134 115 (WhatsApp)
    Lyrics
    v1:
    Namubonye kenshi aza munzira yanje,
    Aho twahuriye Siho naba ndamwiteze.
    Rimwe na rimwe yasanga natay'inzira,
    amfat'ukuboko ambwira ti ngwino bandanya.
    Aho vyasavye ko abantu batantahura,
    Ashigikira ico yavuze kubuzima bwanje.
    Chorus:
    Ntazonkundira ko ntirimuka oyaa;
    ntazokundira umwasi kw'anyitamba hejuru:
    Anzigama mugitondo kumurango no mwijoro,
    Anzigama iyo nryamye ndi mukazi canke nduhutse;
    Anzigama uyu mwaka uwuzoza ibihe vyose.
    Bridge1:Aranzigama ntahunyiza oya oya
    Bridngde2:
    Aranzigama ntahunyiza, no no no...
    CATCH UP WITH YANICK UTTAR ON:
    Follow me on YT: 👇
    • Ibendera by Yanick Uttar
    Follow me on IG:👇
    ...
    Follow me on FB:👇
    www.facebook.c...
    Tiktok👇
    vm.tiktok.com/...

Комментарии • 382

  • @NduwayezuJimmy
    @NduwayezuJimmy 10 месяцев назад +3

    Hamwe na christu dutuma biba utter yanick arashoboye imana iguhezagira mubikorwa vyayo

  • @YvetteIRANKUNDA-x8d
    @YvetteIRANKUNDA-x8d 7 месяцев назад +3

    Aranzigama ntahunyiza,oyaa oyaa🙏🙏🙏🙏

  • @EmelyneNshimirimana-p7m
    @EmelyneNshimirimana-p7m 3 месяца назад +12

    Abantu mwahezagiwe niyi song nkuko yampezagiye mubinyereke jewe ndayiraba iyo vyutse niyo ryamye🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤🎻🎻🎻🎻🎻🎻🎻🎻🎻🎻🎤🎤🎤🎤🎤🔥🔥🔥🔥🔥🔥🙌🙌🙌🙌💃

  • @FidellaManirambona
    @FidellaManirambona 9 месяцев назад +2

    Oooooh Hallelujah my favorite song ndimu❤ niy song vrmt kure cane utter uhagere

  • @jeanbonheurharmoniciste5443
    @jeanbonheurharmoniciste5443 7 месяцев назад +2

    Mbega indirimbo wee🤭🔥🔥🔥
    Be blessed 👏👏👏

  • @arnaudbrunoiradukunda8856
    @arnaudbrunoiradukunda8856 10 месяцев назад +2

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ Aranzigama Ntahunyiza

  • @mounabimenyimana3005
    @mounabimenyimana3005 7 месяцев назад +2

    The best song of this year 2024

  • @NdayizigaIssa-hg4pv
    @NdayizigaIssa-hg4pv 7 месяцев назад +2

    Mungu akubaliki sana

  • @mukamurigoyvonne2578
    @mukamurigoyvonne2578 15 дней назад +1

    Niriwe nyishaka ark ndayibonye👏👏👏👏💕💕💕

  • @ManirakizaFabrice-w4r
    @ManirakizaFabrice-w4r 4 месяца назад +11

    Niho ncumva iyindirimbo vrt Israel mbonyi from Burundi Uttar❤

    • @gahucyriaque4058
      @gahucyriaque4058 3 месяца назад

      Aranzigama uwo mwami wanje haleluyaaaaaaa haleluyaaaaaàaaa🙏🙏🙏🙏🙏

  • @Comeon-City
    @Comeon-City 10 месяцев назад +9

    Yesu Warakoze kubana n' Umusavyi wawe mu bihe vy'ubutayu. Uri Umwizigirwa ntutetereza. 🙌🙌🙌👏🙏

  • @sijemoct1216
    @sijemoct1216 10 месяцев назад +4

    Imana Ibahezagire cane, umuntu wese afise ibihe yaciyemwo IRamwereka neza Ugukomera kw Imana Yiwe

  • @hilairebarutwanayo6111
    @hilairebarutwanayo6111 Месяц назад +3

    Mbega amavuta
    Karanshitse vraiment ❤

  • @IrankundaJerca-gj5yh
    @IrankundaJerca-gj5yh 10 месяцев назад +1

    Amen amen aranzigama ibihe vyose

  • @ClarisseButoyi
    @ClarisseButoyi 10 месяцев назад +2

    Atuzigama turyamye niyo tuvyutse arikumwe natwe

  • @ElyseGahimbare
    @ElyseGahimbare 9 месяцев назад +1

    Yanick umuhungu Imana yahaye umugisha 🎉 mbega indirimbo nziza

  • @mamereirenee
    @mamereirenee 10 месяцев назад +4

    Nice song Quality Videos

  • @emmanuelniyonkuru8993
    @emmanuelniyonkuru8993 10 месяцев назад +6

    Brother courage vrt ,ufise ukuntu ukora indirimbo 😢😢😢😢God bless u wandika neza

  • @niyiragirapascal9240
    @niyiragirapascal9240 10 месяцев назад +2

    Ameeeeeeeen ❤❤❤❤❤

  • @LouisNDAYIZEYE-zv4mw
    @LouisNDAYIZEYE-zv4mw 6 месяцев назад +1

    Courage broo urashoboye

  • @SergesNshimirimana-i9v
    @SergesNshimirimana-i9v 7 месяцев назад +1

    Urashoboye Mung akuongoze kbs

  • @MeddyMukeraburori
    @MeddyMukeraburori 19 дней назад +1

    Mwarahezagiwe

  • @Christophe-ug1gz
    @Christophe-ug1gz 7 месяцев назад +1

    Imana ikongere inkomezi

  • @ishimwevoice1797
    @ishimwevoice1797 9 месяцев назад +1

    Anzigama ibihe vyose

  • @ChristineAKIMANA-z5k
    @ChristineAKIMANA-z5k 10 месяцев назад +3

    Aranzigama agasubira knd akanzigama🙋🙋🙋🙋🙋💥💥💥💥💥💥

  • @passionptv6520
    @passionptv6520 10 месяцев назад +3

    Modest noneho Uranyemeje 😂😂😂 un vrai chanteur! God Bless you

  • @epimackndayishimiye1856
    @epimackndayishimiye1856 10 месяцев назад +1

    I love this song 🎵 nawew ubirimwo neza brother wNje uttar . Wandika neza

  • @ClairiaIra
    @ClairiaIra 10 месяцев назад +3

    Nice song ajotwahurira siho naba mwiteze
    Quality Vidéos

  • @NkurikiyeWilson-q3s
    @NkurikiyeWilson-q3s 23 дня назад +1

    Nanje nunva mpezagiwe cane niyindirimbo yannick ndakwipfurije kugera kure cane uhoraho akwongere amavuta akugumizeko ikiganza ciwe amen

  • @fleurymugisha5066
    @fleurymugisha5066 10 месяцев назад +1

    Aranzigamaaa ndabishingira intahee

  • @AppolinaireNKIRAVYIKIRA-kq6nt
    @AppolinaireNKIRAVYIKIRA-kq6nt 10 месяцев назад +3

    Komera muvandi

  • @CharlesIgirubuntu
    @CharlesIgirubuntu 7 месяцев назад +1

    ❤nice bavandi ndabakund cn kuraj

  • @MickyMilitayer
    @MickyMilitayer 9 месяцев назад +1

    Thank you brother jewe ndarengerwa cne

  • @ArseneKaze
    @ArseneKaze 10 месяцев назад +1

    Imbere n heza komeza

  • @alexnshimiyimana4741
    @alexnshimiyimana4741 Месяц назад +2

    Ikoze kumutima wanjye gusa ntakindi naguha nguhaye like and subscribe comment Burundian pure a head so keep moving. Aranzigama buri gihe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @samuelnteturuye7850
    @samuelnteturuye7850 9 месяцев назад +1

    Yesu nimwiza

  • @DeliciaInamahoro-yu1yk
    @DeliciaInamahoro-yu1yk 10 месяцев назад +1

    Aranzigamaa,,,,🥺🙌

  • @AdidjaItangiteka-dy9hi
    @AdidjaItangiteka-dy9hi 10 месяцев назад +1

    Uturangirijr umwaka neza mon frère yesu agukomeze kurushaaa❤❤❤❤

  • @thierrynzambimana4392
    @thierrynzambimana4392 3 месяца назад +1

    Ndafashijwe

  • @VérèneIzobishitsa
    @VérèneIzobishitsa 10 месяцев назад +2

    Nice song bro hejuru caane niho nkwipfurije!mwarahezagiw

  • @abimanajeandavidjean6506
    @abimanajeandavidjean6506 Месяц назад +2

    Yesu aguhezagire,tera intambuko,ugaragaze icubahiro c'Imana yakugize mwiza,ugumane ubwiza naturel,ntaco ukwiye kwongerako,ivy'abandi baronka baguze wewe wabironkeye ubuntu,icompa ukabitahura .vous etes une benediction sur le Burundi,vous etes notre fierté.

  • @ornellairakoze8375
    @ornellairakoze8375 10 месяцев назад +3

    Hamwe na christo dutuma biba knd biryoha cn much respect ❤

  • @UmunyuWisi
    @UmunyuWisi 24 дня назад +1

    Good song 🎧 I’m addicted

  • @holycanaantv
    @holycanaantv 10 месяцев назад +1

    Nice work ,love from IRIBA RYIZA

  • @kanezacarine4319
    @kanezacarine4319 3 месяца назад +1

    Indirimbo nziza cane

  • @simonfikiri6953
    @simonfikiri6953 10 месяцев назад +2

    Yannick watwitse tuuu respect komeza peee imbere niheza

  • @salesamanofficial1518
    @salesamanofficial1518 7 месяцев назад +1

    Ooooh what a song 🎵 be blessed brother yannick... imana ikomeze kukuronsa amavuta menshi muvandi 👏

  • @claudesindaharaye8510
    @claudesindaharaye8510 День назад

    Yesu aguhezagire muhungu abandany avomera iyo ngabire
    Urashoboye❤❤❤❤❤

  • @innocentnduwimana7639
    @innocentnduwimana7639 10 месяцев назад +1

    Warahezagiwe cne lmana igukomeze

  • @BelissaNivyimana
    @BelissaNivyimana 2 месяца назад +2

    Vyukuri uri umuririmvyi ,impano karemano atari indonderano👌🎉💥

  • @ElianeCiza-q3o
    @ElianeCiza-q3o 3 месяца назад +1

    Haleluaaaaa haleluaaaaa haleluaaaaa Ayiiiwe Ureraaa Mana yanje ❤❤❤❤❤❤❤

  • @bonneminebutoyi
    @bonneminebutoyi 9 месяцев назад +2

    Whaouuuh mbega indirimbo nziza Hallelujah Amen 🙏

  • @AlineNDAYISENGA-m6l
    @AlineNDAYISENGA-m6l 10 месяцев назад +1

    Itaryoshe vrmaaa

  • @GretaMugisha-rw3ko
    @GretaMugisha-rw3ko 10 месяцев назад +2

    Waoooooph❤❤ nic song keep moving uttar

  • @Starboyforyouburundi
    @Starboyforyouburundi 10 месяцев назад +1

    Uririmba neza

  • @MickyMilitayer
    @MickyMilitayer 8 месяцев назад +1

    Nongeye gufashwa

  • @isaacbayisabe5045
    @isaacbayisabe5045 10 месяцев назад +2

    Aranzigama kandi aranzigama. Aho namuboneye siho narindamwiteze .
    Thx bwana Yannick

  • @ArielbrimelTuyaga-mn8py
    @ArielbrimelTuyaga-mn8py 10 месяцев назад +1

    Ndujujwe naweeeee imana ibandanye iguhishurira

  • @SandjoMUTIMIRWA
    @SandjoMUTIMIRWA 5 месяцев назад +1

    I like this song 😭😭😭❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🙌🙌🙌🙌🙏🙏

  • @JeanNepoMategeko
    @JeanNepoMategeko 10 месяцев назад +1

    No mu Burundi turafise Mbonyi ,je narinzi KO ariwe kabxa

  • @LysehuguetteIradukunda
    @LysehuguetteIradukunda 23 дня назад +1

    Amajambo arimwo araruhura caaane🙏🙏Mwarahezagiwe🙌🏾🙌🏾

  • @marcbuci
    @marcbuci 7 месяцев назад +2

    Simbi Wa sembavumba wakoze kundungika kuri ndirimbo Maze kuyumva 10fois aujourd'hui
    Abariko bayumva 00h01 Burundi France tuvuge KO atuzigama.

  • @kalidly
    @kalidly 10 месяцев назад +4

    My Jesus Aranzigama Nkabona Ukuboko kwayo Buri Munsi. Utter Thank you for this song It will be on Playlist this whole month. 🥰🥰🥳🥳🥳🥳🥳🥳 Thank you Jesus Unzigama uko bukeye nuko bwije 🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🤒🤒🤒🤒🤒🤒🤒🤒🤒🤒🤒🤒🤒🤒🤒🤒🤒

  • @gadnitanga-gm9bo
    @gadnitanga-gm9bo 10 месяцев назад +1

    Good written song. Cheer up

  • @henrietted8517
    @henrietted8517 9 месяцев назад +1

    Arazigama 🙌🏽

  • @ConsolateNdereyimana
    @ConsolateNdereyimana 10 месяцев назад +1

    Kure cyane Kandi hejuru cyane my brother

  • @farajaworshipper8309
    @farajaworshipper8309 10 месяцев назад +1

    Aranzigama.
    Nice song bro Uttar

  • @AlexandreBiringanineRuag-ug4yr
    @AlexandreBiringanineRuag-ug4yr 10 месяцев назад +2

    Nyimbo nzuli sana

  • @ericharerimana2092
    @ericharerimana2092 10 месяцев назад +1

    Uttar👏👏👏👏

  • @marietolerence
    @marietolerence 27 дней назад +1

    Iyi ndirimb ndayunvire incur 10kumusi❤❤❤❤❤😢😢🎉🎉

  • @NtahirajaMartin
    @NtahirajaMartin 7 месяцев назад +1

    Halleluaaaa

  • @fleuryizibikwiye6151
    @fleuryizibikwiye6151 10 месяцев назад +1

    nanje aranzigama mu bihe vyinshi👐

  • @JustinNdabarushimana
    @JustinNdabarushimana 10 месяцев назад +1

    Uririmba indirimbo ziryoshe

  • @keniacharly2044
    @keniacharly2044 10 месяцев назад +3

    Halleluyaaaah🎉🎉🎉 ❤❤❤ aranzigam ntahunyiz no no nooooooo💖💃💃💃

  • @gloriagoo9201
    @gloriagoo9201 10 месяцев назад +4

    Ooh Goood thank you for this gift of our country 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @Cimpayejeanette
    @Cimpayejeanette 8 месяцев назад +1

    Amazing song bro

  • @ntahomvukiyevincent9245
    @ntahomvukiyevincent9245 Месяц назад +1

    Amen mon frère.Narimaze iminsi ndayirondera cane none ndayiguyeko

  • @gaelbigirimanabigirimana
    @gaelbigirimanabigirimana 10 месяцев назад +1

    Hezagirw

  • @nduwayezuannociatte1462
    @nduwayezuannociatte1462 10 месяцев назад +1

    Kedeba❤❤

  • @JoselyneNizeyimana-w8s
    @JoselyneNizeyimana-w8s 10 месяцев назад +3

    ARANZIGAMA,my song this end of year,indirimbo imbereye iyambere kuva nakumva indirimbo.more anointhing brother Uttar Yannick.

  • @GaëllaAbbyBihimana
    @GaëllaAbbyBihimana 10 месяцев назад +1

    Merciiii 🙏🙏aranzgam peee

  • @Goldengrey685
    @Goldengrey685 10 месяцев назад +1

    Oooh this is my song , thank you

  • @msolorockbluesguitar4945
    @msolorockbluesguitar4945 10 месяцев назад +1

    Aranzigama ntahunyiza never never never

  • @clovislight
    @clovislight 10 месяцев назад +1

    Barikiwa sana indirimbo nziza

  • @ritaraidia1201
    @ritaraidia1201 8 месяцев назад +1

    Indirimbo zaw ziraryoshe

  • @etiennemanirakiza8491
    @etiennemanirakiza8491 9 месяцев назад +1

    Courage bro, well done, Good song

  • @thierrymanirambona2422
    @thierrymanirambona2422 10 месяцев назад +1

    Good song🎉

  • @SandraPazos-i1s
    @SandraPazos-i1s 14 дней назад

    Igihe cose iyi ndirimbo imbera nshasha😭😭😭🙏🙌🙌🙌 IMANA ikongereze amavuta 🙏❤️

  • @alainchristianarakaza61
    @alainchristianarakaza61 10 месяцев назад +3

    Aranzigama ntahunyiza no no no Nice song bro 🥳🥳❤️✨✨✨🔥🔥🔥

  • @barakamfitiyecelestin8617
    @barakamfitiyecelestin8617 10 месяцев назад +1

    Yooooooooo😢yaaaaaaaaaaaaaa😢

  • @GuyArnaudIrangabiye-mk7cj
    @GuyArnaudIrangabiye-mk7cj 10 месяцев назад +2

    Bandanya uririmba neza caan arik gato harukuntu tutumva ijwi ryaw gato niryabo bakobwa bitabira ico muragikosora indirimbo za isirael mbonyi uramaz kuzumva naw papa habura gato ako nkubwiye

  • @niyonzimamariette7918
    @niyonzimamariette7918 10 месяцев назад +1

    Aranzigama ntahunyiza ❤

  • @ChristopheNizigiyimana-i9i
    @ChristopheNizigiyimana-i9i 9 месяцев назад +1

    Haleluiiiaaa

  • @nkurunzizaemmanuel2270
    @nkurunzizaemmanuel2270 10 месяцев назад +1

    Imana ishishikare kugukoresha ibidasanzwe nice song uranzigama

  • @ndayizeyeclovis2454
    @ndayizeyeclovis2454 10 месяцев назад +2

    Ooooo thank you worshiper Uttar Imana ikwagure cane

  • @ChristianNTAKA
    @ChristianNTAKA 10 месяцев назад +1

    Iratuzigama iyo mana

  • @consiliendikuriyo4393
    @consiliendikuriyo4393 10 месяцев назад +1

    Aranzigama ntahunyiza 🙇🙇🙇🙇🙇🙇🙇 my Favorite song of the year✍️✍️✍️✍️ amajambo nkaya avah ?? Uttar uri impano y,isi vrt courage💪💪

  • @RedaNduwa257-dp3yg
    @RedaNduwa257-dp3yg 10 месяцев назад +1

    Yanick hejuru cane

  • @gyslaineingabire9163
    @gyslaineingabire9163 10 месяцев назад +1

    Aranzigama 👌💯✍️keep on bro

  • @NivyayoElissa
    @NivyayoElissa 4 месяца назад +2

    I feel like something is moving inside of my body Jesus is there