Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Muradushakire n, izindi za kera. Murakoze
Mwubahwe kuri iyo ndirimbo ❤😢😢😢 akanovera ntikazopfa gaheze kabisa 🙏 🙏Musique 100% YUZUYE
nkumbuye my generation
Nostagieee yoooo iyi ndirimbo nayirondeye imyaka mirongo itatu Nizere ko bakiriho 🙏🏽💐😘😘😘Mwararirimba nimugende
urayihawe nizindi turiko turazirondera
Aracariho yitwa Backy John
@@fistonbukeyeneza37 murakoze caneNdanezerewe caaaane 💗💗💗❤️
Nzomurondera murakoze caaane kumbwira son nom Iyindirimbo irandiza caaane
Yooo murakoze cane munyibukije keraaaa
Bararirimba!👏👏
Vidéos z'izo ndirimbo kuri RTNB, turasavye nazo bazidushakire. Aho Bukuru Gérard yari arongoye orchestre Ubumwe, ni yirambire yakoze ibikora inka!
ntituzironka kandi ziriko ziratakara je sinarinzi n'uko zibaho murakoze tuzozirondera
Ndabakunda Sha bana bacuw@@inangaentertainment
Mutama wanje Bukuru Gerard Wirambire
Orchestre Ubumwe Bar chez Omar( kamenge) pas Imboneza.
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Only for BurundiansMbega abaririmvyi !
Ego uyu muririmvyi aracariho yamuka muntara ya cibitoke ariko ari mubukene budasanzwe uwo mushikako yoba agize neza numutama
Urafise numero yiwe ndabe ico nomufasha
Muradushakire n, izindi za kera. Murakoze
Mwubahwe kuri iyo ndirimbo ❤😢😢😢 akanovera ntikazopfa gaheze kabisa 🙏 🙏
Musique 100% YUZUYE
nkumbuye my generation
Nostagieee yoooo iyi ndirimbo nayirondeye imyaka mirongo itatu
Nizere ko bakiriho 🙏🏽💐😘😘😘
Mwararirimba nimugende
urayihawe nizindi turiko turazirondera
Aracariho yitwa Backy John
@@fistonbukeyeneza37 murakoze cane
Ndanezerewe caaaane
💗💗💗❤️
Nzomurondera murakoze caaane kumbwira son nom
Iyindirimbo irandiza caaane
Yooo murakoze cane munyibukije keraaaa
Bararirimba!👏👏
Vidéos z'izo ndirimbo kuri RTNB, turasavye nazo bazidushakire. Aho Bukuru Gérard yari arongoye orchestre Ubumwe, ni yirambire yakoze ibikora inka!
ntituzironka kandi ziriko ziratakara je sinarinzi n'uko zibaho murakoze tuzozirondera
Ndabakunda Sha bana bacuw@@inangaentertainment
Mutama wanje Bukuru Gerard Wirambire
Orchestre Ubumwe Bar chez Omar( kamenge) pas Imboneza.
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Only for Burundians
Mbega abaririmvyi !
Ego uyu muririmvyi aracariho yamuka muntara ya cibitoke ariko ari mubukene budasanzwe uwo mushikako yoba agize neza numutama
Urafise numero yiwe ndabe ico nomufasha