Uzombwira ryari by Jean Pierre Ngendanzi

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 3 сен 2023

Комментарии • 16

  • @yassinkassim7381
    @yassinkassim7381 8 месяцев назад +3

    Yeyeee umuntu yayisizeko ndamushimiye gose ndayikunda cane kuva kera

  • @Methode.1234
    @Methode.1234 9 месяцев назад +7

    Aka karirimbo nari narakabuze rwose . Natwe hano mu Rwanda 🇷🇼 dukunda uturirimbo twiburundi
    Wakoze cyane ❤

    • @NtwariEric-ps4kp
      @NtwariEric-ps4kp 8 месяцев назад +1

      urakoze cane,natwe turakunda indirimbo zabaririmvyi bakera nk'impala vyumvuhore nizindi..hari indirimbo nabuze gusa sinibuka uwayiririmvye ivuga iti" ngwino uwonkunda wandutiye abandi data yambajij igituma ntakirya sinywe namata yinyana ziw nzinywera vyeri yo mukabare..."

    • @Methode.1234
      @Methode.1234 8 месяцев назад +2

      Murakoze cyane Kandi iyi ndirimbo nzayishaka nubwo ntahise nyimenya neza ariko ayamagambo ayirimo azamfasha kuyibona.

    • @NtwariEric-ps4kp
      @NtwariEric-ps4kp 8 месяцев назад

      @@Methode.1234 uzoba ukoz mugenzi

  • @user-eh8bt1jv8q
    @user-eh8bt1jv8q 6 месяцев назад +2

    Iyo ndiko ndumviriza izi ndirimbo numva norira kubona ntazosubira kubona ibihe nkibi uravye abaririmvyi dufise unomusi

  • @Amahor1000
    @Amahor1000 10 месяцев назад +2

    Bandanya muturonderera izindi ncuti

  • @angebutoyi6704
    @angebutoyi6704 10 месяцев назад +1

    Murakoze cane

  • @simonpierremugororotsi7636
    @simonpierremugororotsi7636 10 месяцев назад +1

    Thank you for this masterpiece

  • @reverienndayemeye90
    @reverienndayemeye90 9 месяцев назад +1

    Ndishimiy kunv iy ndirimbo kbx.
    Uburund bwubahwe.

  • @user-fu7ks5hg5g
    @user-fu7ks5hg5g 9 месяцев назад +1

    🎉🎉🎉a good🎉🎉 song🎉🎉🎉

  • @abdallahonesimebamporubusa1540
    @abdallahonesimebamporubusa1540 9 месяцев назад +1

    Yoooo Manaweeeee

  • @user-lc1sb6bl5c
    @user-lc1sb6bl5c 10 месяцев назад +1

    Merci mutama wari wayitondeye iyo ndirimbo

  • @chales08
    @chales08 10 месяцев назад +1

    Merciiiiii

  • @Methode.1234
    @Methode.1234 9 месяцев назад +2

    Muzadushakire niyindi ntazi izina bavuga ngo"Rwiriza we rubuzinka gutaha bakikiriza ngo "ramanayiwe "