Ntukajane nyabahururu by Canjo Amissi

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 июн 2023

Комментарии • 16

  • @valerecedrichayimana
    @valerecedrichayimana 9 месяцев назад +3

    Asha merci cane gushiraho iyo ndirimbo ntaco ntakoze ngwabayifise bazoyishireko ariko biba ivyubusa merci

  • @huguesoliviernishimwe1456
    @huguesoliviernishimwe1456 8 месяцев назад +2

    Merci bcp ça faisait plus d'une décennie ndiko ndondera iy ndirimbo merci encor soit béni

  • @prospertv9090
    @prospertv9090 8 месяцев назад +2

    Mbanje gushimira iyi ntwari iduhaye ino ndirimbo.kuva 2013 ndayihiga 'kayibura.
    Ndipfuza iyindi yitwa "Ewe Africa urafise igihugu cy'amata n'ubuki"

  • @CarleneIradukunda
    @CarleneIradukunda 11 месяцев назад +4

    ❤❤❤

  • @sindayiharirizaaimable7009
    @sindayiharirizaaimable7009 10 месяцев назад +2

    UMURUNDI YABAYEHO!

  • @astianaxnimubona9426
    @astianaxnimubona9426 8 месяцев назад +1

    KOMEZA iyo NTAHE y'UBURUNDI by Canjo Amissi mwoyituronsa nayo nyen

  • @user-iv3nh2rc3e
    @user-iv3nh2rc3e 9 месяцев назад +2

    Bonjour. Merci beaucoup. Muzoturonderere akaririmbo kitwa '' Oya ntabwoko" ka celestin condo nakandi ka evode kitwa " Gira iyuja " (original) yagasohoye hatwara Nyakwigendera ( yarakamutuye) President Melchior Ndadaye

    • @keilobauer3637
      @keilobauer3637 8 месяцев назад

      Nanj kwaruko kbsaa, ndumv ryohew cuaaan

  • @user-yx1vq9rs3j
    @user-yx1vq9rs3j 11 месяцев назад +1

    Cane gose warumugabo

  • @theonestenyirigira
    @theonestenyirigira 11 месяцев назад +1

    Naragukunze pe.

  • @nahimanasylvana-nr2ho
    @nahimanasylvana-nr2ho 11 месяцев назад +1

    Wavugishukuri udaciyiruhande

  • @Amahor1000
    @Amahor1000 10 месяцев назад +1

    Muraturonderera uzoza ryari by canco amissi na Gatera ntimba by adolphe

  • @sese667
    @sese667 10 месяцев назад +2

    Murazoturonderera indirimbo zitwa : Kuba kw'isi n'ukwitonda / Ngwino uwonkunda wandutiye benshi, ngwino uwonkunda ari nta buryarya.
    Ndashaka original zimwe za kera, apana izasubiwemo
    Muma sanamu (vidéos) bishobotse, ariko bidakunze audios ntaco...muzoba mukoze.

  • @theonestenyirigira
    @theonestenyirigira 11 месяцев назад +1

    Naragukunze pe.