imbabazi by Lion story

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 3 авг 2022

Комментарии • 24

  • @oscarnduwayo2654
    @oscarnduwayo2654 Год назад +6

    Iyi ndirimbo irimwo ubutumwa bukomeye, nuko mwaduhevye . Uhoraho Imana yacu n'urukundo iritegereza abana b'abantu kandi azohembera umwe wese ibikwiriye ivyo yakoze.
    Rero mureme izodutabara ino si tuyikurwemwo🙏🙏🙏

  • @Alexisnshimirimana-vz5dx
    @Alexisnshimirimana-vz5dx Месяц назад

    I like you jaman❤❤❤

  • @user-zv8pk2cz4x
    @user-zv8pk2cz4x 3 месяца назад +1

    Mwaramutse neza.
    Turabakumbuye cane mu Burundi.

  • @kezakimanamelisa6102
    @kezakimanamelisa6102 Год назад +4

    🌟 from gtg. Love more

  • @dianendayishimiye6613
    @dianendayishimiye6613 Год назад +5

    Didi Blessing

  • @dieudonnegisazaniyirora4591
    @dieudonnegisazaniyirora4591 5 месяцев назад

    Lion story🎉🎉🎉🎉 Ndabakunda cyane amagambo yo mundirimbo zanyu ninjyana yanyu biranyura kabisa

  • @manassenemeyimana3078
    @manassenemeyimana3078 Год назад +4

    Mubahwe turabakunda cane

  • @user-zv8pk2cz4x
    @user-zv8pk2cz4x 3 месяца назад

    Imana ibandanye kubazigama Aho muri hose
    Ntamvura idahita.

  • @desiresingirankabo156
    @desiresingirankabo156 6 месяцев назад

    Iyi ndirimbo irakmeye caane muduhe amakuru Yaba bana b igitega

  • @ArnaudAkimana-rw7pi
    @ArnaudAkimana-rw7pi 10 месяцев назад +1

    Mwirambire batama umuziki murawuzi

  • @donnick7856
    @donnick7856 Год назад +7

    Chanson fabuleuse ❤️

  • @NdikumwenayoJohn-ly5dk
    @NdikumwenayoJohn-ly5dk 11 месяцев назад

    Incabwenge murakumbuwe ça née❣️❣️

  • @micomeshack7024
    @micomeshack7024 2 месяца назад

    2024

  • @NiyonsabaEsperance-cf5ux
    @NiyonsabaEsperance-cf5ux Год назад

    Mana tugirire imbabazi amen 🙏 🙌 ❤️

  • @kayogorokayogoro7297
    @kayogorokayogoro7297 3 месяца назад

    Turabakunda cane LION STORRY
    DUKENEYE KUBA SUPPORTINGA KUGIRA MUGUME MUVUGA UBUTUMWA

  • @user-jv3xb2rr3m
    @user-jv3xb2rr3m 5 месяцев назад

    Raba mugaruke iburundi turabakumbuy

  • @manirakizafulgence9240
    @manirakizafulgence9240 7 месяцев назад

    Mwaburiy heh

  • @mikeniyonkuru1339
    @mikeniyonkuru1339 Год назад +1

    ✌️✌️✌️❤️❤️🥰🥰🥰🙏🙏🙏🙏

  • @aliceakmaakimana9408
    @aliceakmaakimana9408 Год назад +2

    None koko musongera kugaruka kumuzika ryari. Imana itugirire imbabazi

  • @evelynefuraha4053
    @evelynefuraha4053 2 месяца назад

    Atari imbazi zuhoraho ntaco twovamwo 2024

  • @christabellauwimana3164
    @christabellauwimana3164 11 месяцев назад

    2023

  • @arcade3838
    @arcade3838 9 месяцев назад

  • @ntarestouta239
    @ntarestouta239 17 дней назад

    Umuntu wese afata indirimbo y'umuntu akayishira kuri RUclips atabanje kuvugana na nyeneyo aba ariko akora amakosa mabi cane. Iyo nyota yo kuronka ama views ku gikorwa kitari gwawe ni mbi caaane. Iyo ndirimbo wayanditsemwo amakosa none abantu barenga igihumbi ijana bamaze gusoma amakosa. Yikureko ubanze uvugane n'uwayanditse, sinon IMANA Izobiguhanira cane.

    • @ntarestouta239
      @ntarestouta239 17 дней назад

      Birumvikana. Navugane na Passy Lion Story