this song should be interpreted in several languages. it is a message for everyone. this song is about the obvious realities of this world. Akabuye (the justice of God), Babylon (the devil) .... finally it is also a gospel song. May Jah inspire you even more to reveal the works of the devil. Jah protect all Rasta around the world
@@NH-ck7rn iyo uvuze ngo intwaro ntizimeze neza c'est relatif kuko birya wita ko bimeze nabi hari uwundi avuga ko bimeze neza hama intwaro inzira nziza yo kuyihindura nukuja mumatora ugahiganwa hama ushimwe na benshi ukaganza udashimwe naho ukemera uko vyagenze. Uko niko ndabibona kandi je mvuga atanahamwe negamiye kweri.
Turacabakunda cane ntiturabibagira imana iborohereze iyomuri hose
this song should be interpreted in several languages. it is a message for everyone. this song is about the obvious realities of this world. Akabuye (the justice of God), Babylon (the devil) .... finally it is also a gospel song. May Jah inspire you even more to reveal the works of the devil. Jah protect all Rasta around the world
Could you translate some of the sentences from the song into English?
Dian
@@jusiilove2389 Visitez aussi 👍🏻 ruclips.net/user/PAZZOSBI
@@dianeinamahoro6368 Visitez aussi 👍🏻 ruclips.net/user/PAZZOSBI
@@jusiilove2389 )
Peace ✌🏾 & Love ❤
Respect u Rastafar , more blessings, thank u for your Truth ..
This is reggae music.
Abami bâ reggae lion story
Love from Clapton
Inkumbu ry ijambo
Intuntu yo kutumva ibiri vyo
Si vyimbeshere igihe cabaye kirekire
Umunezero mwinshi gusubira kubakubita iryaka
Jah bless U my people
Erega ubu nihombonye ko akabuye kaje Karakora akazi wallah
Ntibizobasiga amarembe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ Flex boy promoter intare y'intaheba au clavier
Iryavuzwe riratashe
Ngo babylon igiye gutemba.
Akabuye kaje ntikamusiga
Ishami yishimikije rigiye gusenyuka.
Ngo bazomutanga bazomutangaza..
Ukuri kuraje
Intare ziraje
Ntawokwihisha Imana
Babylon irakomvomvotse
Inkukuma irakomvomvotse
Twame dusenga tureme dushire amazinda.
Visitez aussi 👍🏻 ruclips.net/user/PAZZOSBI
Intare batinya ni mwebwe🦁🦁🦁🦁
Shirako Uhoraho Gira imbabazi kur Youtu.be twaraibuz
This song couldn't been more accurate than on this day. Akabuye karatembagaye
ruclips.net/user/PAZZOSBI
Good job Lion story, please upload it on Spotify
Always sweeter than before!! Stoty
❤️
Turacari nyuma yanyu murarenze mani muga narabasubiriye nanje nuko bambujije kuzishira kurubuga mwozumvise
Visitez aussi 👍🏻 ruclips.net/user/PAZZOSBI
Abami Ba leg
This is pure prophecy..
Intare ntizipfa zirasinzira,big up lion story!we need change
Big up akabuye karatembagaye
Prophecy, yayayaaaa
Kabisa muremewe caaaneee..good song. Babylone ntaco aratumarira
Rasta for life
Hotep brother mutange like kuntare zacu
That’s true ! We need change. Loving it
Yes yes rasta 👊🏾
love it bigggg upppp
Shirako indirimbo zanyu zose kuri RUclips kuko turazikumbuye
yewe barayamaze uti ntakitagira iherezo. Gusa ntaco wasize muriyindirimbo kabisa
Twizere ko vuba cane ari gusubira kubabona mur concert i burundi
Jah bless rastaman
Turrabakumbuyeeee ....
Ubu tungane buri hav kuza babilone irakombomboste chagisasu kira kombobosi humura muzogaruka iwany knd hazoba ari umunezero udasanzue vmrt umusomi babiloni zikombomboste
Visitez aussi 👍🏻 ruclips.net/user/PAZZOSBI
Tnx so much Murakumbuw Caan
Intare Z'intahemuka🔥🔥🔥
Nice song
Respect with a capital R! 🌟This is real pure, good music!! So deep and touching! THANK YOU 🙏🏻
ruclips.net/user/PAZZOSBI
U just killed it💥💥💥
Yes rasta
Bigup xana bro!
Indirimbo n'iyi
Much respect
💃 yes yes
Thanks brothers 💪
❤️💚🤍🇧🇮💯2024
💖💖💖💖
Karibu batama twar tubanyotewe
Was this prophetic or what? 🙈 #narengana
🇧🇮🇧🇮🇧🇮😎🔥🔥🦁
Iyindirimbo ntacizohindura.murabandanya muvuga nabi tuzobibabaza nimwagaruka.nizera KO mwebwe n'a jewe tuzopfa tutabaye perezida
Respect
What is the meaning of the lyrics? Could somebody, who knows kirundi, translate some of the lyrics?
Visitez aussi 👍🏻 ruclips.net/user/PAZZOSBI
Use Google
🔥🔥🔥🔥🔥
Nice
za mpinira zirakombomboste
🙌🏿🙌🏿
Mbe kuki abitwa ngo naba rasta surtout abaririmba reggae mu burundi badaterimbere?mwantare mwe nimba mutari insazi muriyumvira neza umurimvyi mwiza akomera ariwabo
Bari munzira...igihe cose bari iyo ntiboeoheiwe ubu bazotaha.twese tuzotaha
@@mucohuguescarly6039 karibu karibu
.asante ..Erega si kubwo amahoro y umusesekara cank kuko tudakunda igihugu twarangajwe kure y incuti nabagenzi nta nkeka tuzotaha.
@@mucohuguescarly6039 igihambaye nuko mwotaha kuko igihugu ni gwacu ni gwanyu niho muhira
Kbx
None kuri rasta bitubuza kuvuga abandi ivyuririmba nibiki kwatarawugucira urubanza unywa cannabis.
Ntamu rasta atukana muri aba babylon
Igitutsi aho kirihe
Ndi Rasta arko mbabajwe no kukubonamo ubu nyamaswa ...
🙄Ntam rasta atukana mur ab babylon
Igitutsi nikihe aho
Kuba hatwara uwudakunda ntaciza nakimwe umubonako nivyo ibisigaye navyo ninkato izi sindirimbo
Iryavuzwe irihe ko nkurunziza apfuye igihugu rero murakironse? Bdagushinye ahubwo ib bibaye bibaye umukoshi kuri mwebwe kumbure mwari munzira yokugirirwa ikigongwe mugataha ariko kuvyo mwereknye tuzorikanura nampaka ubu abaciye akenge nibeshi namateka arazwi
Ukagira uwoharura abapfuye womenye ko hobenetse abandi baza kugarukira uburundi ko mwari mwarabwishe tekane basha vyose birazwi abo nibake kuntwari yasize yigishije turi beshi tekereza rero
Sha tekana amero mwisaho
Muri make kuririmba utukana canke utyoza abandi bantu sivyiza nagato uba uriko wiyicira carrière yawe.
Arik kuvuga amabi umunta akora umukebura sibibi
@@benjaminhavyarimana9479 Gukebura umuntu sugutukana, uri umu artiste iyo ushatse Gukebura umuntu ukoresha imvugo ifobetse kuburyo bwuko itahurwa na nyene kubwirwa cank uwundi ashoboye gutahura imvugo wakoresheje. Twize ko art ariko kamaro kayo.
none ga mugenzi Frederick wotubwira izina wumvise muri uru rurimbo ? ni nkuko zizoguma zivuzwa igihe cose intwaro zitameze neza
@@NH-ck7rn iyo uvuze ngo intwaro ntizimeze neza c'est relatif kuko birya wita ko bimeze nabi hari uwundi avuga ko bimeze neza hama intwaro inzira nziza yo kuyihindura nukuja mumatora ugahiganwa hama ushimwe na benshi ukaganza udashimwe naho ukemera uko vyagenze. Uko niko ndabibona kandi je mvuga atanahamwe negamiye kweri.
Ariko igitutsi wumvise muri iyi ndirimbo nikihe ? Hama imvugo ifobetse isumba iyi sinzi aho uzoyikura ! Uwumva yumvise..✌🏽
Uru nurukato
Nice song
Respect