Burundi : Musoni Evariste - Sinarinzi (Original)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 окт 2024

Комментарии • 95

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 8 месяцев назад +7

    Amarira gusa iyo nunvishije izi ndirimbo
    Zinyibutsa aho twaba tukiri bato
    Zinyibutsa mama mukuru wacu aba oncles bose barapfuye
    Yewe namarira gusa
    Africa warakubititswe

  • @oookkk3965
    @oookkk3965 5 лет назад +17

    Ww nib uki yiraba iyi ndirimbo muyu mwak wa 2019 kubit kur link Ok

  • @rwamashurirwazinambiwe5032
    @rwamashurirwazinambiwe5032 2 года назад +6

    Nta Murundi nta Munyarwanda ,turibamwe

  • @souzanemurekatete2661
    @souzanemurekatete2661 7 месяцев назад +2

    Sinarinzi ko wagize impinduka k' umutima 😢, sinarinsi ko umutima wawe wabaye urutare😢

  • @sandrinekidasharira9713
    @sandrinekidasharira9713 11 лет назад +2

    Kandi naragukunda..
    Iy'izuba riserutse, mu mutwenzi ncikangura, nsaba Imana ngo izoguhe ubuhirwe kur'iyi si.
    Egooo, aho hambere hahise baracuraranga!!

  • @joselynemubirigi8010
    @joselynemubirigi8010 Год назад +1

    Wawouuuu l am in Rwanda iyi ndirimbo inyibutsa kera nkiri Gato cyane niyamatekaa

  • @amanidavidrugamba9823
    @amanidavidrugamba9823 6 лет назад +8

    Refix, nagira ndakubwire ko Musoni Evariste yari Umunyarwanda naho yaririmba mu Kirundi. Ubu ni umutama aba muri Canada aracariho, arakomeye.

    • @alicemwamikazi8325
      @alicemwamikazi8325 6 лет назад

      amani david Rugamba nivyo ariho?nakayambu caane

    • @manirambonaoscar9083
      @manirambonaoscar9083 5 лет назад +1

      Nivyo? Aracariho? Imana imuhezagire aratwibutsa uburundi bwa kera

    • @egidenzohihaya9337
      @egidenzohihaya9337 4 года назад +1

      amani david Rugamba tumutahirize umubwire muburundi turagukunda

    • @ritza3452
      @ritza3452 4 года назад

      @@egidenzohihaya9337 nawe aragukunda kuko ntawanka umukunda, aba atabizi

    • @caritasnduwayezu4851
      @caritasnduwayezu4851 4 года назад

      Mudutahirize musoni. Uti karaoké ntiba indirimbo yawe itavuze.

  • @aishanizeyimana8763
    @aishanizeyimana8763 Год назад +1

    Oyaaa siranzi kowonyihakanye,iyi ndirimbo inyibutsa vyinshi,nkaba ndiko ndayiraba le 20-11-2022 .

  • @mutabaziyves2692
    @mutabaziyves2692 9 лет назад +5

    this song is genuine, this song were made by MUSONI Evariste, currently he live in Canada, recently he was in rwanda.

  • @kaburamelikiadi8281
    @kaburamelikiadi8281 7 лет назад +5

    iyi ndirimbo inyibutsa kure igihe umugore twa vyaranye abana6 ariko yahindutse ndamubona aja kwambikana impete nuwundi mugabo afise umgore nabana 4 nukuri birababaje abantu dutera duhinduka

  • @Mapeka81
    @Mapeka81 5 лет назад +2

    Waoooo Farious yarashishuye n'iyi koko. Mbega belle mélodie weeee

  • @immaneuldotto8218
    @immaneuldotto8218 3 года назад +1

    Nyimbo zul sana tena sana endeleeni kutuleteya nyimbo kama hzi

  • @aksantedeborah7913
    @aksantedeborah7913 5 лет назад +2

    Oooh ndo mwenye wimbo huu big fariouz kaimba remix

    • @yvesnisaofficial3981
      @yvesnisaofficial3981 4 года назад

      Yeah

    • @jean-boscosenani7652
      @jean-boscosenani7652 4 года назад +2

      ntore ntiziramba ABBA hafi bose barasezeye Isi ariko basize Izina!!! Izindirimbo hafi nka Zose twari tuzizi kumutwe,harimwo ikirundi gikomeye ,abana bazi inyovyi yo mumataha ,igihenda baja igikingi c irembo ...bangana gute ubu !!!!Harakwiye ko mumayarwa zokwigishwa ,abantu nka Canjo,musoni,mupenzi,Jean Berchimas,Gakwaya ,inga za famille Ntahonkiriye,maconco,umuduri wa nkeshimana ,matata ..bari bakwiye kutazibagirwa ,ntibagiye Amazina,ibicuba ( kuyagisha inka kandi zikanyumva )

    • @ritza3452
      @ritza3452 4 года назад

      @@jean-boscosenani7652 aracriho

  • @refix-appleexperts3721
    @refix-appleexperts3721 6 лет назад +2

    Musoni yari gikenya cane kabisa. Mbega burya ntabantu bazi amateka y'aba baririmvyi bakaza barayatugezako. Aho bavuka, aho bize, nimba bakiriho canke batakiriho. Nimba hari aba bakomokako canke imiryango yabo. Ababizi bakatubwira ingene bashengeye, ect. Muri make, ibijanye n'ubuzima bwavo muri rusangi.

    • @celestinntiranyibagira9822
      @celestinntiranyibagira9822 6 лет назад

      des idées agencées et bien coordonnées. je doit respect aux musiciens d'avant

    • @joeka5457
      @joeka5457 5 лет назад

      Refix, ico nzi Musoni Evariste afise umukobwa wumu musicienne aba Canada yitwa Musoni Nicole, naho umutama ashobora kuba atakiriho.

  • @bostonzulu8279
    @bostonzulu8279 7 лет назад +1

    imana igume irinde abarundi twempi kandi igume itwongerereze urukundo .

  • @RachelUmurangamirwa
    @RachelUmurangamirwa Год назад +1

    Muraho neza Evariste ? Mubyukuri biramutse bishobotse waduha indirimbo umugabo mu kaga ndayikunda rwose!!!!

  • @mutabarukaalexandre5714
    @mutabarukaalexandre5714 7 лет назад +1

    eh ese burya ya ndirimbo ni igishishwa!!!!! ndumva iyi ariyo nziza

  • @rwamashurirwazinambiwe5032
    @rwamashurirwazinambiwe5032 2 года назад +1

    Love this song Musoni wubawe

  • @bnkundwa
    @bnkundwa 6 лет назад +2

    Musoni Evariste is a great singer of the Great Lakes countries.

  • @nduwimanagabriel9996
    @nduwimanagabriel9996 2 месяца назад

    Indirimbo nziza caane, irata isooko yanje yankujije ni wirambire gihugu canke ciza

  • @adidjakhalfani8794
    @adidjakhalfani8794 4 года назад +4

    Missing home now😢😢

    • @arielntwari3826
      @arielntwari3826 4 года назад

      I was there few months ago but after listening to this song feel like 10 years without being to my loved Burundi

  • @hassinahamdan5644
    @hassinahamdan5644 2 года назад +2

    WOOOOW I COULDNT BELEIVE MY EARS I WAS MISSING THIS SONG THANKS FOR THIS ♥️♥️♥️♥️🦋🌈🦋🌈🦋🌈🦋😘❤️❤️❤️❤️

  • @jeanbaptistenzohabonayo2001
    @jeanbaptistenzohabonayo2001 10 лет назад +5

    the original song was made by Musoni not by Fartouz

    • @ignacemunyaneza175
      @ignacemunyaneza175 7 лет назад

      Hahahaha! some people do not know!

    • @momokotania7416
      @momokotania7416 7 лет назад

      Ce que tu n'as pas compris , ce que Fizzo a fait de cover sur cette chanson

  • @Drachte1
    @Drachte1 11 лет назад

    Avant on avait des vrais chanteurs au Burundi! Aujourd'hui,...

    • @ritza3452
      @ritza3452 4 года назад +1

      Aujourd'hui Dieu seul SAIS

  • @bukeyenezaeloi9589
    @bukeyenezaeloi9589 Год назад +1

    Mperuka akanovera kindimbo canke amamajambo yinkora mutima mutara shengera imana ibahe iruhokiro ryiza)

  • @TheMontreal07
    @TheMontreal07 10 лет назад +1

    Imana ibarinde

  • @shabanivandecamp742
    @shabanivandecamp742 6 лет назад

    Wow 😭😭😭😭missing home now

  • @kakacaca5157
    @kakacaca5157 4 года назад +5

    j'adore cette chanson mais j'ai tjrs l'impression que le chanteur meme si il chante en kirundi il a un accent du rwanda!!

    • @NewGenerattion
      @NewGenerattion 4 года назад +1

      Oui, il a vécu au Burundi mais il est originaire du Rwanda

    • @kakacaca5157
      @kakacaca5157 4 года назад +1

      @@NewGenerattion thank you bro je savais pas

    • @kakacaca5157
      @kakacaca5157 4 года назад +1

      @@NewGenerattion matata aussi étais rwandais n'est ce pas?

    • @degkambona7507
      @degkambona7507 4 года назад

      Wap! Afise accent y’ikirundi!

    • @degkambona7507
      @degkambona7507 4 года назад

      Oyaha Christophe Matata numurundi apana umunyarwanda

  • @masterbe3923
    @masterbe3923 7 лет назад +1

    In this video I saw a waterfall, anyone know where it located. Good song I give credit to mosoni evariste

    • @ericremezo9638
      @ericremezo9638 3 года назад +1

      It is located at Rutana province,exactly at Musangati commune

  • @remykwizerimana9407
    @remykwizerimana9407 7 лет назад +2

    my loved song

  • @shantalrwanda3537
    @shantalrwanda3537 3 года назад

    Iyindirimbo harimubuto bwaje
    Gezegukundana abahugu beshi twakundanye mwicogihe bahitanywe
    Nintambara yomiburundi hasigaye umwe ari muri afrika yefpo cambona ubuto bwaje mwakoze kuzidushirirako

  • @mukamugenzifrancine4995
    @mukamugenzifrancine4995 5 лет назад +3

    2018???

  • @Zegebu
    @Zegebu 4 месяца назад +2

    Zirihee

  • @monsmons8031
    @monsmons8031 6 лет назад +1

    home sweet home 😭😭😭Burundi 😙😙😙😙

    • @innocentrusharaza5173
      @innocentrusharaza5173 4 года назад

      Musoni Evariste narinziko ari umurundi ariko naratangaye ejobundi numvise interview ye kuri TV1 Kigali yaje iwabo. Kumbi ?? Naratangaye kbsa!!

  • @eva-gr.2538
    @eva-gr.2538 11 лет назад +2

    Poetry at its best :-)

  • @IrakozeClaudine-jd5ol
    @IrakozeClaudine-jd5ol 6 месяцев назад

    Kl ndakwemer

  • @xaviertamele8483
    @xaviertamele8483 2 года назад

    Komera mutama ufise ingabire pe!

  • @niasonani4893
    @niasonani4893 4 года назад +2

    2020

  • @turatsinzeetienne
    @turatsinzeetienne 7 месяцев назад

    Ndakwemera cyane.

  • @alicehabonimana5146
    @alicehabonimana5146 4 года назад +1

    ❤❤ ❤❤

  • @moiminihadassa6607
    @moiminihadassa6607 4 года назад +1

    😍😍😍

  • @tibulikubugi1115
    @tibulikubugi1115 Год назад +2

    Vyz cn muranyuze

  • @fabienmunezero262
    @fabienmunezero262 5 лет назад +1

    Nice

  • @evelynefuraha4053
    @evelynefuraha4053 10 месяцев назад

  • @abodetidings8392
    @abodetidings8392 4 года назад

    so nice song

  • @innocentnezehose8232
    @innocentnezehose8232 3 года назад +1

    Musoni ni umunyarwanda ariko ? Ahubwo sinzi impamvu yaririmye mu kirundi ni ubwo bwose uburyo ari kuririmba harimo ururimi rwacu rw’ ikinyarwanda

    • @jeangakwandi5715
      @jeangakwandi5715 3 года назад +2

      Ni uko yabaga i Burundi, yagombaga kuririmba ururimi rw'aho aba.

    • @niyonzimaalainfiston3862
      @niyonzimaalainfiston3862 3 года назад

      Kandi nawe ubwawe urabyivugiye ko wumva mwo ikinyarwanda mubyo aririmba. Igukuru nuko wumva ibyaririmba

    • @rwamashurirwazinambiwe5032
      @rwamashurirwazinambiwe5032 2 года назад +3

      Rwandis and Burundis are same people ,same language and tribes "Hutu,Twa , and Tutsi".

    • @inimimouche
      @inimimouche 4 месяца назад

      Ubundi tukaba turi bamwe

  • @felixndicunguye6352
    @felixndicunguye6352 5 лет назад +1

    mwari mukazi tu

  • @mubarakakubwimana1784
    @mubarakakubwimana1784 10 лет назад +1

    Akakera

  • @TheMontreal07
    @TheMontreal07 10 лет назад +2

    dude this song belongs to Musoni Evariste not that six garage wanna be

  • @milk11honey
    @milk11honey  11 лет назад

    unfortunately no :(

    • @NdayizeyeJames
      @NdayizeyeJames Год назад

      Vyiza can utuziki twakera ndadukundacane

  • @nicoyitungiyedesire1377
    @nicoyitungiyedesire1377 5 лет назад +1

    Itwakera

  • @arlenebukeyeneza7320
    @arlenebukeyeneza7320 Год назад

    Merci où

  • @manong7785
    @manong7785 3 года назад

    Ni

  • @remykwizerimana9407
    @remykwizerimana9407 7 лет назад +1

    my loved song

    • @tatu1232
      @tatu1232 6 лет назад

      loveyou burundi

  • @mukamugenzifrancine4995
    @mukamugenzifrancine4995 5 лет назад

    2019