#Video
HTML-код
- Опубликовано: 7 июн 2024
- #amakuru_atarikwivumbi
#Amakuru_yurugendo_news
#Updats_zurugendo_news
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya RPA yihuta
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye - Игры
Imana ishishikare kubaba hafi.Twese niyo nzira.
Imana iguhe iruhuko ridashira rwose natwe Abanyarwanda twaragukundaga pe wari president mwiza cyane
Ubona iyo aba igihangange akabahagararaho akanabicarira ntabice!!!! Nagende yahekuye ababyeyi nawe Imana yaramwishuye imurinda kubona ibirori byabiwe. Imana ihora ihoze nubwo yabasigiye vyose nabo bazohora intuntu!!!
Imana ntikorA nkabantu
Ndashimiye ko afite ubwôba nice wamwishe
Mama buntu imana ibandanye ikujimbere nibibondo vyawe ikomeze iguhezagira ikomeze ni mitima yanyu imana ibane namwe ibihe vyose amen
Yesu komeza abantu bawe umuvyeyi waci petero nkurunziza umuhe uburuhukiro bwiza ndasavye azokubone mubihe vyimperuka kandi na wewe maman buntu ndasavye imana izo du
Imana ibandanye imuha uburuhukiro bwiza yarumuvyeyi dukunda kandi nubu turacamukunda ntituzomwibagira
nihatari mwisi turingenzi.arko ng hahirwa abapfa bapfiriye mumwami
Votre passage Rest Vivant💥🇧🇮
Warumugabo Petero Nkurunziza komeza uruhukire mumahoro aho wavanye uBurundi naho wabugejeje ntawundi azabigera 💔💔💔💔💔💔😭😭😭😭😭😭
Pitankurunziza yaramusumba ndayichimiye mugutwara igihugu
Ahondsyichimiye wiyumvagute waramuriye pitankurunziza
Urakoze ntawuzongera gukora nkivyo yakoze kbxa ikarusi turacamwikugura aruhuk mumahoro
Mama buntu imana ikubehafi igukomereze umutima muribibehe urimwo bitoroshe 🤲🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️🧎♀️
IMan ibandanya I kwakira mubaYo natwe abandi nabarundikazi akazi ntituzakwibagira wari twari sokuru wacu❤
Mamam buntu imani iguhe kwihangan numuryang waw
Muvyeyi wuburundi ruhukamahoro uburundi tuzokwama twibukako twigeze kuro nka intwari Nkurunziza ruhukamahoro
YOOOOOO ntiwPfuye papa warashibutse BANAMWE MUZUBAH. EMANA NKA SO INTWARI ITAZIBAGIRANA KWERI
Yogaruka akaraba iyiguhugukigeze yokwicwanintuntu
Hari umuhungu mbonyemwo atari iwiwe Kelly ntarimwo
IRYAMIRE MUCYUBAHIRO WARACYIRUHIYE NARAGUKUNDAGA
Amaraso yankurunziza azohumire buri muntu wese yagize uruhara murupfu rwiwe
Sokuru naramukunda cane niyitahire kandi abana yasize bazobintwari nkuko yarintwari
❤
Yooo mwaduhevy ep 7 kwitaza❤❤❤
❤❤❤
Niyiruhukire amahoro narinz kubunt kubwimw nivy nakorew biciy muriw nivyiza vyish yakoze
Basamuragwa ivyo yabaraz nimba arivyo tubona igihugu baragihumiye gisigay kuri zero. 😂😂😂
Niyirukukire mumahoro😢😢
Dusenga dukora, ndufumura twica, damnnnnn😂
Ariko abahutu nibijuju wee demokrasi ibaho igihe mutegeka gusa. Ubu mwakoze demoncratie nabene wanyu murabica abo mutishe mwabamarishije inzara
Yarintwari niyiruhikir amahoro
Nubu ndacarira harimpamvu nkibabaye😢
😢😢😢
Intwari zaratashe😢😢😢
yobakiriho ntitubatugowe nkayoturikoturabo.yiruhukire amahoro .dufisevyinshituzomwibukirako😢😢😢
😢😢😢😢😢😢❤❤❤
😂 weho waruhaye umugeni uzoyisazirako uragowe.Ndabumviriiiza nkumirwa
Twese tuzopfa reke gutaumunwa muca imanza.Imana irahari kuki mupanîka nkuko?
Haryawewe uramazekubur umuntu ukunda cank yarigirakamaro kubuzimabwaw ndetsenubwabandi
Mukomez kwihangana muryango wanyakwigendera
Iyaba abantu bapfuye bagaruka kuraba yotangara abonye ahuburundi bugeze uwumunsi ikimbabaza none ayamajambo uwumuntu atanguye kuvuga arinayo yavuzwe nanyakwigendera uwumunsi aba dd basigaye barayumva?canke barayakurikiza niba batayakwirikiza bamenyeko iribihemu kobamuhemukiye
Ndamwipfurije azagire impembo imukwiriy kuvyo yakorey uburundi nabarundi
Rekagucurubanza ntuziyoyagiye,iyomandatwenracoyaturabako,weyaribabaje,niweyateyibibazo
Umubandi yadutejeje ibibazo akiha manda akanapfa atanayimaze gukunda amaronko umunoho wubutegetsi ariko abobarikumwe Baca bamukorerako baramwica nyakuruswa abarundi isinzi bariswe safisa nabandi bagifungiw ubusa
Uzoturika nkibombe
Ukubivuga wogir nguzoguma kwisi ntuzopf
Urya nubu aracatwara yahasize intwari.iyo nibutse benewanyu bavunguriye mumigumuko ncanserebura.manda yawe yagatatu iyitahaba Ubu ntawubazi iryo Burundi buba buri.ariko yarayiraze icica kidakandagirwako GN NEVA.🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪💪💪💪🔥🔥🔥
Yarapfuy ntiwahasubira!! Niwe wajujuse
Harimw umuhug wiwe bas disi ciye numv agahind kagarutse
Iruhikire amahoro mutama warateye Uburundi iteka
Ruhuke amahoro mu Mukama
yaramuvyeyi mutama nyakwi ngendera
YARI UMUGABO CAAN E RIP
Yarumugabo,atagenzumugongotuzokwamatumwibuk,ahoyagejeje,igihugu
I manishishikare.kumuhiruhokoridashira.yaratubereyumuvyeyi.ntawaribwaje.ville.namaguru.ibintunruvyaribwazimbenkuku
Mbona hasa neza bazoze baraza kuharyama bamusanga abacu bishwe kuberawe ntibibukwa 😣😣
Uri inzigo trop ! Ntasoni ivyo uvuze aho wumva utomara abantu wewe
Ukaja kubibuka none🙈🙈 baja kugumuka bashaka iki??? Nubu nimwihe amabarabara bazobereka🤐
Twebwe tutagiye kugumuka nuko tutabona canke twumve???? Ahubwo nuko burikintu code ataringombwa ugire ico ukivugako canke ugikorako
Uko biri kose kubura umuvyeyi birababaje …bakomeze kwihangana
Ntamuriro yota uribeshe,burya abantu murazi guca imaza,burya twibutse abacu bapfuye ataracaho,wotumbwira nawe tubatuke rero,bohoka mumutima.
Ewe maman buntu shaa intuntu ntiyica
Nibabe baratakaza umwannya babuze icobakora uwomugesera Uzi abanabu burundibiswekubwiwe barabura ivyobibuka abasenerebiswe kobatibukwa
Yesu weeee nimba uri ingumba ukaba waravyaye naho uzoroga abanna bawe ubarogesheje inzigo y'akazikira
Nubu mwihaye kugumuka bazobereka!
Ntabenegihugu barwanya reta
Nabe arawota shaa tuzotume tumusangayo uzi abana bacu bishwe bazira ubusa sha mugisha urawutugeze unomusi hubwo azohava agaruka imana yabafpumu bakoresha mukwiba nokwica abanyagihugu ataco bazira ibintu nkibi ntuzoze urazana kuko bituma twibuka abana bacu bishwe 2015 😢😢
Uravuga nabi kbsa,ivy arimw wew ntiwobimeny kko ntur Imana niy izoducir imanza twes atawuvuyemw
Sivyiza kuvuga nabi uwitahiye aho wiruhiriza ubusa
Ntawo yota nkuko uvyibaza wew yararuhutse.wew wasigaye niw ukiriko urawota ntiwumva kowagiye kuwotera mubarabu.
Mumubwire ko nubwo adahari genocide yabatutsi Neva ayikomeje kandi neza cane . Ubu ageze congo kwica abatutsi baho. Mumubarire ko progamme ikomeje kandi neva ayikore neza
Mbona aba munzu nziza ubu....urawungeze 😏....nije ndamuzi 2015 yatumye mpfakara nagahinja muntoke nanje nkiri na muto....ubu simba Ndiko nkoropa ama WC yabarabu nanje uwanje aba arimugushikira rirya pete ryiwe......Imana irumva amarira yacu nabandi bazoshikirwa
None usenga usaba iki?😂 Muratwenza
Xtwese tuzopfa reka inzika
😂😂😂😂😂😂
😊😊narintaye umwanyagundikukumviriza nukoyafuye aguhayentiwobura kumurata
Nukuri
Yooo mpor nukur kutay umwany
Izo nzigp muzozihambanwz kweli????
Ntimubipfe nawe urahayagiza uwuriko araguha🏃🏼♀️🏃🏼♀️🏃🏼♀️
Yarintwari niyiruhikir amahoro