Diaspora bavuze kukibazo c'Amoko mu Burundi

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 сен 2024
  • #amakuru_atarikwivumbi
    #urugendo_news_amakuru
    #Updats_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Комментарии • 14

  • @jhappynesjo8747
    @jhappynesjo8747 Месяц назад

    Thanks mr Daniel🤔👌👍

  • @ibrahimnkurunziza8198
    @ibrahimnkurunziza8198 Месяц назад

    Murakoze cane kutahuza ivyo ntarinzi uwuhoraho abongere ubumenyi bwo ukwigisha Abarundi kwicana nkinyamaswa nukumenya ko umwaminsi wacu urwo rukoba rwera ruva Aho bita uburayi .

  • @mauricekobako3992
    @mauricekobako3992 Месяц назад

    "Until the lion tells the story, the hunter will always be the hero.”

  • @nsavyinganji
    @nsavyinganji Месяц назад

    Muri histoire linguistique nobamenyesha ko "le tout fief" y'abanyange yagumye izwi cane tuyisanga ahantu bita ku Kabanyange. Abasoda b'umwâmi b' aho babita "abaziragahama" babaye abahîzi mpuzamakûngu gushika ejobundi 1980

  • @nsavyinganji
    @nsavyinganji Месяц назад

    "Version" nziza twoshira hamwe n'izindi "versions" kugira twandike twongere twubake kahise k' Uburundi

  • @nsavyinganji
    @nsavyinganji Месяц назад

    Théorie de la race par Gobineau "théorie de la race"

  • @kg7285
    @kg7285 Месяц назад

    Birumvikana nicogituma abaganwa atavyamoko

  • @davideduardosantos5705
    @davideduardosantos5705 Месяц назад

    Ndasavye muze musubire ico kiganiro ndafise vyinshi noba bwira, kubw'amoko, ndabifise gose

  • @aristidesindayigaya8893
    @aristidesindayigaya8893 Месяц назад

    Uwo mutumirwa wawe banza umubaze akubwire ico bisobanura ubuhutu ubututsi n,ubutwa.rero naho atashoboye gusigura iyo vyazananye ,birroshe.reka ndabigusigurire kuntwara y'a cami muburundi ntavy,ubuhutu canke ivy,ubututsi vyakoreshwa muri icogihe hakoreshwa imiryango,ninaho hakorashwa imvugo umwami akubaza umuryango ntakubaza ico wariye bosobanurako nimba abagomba kuguha aho utwara canke kukugabira yabiguha akubajije umuryango ,azanye ivy,ubuhutu ,ubututsi vyazanywe n,abaje baturutse murwanda kuko ni umwami cyirima Rurwe yabishizeho kandi birafise insiguro,kuko ubututsi bisobanura kugwiza amaboko yo gutanga nom gutekerereza ingoma,ubuhutu nabwo bisobanura uwagabiwe,ubutwa navyo bisobanura kutajana n,iterambere ry,ibihe.rero hariho kera ivyasabwa mugihugu ca gasabo ivyo wategerezwa gukwiza kugira umututsi canke umututsi ,n,umutwa ivyo abo batumirwa bawe bamwebamwe bashikirizwa sivyo muburundi imbere y,umuzo w,abazungu ntavy,ubuhutu umututsi ububutwa vyakoreshwa muntwaro y'a cami hakoreshwa ubuganwa n,umuryango.rero muri rusangi ubuhutu ,umututsi n,ubutwa vyazananye n,abimukira bazananye mû Rwanda.

  • @gamalielndaruzaniye8943
    @gamalielndaruzaniye8943 Месяц назад

    None le manifeste des Bahutu, qui a conduite aux massacres des Tutsi lors de la Toussaint rwandaise yaje gute mûri 1957?

  • @binancerwanda
    @binancerwanda Месяц назад

    Umututsi ni umuntu wabaga afite inka zirenze 10
    Abahutu bari bafite inka hasi ya 10
    Abatwa bari ababumbyi.
    Gusa ubu PK yatwigishije kuba Abanyarwanda ❤

  • @NeneBirahimbaye
    @NeneBirahimbaye Месяц назад

    None nkibi vya diaspora uvuga wibazako bimaziki bifashiki!!?zurerekana ibiriko bikorwa bitameze neza nayo ivyobindi ntacobivuze