ABASETSE PEREZIDA W'U BURUNDI KUKO YAVUZE KO ARAMBIWE IMFASHANYO NIBO BAFITE IKIBAZO||DR RUSA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 1 ноя 2024

Комментарии • 182

  • @muhireolivier7856
    @muhireolivier7856 2 месяца назад +7

    Dr Rusa kuva natangira kugukurikira ubuzima bwange bwarahindutse haba, mumyumvire, mumikorere, ndetse no munyemerere narahindutse, benshi iyo bagarutse kukijyanye n'imyemerere nsigaye mfite nyuma yo gutangira kugukurikira bavuga ko nayobye ariko niba ari nako biri nayobye neza!👏👏
    Urakabaho tuguhorane abanyafrica twese!!!!

  • @franklukazula
    @franklukazula 2 месяца назад +5

    Imana ihezagire abanyaRwanda bose mwicisha bugufi 🙏🏼 mudatuka H.E wacu jew nd Umurundi ariko sinotwengera uwutuka H.E wu Rwanda✌🏻🙏🏼 God bless Burundi 🇧🇮 and Rwanda 🇷🇼 and Afrinca

  • @FRONTLINETV-s9k
    @FRONTLINETV-s9k 2 месяца назад +8

    Abashingantahe bamaze kwisobanukirwa keep it up babannyi.

  • @ZEDNEWS-o9w
    @ZEDNEWS-o9w 2 месяца назад +19

    History yigishwa nabi cyaneeee cyane mimashuri, nigute higishwa amateka ya WW1 na WW2, amateka yabanyaburayi, ariko amateka yurwanda ntiyigishwe cyane.
    Nkubu hari abana benshi ushobora kubaza amazina yabami burwanda 10 nibura bikamunanira.

  • @Akagumyebagumako25
    @Akagumyebagumako25 2 месяца назад +45

    Bwana Rusa uhumure,
    Uburundi bumaze imyaka myinshi atamfashanyo buhabwa ;kandi turahanyanyaza hagasha !

    • @lovazi
      @lovazi 2 месяца назад +14

      Nibyo Burundi bwamaze igihe kirekire mu bihano bya imperialism ariko abarundi bariho,

    • @LumumbaRemy
      @LumumbaRemy 2 месяца назад +8

      Niyo inkunga zabo bazikuraho burundu abantu babaho.

    • @user-nk3ue2cs4k
      @user-nk3ue2cs4k 2 месяца назад +4

      Ikibazo ni umunyafrika umenyereye guhabwa no guhakwa

    • @user-nk3ue2cs4k
      @user-nk3ue2cs4k 2 месяца назад +3

      Les dettes données par l'occident aux africains sont un fond de garantie pour leurs économies et leurs banques ( IMF , WORLD BANK ). Car le taux de remboursement est très élevé par rapport à un taux donné aux occidentaux dans leurs banques. En bref, les africains remboursent les dettes des occidentaux !
      En plus , vu l'émergence de la BRICS, Les occidentaux veulent surendetter les pays du sud pour garantir la domination du monde et mettre ces pays dans un état de manque de la marge de manœuvre pour s'orienter vers la force économique de la BRICS.

    • @PascalineIradukunda-zs4lk
      @PascalineIradukunda-zs4lk 2 месяца назад +2

      Nivyo❤❤

  • @desmondofficial7777
    @desmondofficial7777 2 месяца назад +4

    Dr Rusa Imana iguhe umugisha gose utagabanyije kubwigihe cyawe, gusa nibaza impamvu utari mubajyanama ba Perezida.

  • @AbdouMupenzi
    @AbdouMupenzi 2 месяца назад +19

    Docteur ;uri umunyabwenge.Uwakugira président wa Afrique yose.

  • @ericciza926
    @ericciza926 2 месяца назад +19

    Mutama Rusa mahoro burya kuva 2015 kubwa Nkurunziza infashanyo twari twarazivuyeko Kandi Twari tubayeho neza.

  • @doctorkakuji3494
    @doctorkakuji3494 2 месяца назад +14

    Duharanire kwigira. Ak'imuhana kaza imvura ihise

  • @ndabarushimanaachubel4021
    @ndabarushimanaachubel4021 Месяц назад

    Urakoze cane bwana Docteur. Ubundi ibi vyiyumviro nivyo dukeneye kugirango tumenyeko ibikenewe vyose ngo Africa itere imbere tuvyifitiye hano , turengere ibidutanya maze dukorere ineza yacu n'abazodukomokako

  • @Davis-qo4qp
    @Davis-qo4qp 2 месяца назад +8

    I appreciate Rusa' ideology

  • @pilotenizere4742
    @pilotenizere4742 2 месяца назад +1

    Urakoze cane Bwana Dr ku mwanya wanyu wogufasha abanya frica kumenya Ivyo baba bafise batazi,ntaco tubuze hakenewe organisation gusa ,ibinyoma twabwiwe birakwiye guhera.

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 2 месяца назад +12

    ivyavuze nukuri kuko abarundi twaramenyeye kwibako kandi uburundi Buratunze

  • @pablonsanzumuhire2024
    @pablonsanzumuhire2024 2 месяца назад +2

    Big up Mutama Dr Rusa!Revolution is caming Ramba Burundi 🇧🇮 bwacu!

  • @RugiraKagigiMutoka
    @RugiraKagigiMutoka 2 месяца назад +13

    Abaseka NEVA mubahe igihe gito bazamenya Impamvu abazungu bamutegera kumadovize. Afite ikintu cyiza akorera abarundi abazungu badakunze.

    • @ruberanzizamartin9417
      @ruberanzizamartin9417 2 месяца назад +2

      Exactement

    • @innocentnkurunziza1
      @innocentnkurunziza1 Месяц назад

      😂

    • @LystaMyleneIRAKOZE-eg1gu
      @LystaMyleneIRAKOZE-eg1gu Месяц назад

      Ariko abantu mutatwenza wewe woba uba burundi canke siho uba niba ariyo uba ukirerangagiza situation turimwo nawe uri ikijuju mubandi Neva ntakintu ariko arafasha Uburundi rero gabanya ayomashurwe umuterako ntac koko atumariye

  • @fabricenindagiye1143
    @fabricenindagiye1143 2 месяца назад

    Merci beaucoup docteur. Afrika twari dukwiye kwanka indyane abo muri nord badusukamwo kandi badusutsemwo kuva kera. Ugasanga Urwanda n'uburundi bari kwimana inzira or arivyo vyari gutuma dushikirana tukanywana tukanasangira business ❤❤ ndabakunda banyarwanda name barundi bacu, tuje hamwe twitezimbere

  • @SophonieNtitetereza
    @SophonieNtitetereza Месяц назад

    Umunyarwanda wimvugakuri imana igihezagire❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼

  • @alantutisenge3666
    @alantutisenge3666 2 месяца назад +13

    Abaseka president w'u Burundi ntago basobanukiwe economics muri rusange n'uburyo ikora.

    • @ruberanzizamartin9417
      @ruberanzizamartin9417 2 месяца назад

      Cyane rwose ntabyo bazi bagendera kumagambo na za politique zinzangano ibyiza ntibabibone

  • @rahaytv26
    @rahaytv26 Месяц назад

    muvyeyi mwiza uhabwe amashurwe uvuze ukiri🎉🎉🎉🎉❤❤❤

  • @ntarentoya1624
    @ntarentoya1624 2 месяца назад

    Murakoze cyane kuribubitecyerezo kandi twigabyinshi bigatuma tubona kure ahotwaguye dushukwa. Lurafrika hakwiye revelations kuko abadutegeka nibikoko byigwizaho umutungo badusabisha twekandi ugasanga baduteranya. Muguhuza ibi nabakironi usanga babakorera bica abanyabwenjye bakazamura igegera. Ibihugu byacu biracyize cyane

  • @Miburosalvator-t1q
    @Miburosalvator-t1q Месяц назад

    Dr Rusa ndakwemera cane

  • @moise7648
    @moise7648 2 месяца назад +7

    Abarundi bafite amahirwe kurira ubutegetsi bwiza

  • @SleepyBinaryCode-xm7zv
    @SleepyBinaryCode-xm7zv 2 месяца назад +1

    Dr RUSA ndamukundira ukuri avuga. Nkumuntu ariko yiga SPO kwumviriza Dr RUSA nivyagaciro

  • @Safkhd2
    @Safkhd2 2 месяца назад +4

    Dr , uri umugabo nyakuri 🌹

  • @Bazi1973
    @Bazi1973 2 месяца назад +1

    Pr.Evarist🇧🇮🇧🇮♥️✊

  • @CedriqueNiyomukiza-cc5vq
    @CedriqueNiyomukiza-cc5vq 2 месяца назад +6

    Nyenicubahiro Gen. NEVA turinyuma yiwe kuko tutunzubumwe vyoba ari bibi. Hama dollars bamutega akunda kwerekana ko ufise rimwe atacuriguramwo nkomuri🇺🇸 ariko mu 🇧🇮 Ufise Ayo 3000 ashobora kuvunjwamwo urafungura Midi et Soir

    • @LystaMyleneIRAKOZE-eg1gu
      @LystaMyleneIRAKOZE-eg1gu Месяц назад

      Nkawewe utari uburundi ubone ivyo tubayemwo ayo majambo ntayo wovuga mube mubaza abari burundi situation barimwo

    • @ndabarushimanaachubel4021
      @ndabarushimanaachubel4021 Месяц назад

      ​@@LystaMyleneIRAKOZE-eg1guwe uri muri situation wisangije se ? Je mbona atajuru rikorotse birasanzwe cane , igikuru ni uko ukukuru w'Igihugu cacu ari kukivi ntakindi

  • @AsiaBeond-lo6gs
    @AsiaBeond-lo6gs 2 месяца назад +1

    Uburundi reka dukore ❤❤

  • @Kennyoreste
    @Kennyoreste Месяц назад

    Doctor 😢😢😢❤❤❤❤ vyatumye nanka umuzungu aho ndi hose

  • @uwishemalosine4252
    @uwishemalosine4252 2 месяца назад +8

    Nukuri twaje gusobanukirwa iby'inkunga dusanga na gahinda gusa.😢

    • @lamanene
      @lamanene 2 месяца назад +1

      Konyine gusa 💯👌

  • @EmmanuelNduwarugira-t3f
    @EmmanuelNduwarugira-t3f 2 месяца назад +4

    Nukuri kuva 215 atamfashanyo nukuri iburundi ahiko afrika iratunzé

  • @Bazi1973
    @Bazi1973 2 месяца назад +2

    Baru🇧🇮 mpamagarira Chimamwanda aze yige ivyerekeye ubutwari bwigihugu...♥️🇧🇮🇧🇮✊✊✊

    • @lydinoirakoze3184
      @lydinoirakoze3184 2 месяца назад

      rekana nirya njiji 'politique ntakintu nakimwe atahura. Rero urya ni igifata nzoka mubijanye na politique.

  • @issamchaga7238
    @issamchaga7238 2 месяца назад +3

    Ko mutavuga uko pr Nkurunziza ariwe watanguje revolition imbere ya za Mali ,bourkina Fasso,centre Afrika
    Muri 2015-2016
    Mukwivana mu kanigo Kaba biligi

  • @dunia-n3k
    @dunia-n3k 2 месяца назад +1

    Dr Rusa nawe ntugasetse! Ngo u Rwanda n'u Burundi ngo ni vide! Forte concentration ya population turabisenta none ngo ni vide gute?

  • @Texas-w7s
    @Texas-w7s 2 месяца назад +6

    Abamuseka mbabona kuri x gsa baribesha cyaneee

    • @ruberanzizamartin9417
      @ruberanzizamartin9417 2 месяца назад

      Mubareke vuba muzareba mumsi irimbere uko Burundi bizaba bimeze neza cyane

  • @isaiedusabimana8435
    @isaiedusabimana8435 2 месяца назад

    Urakoze ku bitekerezo birebana n’Uburundi utugugejejeho. Ndizera ko utazazira ibyo bitekerezo nk’umusizi Bahati.

  • @NininahazweExcellence
    @NininahazweExcellence 2 месяца назад +1

    Ndashimiye President Neva koko ntafashanyo tukeneye tubeshwo na bike tufise.

  • @Human1living
    @Human1living 2 месяца назад

    Abarundi nibave mubwishongozi bakore

  • @Jeanclaudemboma
    @Jeanclaudemboma 2 месяца назад +1

    Bwana Doctor uzubwenge Uruguayan Rwanda umwe gusa ugirukuri ukavuga ukuri udahengamye niwe gusa uvuga uburundi neza cnk nabi mubihe bikwiriye urintwari turakwemera abandi muze mubigisha

  • @bigjohnnevergiveup
    @bigjohnnevergiveup 2 месяца назад +1

    UBURUNDI UBU SIBIMWE VYO KURI BABATEGETSI BAKORESHA IGIKENYA REKA NDABABWIRE UBURUNDI BWAMUGAJWE NA TWEBWE ABARUNDI KANDI NITWEBWE NYENE TUZOBUGORORA ABAHINGA NITWEBWE NYENE

  • @JordyHabarugira
    @JordyHabarugira 2 месяца назад +5

    Ndabaramukije ndumurubdi nashimye ibiganiro vyanyu ndakunda abanya frica bafise ibitekererezo vyokwigobotora izonkunga zabazungu.ikibazo duhuranaco nuko abategetsi bafrica bamaze kuba imbata zabazungu kuburyo babona ko batoshobora kuyobora ibihugu vyabo batarose izo nkunga zamahanga .bakibagirako izonkunga batora zigiringarukambi kubanyafrica ubwabo hari hakwiye ibiganiro vyishi cane bivuga kukwiyamiriza cane izonkunga baduha kuko ntakamaro zimarira abanya frica atarukutugumiza mubukoroni .murakoze kukiganiro canyu ciza mukomeze nibindi nkivyo

  • @Bapfunya
    @Bapfunya Месяц назад

    Dr rusa komera mutama africa dukeneye abantu bameze nkawe,magufuri,neva,nizindi ntwari zibobona kure

  • @danielscott6097
    @danielscott6097 2 месяца назад +4

    Mahoro cane. Ndashimiye nyeni cubahiro president wu Burundi kuvyo yavuze. Birashoka cane ko Africa ibaho idasavye. Kuko Africa ifise vyose. Nosaba ko mwo soma igitabo ca (Dambisa Moyo) " Dead Aid " Title " Why Aid Not Working and how How there's Better way for Africa
    Imyaka 60 yose irashize 1 trillion arungitswe muri Africa Ariko uravye neza wosanga....

  • @MuhoziKhloe1
    @MuhoziKhloe1 2 месяца назад

    BIG ENERGY ❤❤❤❤❤❤

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 2 месяца назад +1

    Dr Rusa icuvuga kirakomeye l'Afrique manque l'indépendance Économique voire quelques fois politique.
    Rero nimba Sebarundi yavuze kurya il frappe là l'Afrique devrait frapper!

  • @ngendabanyikwalambert8389
    @ngendabanyikwalambert8389 2 месяца назад +1

    Hariya hantu président yavuze ni muri commune yacu ndahazi . Docteur Rusa aba Belge barahimvye ubutare nivyo . Mbere hariho nahandi bagiye bimba hasigaye des tuneurs.

  • @gerardnibizi8141
    @gerardnibizi8141 2 месяца назад

    Dr. Ndakwikundira vyukuri

  • @NgabonzizaViateur-sy8jq
    @NgabonzizaViateur-sy8jq 2 месяца назад

    Ark nukuri dore ibijyanye ninkunga bisa nideni uhatiwe ubundi igihe cyokwira cyagera ukabona uwakwingingiraga ideni ahindutse umwanzi akayakwa atwariye hamwe nutwawe twose warutunze ibyo birimurutwe ark ninyigisho dukura kubakoroni bubu

  • @sugiradeogratias6778
    @sugiradeogratias6778 2 месяца назад

    Umva doctor Rusa ntabwo ducyennye imitungo ahubwo ducyennye mu mutwe!!!

  • @olly7037
    @olly7037 2 месяца назад

    Ikibazo nuko izo mfashanyo atigeze ahagarika kuzakira. Kuko no muri budget ya recensement iriko iraba harimwo nimfashanyo za occident.

  • @NkomokoBurima
    @NkomokoBurima 2 месяца назад

    Nukuri uburundi ntitugishaka abazungu baze kutugora baduteranya

  • @dundaentertainment6753
    @dundaentertainment6753 2 месяца назад

    Den tv turabumva,courage.

  • @RoseNijimbere
    @RoseNijimbere Месяц назад

    Igituma uvuga ko ababirigi batakoronije uburundi nuko utazi ingene ikimoko kibabaza

  • @kagabopierre7285
    @kagabopierre7285 2 месяца назад

    Uyu musaza ufana Neva ko yashizemo arazira iki yakwivuje

  • @cecilemukamana642
    @cecilemukamana642 2 месяца назад +1

    Merci Dr Rusa...twese turi abanya African ✊🏾

  • @olly7037
    @olly7037 2 месяца назад

    Imbogamizi zihari kugirango uburundi bushobore kubaho neza kandi ata mfashanyo ni guhindura politique igihugu gitwawemo. Genda mwumve ibitekerezo vy'uwitwa @faustin ndikumana atwara ishirahamwe @parcem ryishinze gukangurira abarundi guhindura ingendo kugira igihugu gitere imbere.

  • @ndabarushimanaachubel4021
    @ndabarushimanaachubel4021 Месяц назад

    Mushinganta ndabona ushobora kuba uri umwe mu bantu ngirakamaro bo murwanda.

  • @ansnimbona8139
    @ansnimbona8139 2 месяца назад

    uyu mu bwana arakwiye kwigisha benshi ,cerveau yiw irakwiy nez kabis, salute kuri Docteur

  • @alkebulanliberationmovement
    @alkebulanliberationmovement Месяц назад

    Uburundi buzokizwa nabarundi bumutima. Ingorane zihanze uburundi nuko abarundi batumva kumwe muri politike
    Hariho abipfuzako uburundi bwotemba nabipfuzako uburundi bwokira. Abipfuriza inabi igihugu c'uburundi nibikubite agashi hama bashigikire ineza y'igihugu vyose birashoboka abarundi tugiye hamwe

  • @Isaactoyi
    @Isaactoyi 2 месяца назад +1

    Izo mfashanyo nizubukoroni😂😂😂😂

  • @LovelyGuitarPedals-yg3wt
    @LovelyGuitarPedals-yg3wt 2 месяца назад

    Papa urumuhanga kbsa kd ukuri kwawe kubyubona nibyo wumva bizatsinda ahazaza

  • @dariusmageza7672
    @dariusmageza7672 Месяц назад

    Ibyo biganiro ,bidufasha gusobanukirwa

  • @PascalineIradukunda-zs4lk
    @PascalineIradukunda-zs4lk 2 месяца назад

    Docteur urumugabo nkurunziza nic yazize kand twarabayeho imyaka myishi can atankunga zabo

  • @abdallahjuma7997
    @abdallahjuma7997 2 месяца назад

    Bwana Drc mwubahw cn batama muvuze neza cn kand neva azobishobora kukw CDD FDD kuva itwaye y 'atway imyaka mike mumahoro ibihe vyinsh yaba irikw iragwana imyaka yatwaye mumahoro iraharuh Kandi impinduka sinke

  • @PalmerAbel-h9f
    @PalmerAbel-h9f Месяц назад

    Lewis Angela Walker Brenda Harris Edward

  • @MitimidacyaMitimidacya
    @MitimidacyaMitimidacya 2 месяца назад

    Uburundi se bukennye iki!? Mwebwe se mumuseka mukize murusha iki uburundi koko!!??? Mubarusha amadeni gusa!!! None amadeni nibwo bukire!!!??

  • @PioNiyonkuru
    @PioNiyonkuru 2 месяца назад +2

    Muvuze guha abantu amafranga mu ntoki mwabonye Aho dg Brianne hamwe n'a pasiteri julienne batera amafranga hejuru abantu bagasama biriya ni ibiki Koko jyewe nabonye Ari blanchiment d'argent

  • @BerchimasBigirimana-do2sf
    @BerchimasBigirimana-do2sf 2 месяца назад +1

    Birateba muga bikaza umuhanzi kidum niwe yavuzeko abantu bubu bakunda ibitekewe ngaho nivyo bafungura ntibashak guteka ibiharage nibigori ngo babirindir bishe baba barambiwe Burundi namatora nitwe utwacu twitunganiriza mumahera yacu iyomfashanyo yabo twarayihinyuye

  • @jeanevodebaligira3317
    @jeanevodebaligira3317 2 месяца назад +1

    Ubundi kuva na cyera iyo atanga ruriya rugero rw'inka yanze ubwatsi, tuba twarabyumvise kurusha ho 14:31

  • @intekerezo2023
    @intekerezo2023 2 месяца назад

    Dr.Nimubanze mucike mu mamodoka yabo,abana banyu bige inaha bareke kujya kwiga za USA,mureke kwivuriza hanze iyo za Buraya,mureke kugura ibikoresho byabo bihenze ...maze murebe ko mutazigenga

  • @butoyialexis2316
    @butoyialexis2316 2 месяца назад

    Avant 2010 , appui budgétaire yari 52% kuva bayatwimye Ntabwo twapfuye....gutegura amatora icuro 3 ata aide numwe, kuva uburund buvuye cours pénal international
    Baciye barya amenyo
    Panafricanisme oyeeee

  • @emmanuelniyongabo9569
    @emmanuelniyongabo9569 2 месяца назад

    Ego caaane. Kubaho atamfashanyo dusavye ni nabwo buzima. Amabuye y'agaciro dufise afise agaciro kanini kubayagura. Vyiza twogurisha bake ashoboka mu ntumbero yo kuronka technologies zo kwihingurira ivyo dushaka nk'abatunze ayo mabuye.

  • @VYBurundi
    @VYBurundi 2 месяца назад

    Kweli Urumuhinga kabisa

  • @bahatiinnocent7626
    @bahatiinnocent7626 Месяц назад

    Ubuse imyaka 30 amaze kubutegetsi yabujijwe b iki kubyubaka? Ubu se abana be bize America kuko nrashuri riba afrika ryabigisha? Mwaretse gushukwa. Ibigambo gusa. Milliàd zigenda ku umuryango we, izagirikira ku ikibiga cya bugesera... .

  • @MvugiranezaJoseph
    @MvugiranezaJoseph 2 месяца назад

    Mukirundi bacumugani ngo sinryaka abayariye Kandi turiko tugerageza kwihaza

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 2 месяца назад

    ❤🎩
    ✊🏾🇧🇮

  • @NdatimanaVincent-z8r
    @NdatimanaVincent-z8r 2 месяца назад

    Ariko Dr nibihe bikoresho abanyaburayi bahite twebwe abanyafrica tudafite bituma duhora tubahanze amaso koko

  • @RenovatEconome
    @RenovatEconome 2 месяца назад

    Tuze neza KO imfashanyo atakamaro kanini zimaze. Nuburyo bw'abazungu bwokudandaza des stocks invendus de toute sorte

  • @JeniferUwera
    @JeniferUwera 2 месяца назад

    Uvuze ukuri nibyo birihano muburayi bafasha abantu intica ntikize

  • @MbandaFRANÇOISFrancois
    @MbandaFRANÇOISFrancois 2 месяца назад

    Ubushishozi bwana Dr rusa ni ntamakemwe ahubwo imvugo ijana n'ingiro ahubwo agume yubaka ahari tuzigobotore iyo ngoyi ariko tugize ubuyobizi ubona Kure mw'iyo ntumbero.

  • @Safkhd2
    @Safkhd2 2 месяца назад

    Ibyo Neva avuga nivyiyumviro vyiza ariko se abamukikije niko bavyumva kimwe

  • @JoaoVarlerioconstatino-kf4eh
    @JoaoVarlerioconstatino-kf4eh 2 месяца назад

    Nt mfashanyo afrika ikeneye ahubwo ikeneye abagabo badatinya occident badakorera k bwoba hakenewe aba nyA afrika kuba ikintu kimwe n abakunda afrika

  • @alfredkenniyibigira4165
    @alfredkenniyibigira4165 2 месяца назад +1

    None ubundi u Burundi bumaze igihe kingana iki atankunga bahabwa kuva 2015 budget yose ya Leta nta mafranga ya mahanga arimwo batuganije amatora kabiri ntankuga, ni ibihugu bingahe bidashobora kubaho ntankunga? Vyaba ivyo mu karere budget yabyo haba harimwo inkunga.

    • @lovazi
      @lovazi 2 месяца назад

      Yego byose birashoboka

  • @BakanibonaJerome
    @BakanibonaJerome 2 месяца назад

    Docteur ndamukunda cane ariko azobwire icatumye ababirigi bica rwagasore ukwezi TV mukomere

  • @MoiseHatungimana-t5r
    @MoiseHatungimana-t5r 2 месяца назад

    Icyicya abanyafrica nuko mugihugu icarico cose aha muri africa usanga gifise imirwi 2 ,
    1.gushaka imfashanyo
    2.abandi batayishaka
    Rero ibi bihugu bica bigorana amatwarwa yavyo

  • @VyizigiroEric-z1v
    @VyizigiroEric-z1v 2 месяца назад

    None uryamwobo uvuziki?

  • @ELOGERUHIMBASA
    @ELOGERUHIMBASA 2 месяца назад

    Uburundi sigihugu gikenye sivyo EDDEN we have secret 😂

  • @alvellaniyonzima4046
    @alvellaniyonzima4046 2 месяца назад

    Emmissions nziza cane.

  • @VyizigiroEric-z1v
    @VyizigiroEric-z1v 2 месяца назад

    Kandi uburundi ntimuze mubwigereranye abenegihugu barikwije ntafashanyo Dukeneye ahotubabwije ukuri

  • @OlivierKamenge96
    @OlivierKamenge96 2 месяца назад

    Mutama ndakuramukije

  • @loveboxer1884
    @loveboxer1884 2 месяца назад

    Avuze neza uyu Doctor twebwe nkabanyagihugu tuba twumva Organization ariyo ikenewe ikindi president wuburundi avuga neza abaye abishize mungiro vyoba vyiza cane

  • @MUCOWINTWARI-ld4op
    @MUCOWINTWARI-ld4op 2 месяца назад

    Nivyo ifashanyo nukutumugaza mubwenge!!tukihatira kumera nkabo!!mugihe mumashure batuzaniye batwigisha gukoresha ivyo bakoze batwigisha ivyobikoresho uko twovyikorera bagaca batugenzuza amahera nivyotubakenerako!!niga dc batwigisha ngo tora umugambi hama uheze uwusigurire umuterankunga batakweretse uko uwomuterankunga yakoze akagera ahafasha abandi!!nugusaba amadeni muma banki??nukwibaza cane kuvyo twigishwa mumashure namasengero!!!muzomenya ukuri twahishejweee!!!

  • @VyizigiroEric-z1v
    @VyizigiroEric-z1v 2 месяца назад

    Ebana twemuburundi ntankunga dukeneye

  • @JuvenalNiyomungere
    @JuvenalNiyomungere 2 месяца назад

    Imburamaboko zamenyeye gusegerereza nizo zimutwenga, kuko zamenyeye gutega amaboko

  • @isatatv2299
    @isatatv2299 2 месяца назад

    None se Theo ubu ukeneye ko abazungu aribo bakubwira ko Congo ikennye koko. None se bakize iki ubuzima babaho ntimubuzi 😂😂😂😂😂😂😂. Kuvuga ngo bafite amabuye gusa adafite icyo abamariye nibwo bukire se??

  • @JaphetMUCOWIMANA
    @JaphetMUCOWIMANA 2 месяца назад

    Amahoro Docter rusa nukuri turashimishwa n'ibiganiro muduha kukijanye n'inkunga bituma ubaho nk'umucakara lero kubaho uteze amaboko mbonumenga n'icaha kandi utari ikimuga mu Burundi bwacu ubuzima ntakibazo abenegihugu barakora bakabaho mubwigenge bwabo murakoze vyose ni mumutwe!!!!

  • @ndahayoelysee3705
    @ndahayoelysee3705 2 месяца назад

    Ni ko kuri pe. Burya umuntu aretse kugufasha none ukaburara , ndahamya ntashidikanya ko ejo wabona aho ukura ibiryo. Burya gukunda gufashwa bigira umuntu imbwa aho kumugira umugabo. Gusa na none bigashingira ku miterere y ' ubufsha ubwo ari bwo n' uko butangwa.

  • @sugiradeogratias6778
    @sugiradeogratias6778 2 месяца назад

    Ni gute Israël idafite ubutaka buhingwa nk'ubwacu ikaba yitunga ikihaza ikaba yanasagurira amahanga yarezaga ije gutunda ubutaka muri Uganda bwo guhingaho!!!

  • @noelndagijimana6308
    @noelndagijimana6308 2 месяца назад +1

    Urwo rugero nsarukunze dr atanze😂 .koko baduha ubwatsi bagatwara amata.

  • @MusemaBikeka
    @MusemaBikeka 2 месяца назад

    Ntamuntu ufite mumutwe hazima wakwemera gukomeza kubeshwaho n'ibyitwa inkunga z'abo mu burengerazuba. Turambiwe Inkunga Abayobozi bacu ni bareke gukomeza gusaba inkunga mfashanyo muri Oxcida!

  • @jeanmariebizoza654
    @jeanmariebizoza654 2 месяца назад

    UBUNDI NUKURI IBI BIHUGU VYACU NTIBIKENYE NA GATO,AHUBWO ORGANISATION NIYO IGORANA,UGASANGA AMAFARANGA ATUNZE AKARWI KAMWE KABANTU,NINAVYO BITUMA HAMA IMVURURU ZA POLITIKE KUKO UMWE WESE AGOMBA GUKWEGA YISHIRAKO! IMFASHANYO NUBUNDI NAHO ZIZA NTIZISHIKIRA UWAZIGENEWE!