Est ce que le Don ihawe igihugu ,siyabene gihugu? Uwo wundi ayakira ntimenyekane c'est qui Igihugu( abenegihugu) gihawe ou bahawe Indege ,iyo ndege iba ari iya Président? Canke iba ariy'abene gihugu? Jewe numva umenga Président Neva na Angeline bagomba kwigarurira imfashanyo zose nkuko umenga nibo bagize igihugu gusa Murahagabira Ivyo bintu vyooose afise bidasiguritse Tuzobibaka un jour jus
Uwu mutama atwara inama inshingamateka. Arakwiye kwegura
Turiko turumviriza uwarikuba Président.Imana imujimbere
🎉🎉❤❤❤
Umukuru wigihugu agato wubahwe uvuga nkumukuru wigihugu nyene kl uciye ubwenge mutama wanj
Rwas niw duhaze amaso muburund
Uyumutama RWASA ndamukundira ukuntu avuga ari pose! Gusa ndaravye ukuntu ninteretse yari yashishwe nukwumva mutama RWASA ahaye avuga ukuri.
Urintwari Hon Rwasa Agathon ukuri guca muziko ntigusha harumusi ukuri kuzotsina ikinyoma Imana ikutuzigamire
Gelasie yajorewe😂president agathon rwasa wubahwe uwicaye Muntebe wategerezwa kwicaramwoo ntamahoro azoronka
Icokibazo c’Umukiru w’Inama nshinga Mateka kirumvikana kbs Nonoho Aza yavuga ukuri!!!!!
uzopfa urumugabo twarahomvye twarahovye bavyeyi bigihugu cacu ariko twiyakire Imana ituzigamire Agaton rwasa hamwe nabamufasha munama nshingamateka muri inyankamugayo zibushitse ibihevyose atarinubu gusaaaaa
Nimba hari abantu bonona ururimi rw'ikirundi ni abashingamateka
Cane😂😂😂😂😂😂😂
Matama niwe Abarundi bahanze amaso
Uyu mutama Imana yarikwiye kuraba ico yomukorera aratuvugira naho bipfira munzira Agathon Rwasa numugabo peeeeee
Ndamwemye'umutalaraho''agt
Ukuri kwama kubabaza arko fin de fin kuratsinda aba bagabo vyose bagomba kuvyikorera nne Inama nshingamateka na nkenguzamateka zizoba zimaze iki?Aho hoho nibace bazikura bavyikorere nimba badashaka kl bakora ico zijejwe gsa kl Nyakubahwa Agathon Rwasa igihe yatwaye Igihugu niho Abarundi tuzokwiruhutsa gko wwe yitaho ineza y, umwenegihugu kndi vraiment Yubahwe ,uyu mutama nawe Gerase jewe numva yitiranya ibintu cane
Les dons igihe zije zifasha imigambi y'igihugu nazo nyene zokwirikiranwa uko zikora bikaba muri transparence. Erega dons zije au nom du pays n'umunyagihugu mutoya aba ariyiwe indirectement . Ego dons ntizoca muri parlement mais hobaho itegeko rivuga gusigura ingene dons zakoreshejwe kuko contrôle de l'action gouvernemental , aho ndashigikiye Très Honorable Ndabirabe, abisiguye neza cane.
Mutama Agathon nintwari twarahomvye kuba baramwivye amajwi
Jeww kuva kera narashstse ko rwasa yotwara inama shingamateka
Mutama Agathon uvuga ukuri kweri niwe twabuze
Mwiriwe mbega kontarigera mbona nesitori avuga munama nshingamateka?uwavuzengo n'igifyoti ntiyabeshe RWASA wubahwe.
Ewe gwasa uravugukuri niyompamvu Abo bagabo bakwanka mugabo abarundi turazi kurimvuga kuri kiretse????
Ababatama banuka ubusuma kuvaho bibiye ntibahaga none ubu bagomba guhindura amategeko kubwinyungu zabo atari inyungu z’abenegihugu. Birarenze
Kuki Abahutu badakundana biva kuki?
Est ce que le Don ihawe igihugu ,siyabene gihugu?
Uwo wundi ayakira ntimenyekane c'est qui
Igihugu( abenegihugu) gihawe ou bahawe Indege ,iyo ndege iba ari iya Président?
Canke iba ariy'abene gihugu?
Jewe numva umenga Président Neva na Angeline bagomba kwigarurira imfashanyo zose nkuko umenga nibo bagize igihugu gusa
Murahagabira
Ivyo bintu vyooose afise bidasiguritse
Tuzobibaka un jour jus
Uwipfuzako gwada yosubirira never cwirabirarura,gusa avuga ukuri mugabo natwe atwaye ntacovamwo
Ukuri kurivuga,ikinyoma kikiheza
Niyubahwe nincabwenge nibamureke amatora yimirije ayagendemwo not kumukumira
Uyu mutama barakwiye kumwegezayo kuko ntaco amaze
Hon Agathon Rwasa avuzukuri guhambaye pe
Rwasa uvuga ukuri nubwo bokurwanya gute
Mufite ubwenge bwokwiba gusa,bivuzeng tweturabo kwishura amadeni gusa ayo mado uburundi ntiburimo nayany mumifuko cakora mufite amayeri
Mushingamateka arayobegwa gutandukanya ingsbiri ningurane ?
kiujanja ujanja
😂😂😂😂😂😂😂, hizo ni Siri kiujanja😂
Ninteretse umusi batabaye bari kubutegetsi kurya bamukoresheje amakosha azicuza narindire ukora Ineza ukayisanga imbere canke uruvyaro rwawe rukabisanga imbere Ineza yiturwa iyindi ninabi yiturwa iyindi yaramurenganije ariko burakeye nawe bamurenganye nzoraba ingene azovyifatamwo
ngo ngwiki? Don ntizikurikiranwe zibe zigiriy kubo zatanzwe batwara😂😂😂Ntihagire nuwumenya iyo zaciye🤣🤣🇧🇮🇧🇮
Rwasa nicogituma bamwanka abavugira Ibintu 😂
Gelase araciye ubwenge
Nyeniteka Gerase Daniel Ndabirabe ndamushimiye cane ukuntu yasiguye nuko abona ikibazo babashikirije ntiyahengamye kuneza y’iterambere y’ibikorwa vy’Igihugu no kuneza y’ibikorwa vy’inama nshingamateka ahubwo nawe ni numuhinga,,,
Ibibwa biraho ntavuz ntaho bizashikana igihugu
Barinadayimoni.abasede chabariniz go
Barinizigope
Nimege kuvyubaka igihugu nyrucar ashikigw
?
??????