Alert ⚠ Hahejeje kuba isanganganya Coisteri yuzuye abantu barapfuye,hakizemwo bake 20/07/2024

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 сен 2024
  • #amakuru_atarikwivumbi
    #urugendo_news_amakuru
    #Updats_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Комментарии • 33

  • @user-lp2ll5dl9t
    @user-lp2ll5dl9t Месяц назад +2

    Yesue birababaje cane 😭😭😭😭😭

  • @NdayisengaElda
    @NdayisengaElda Месяц назад

    Nkibibona numvise agahinda kbx yooooo😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @WozaMan-eo7wg
    @WozaMan-eo7wg Месяц назад +1

    abalundi mwihangane nimiryanko yabuze tulabafashe muntege kandi tulabahaye pole sana

  • @JeanpaulSinigaba
    @JeanpaulSinigaba Месяц назад +3

    Yoooo,ryabaye isanganye rikomeye cane kuko benshi bahuye nivyo vyago babazanye kubitalo Roi Khaled vyo Mukamenge,navyiboneye namaso yanje

  • @NduwimanaAmina-io2cf
    @NduwimanaAmina-io2cf Месяц назад

    Ahohantu. Ndahazi. Hamahabereye. Amasanganyanya. Ahohantusihezakweri

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to Месяц назад +1

    Birababaje kwel ababuze bihangane abacitse kwicumu imana ibakize ntivyoroshe aho hantu haramanuka cane hazobamara 😭😭😭😭

  • @user-xw6uk9dc2i
    @user-xw6uk9dc2i Месяц назад

    😭😭😭😭Nababaye kbx harimwo umuhungu yari avuye amarica barikumwe nu chr ww baribavuy kugira marige yanyum ibijumbur yab esilam nihatar

  • @user-jr3cp2xj5z
    @user-jr3cp2xj5z Месяц назад

    Imanayakire ababigiriyemwo

  • @shanthalshanthal1491
    @shanthalshanthal1491 Месяц назад

    Bamuvyerekana nkatweturikure tukaraba kwatawacu arimwo

  • @AbeYes-u5k
    @AbeYes-u5k Месяц назад

    Wihuta mwibarabara ugateba mubitaro

  • @user-qk2jj9yg5m
    @user-qk2jj9yg5m Месяц назад

    Bisabakwihanga.birababaje.nukuri😭😭😭😭

  • @Ellin1Fikrah
    @Ellin1Fikrah Месяц назад

    Yooooo

  • @user-zb2pv6le6l
    @user-zb2pv6le6l Месяц назад

    Imanaibakiremubwamibwayo

  • @ButoyiThierry-j8e
    @ButoyiThierry-j8e Месяц назад

    Ee Nihatari kweri bihagane nuko bigenda vyokwisi 😢😢

  • @JospatKarishaga
    @JospatKarishaga Месяц назад

    Abashoferi n'aho mukoma induru ngo bagende neza ntibumva bivugira kumuntu apfa kumunsi wiwe bivugira ngo "koresha umwanya"

  • @celestinss4045
    @celestinss4045 Месяц назад

    Ningorane nukuri nukwihangan imana ibakire mubwami bwayo

  • @spesirakiza7063
    @spesirakiza7063 Месяц назад +1

    Komeza udutohoreze

  • @JospatKarishaga
    @JospatKarishaga Месяц назад

    None nkaho werekana ibiki

  • @WozaMan-eo7wg
    @WozaMan-eo7wg Месяц назад

    biduhe neza none mugisha

  • @dianekamariza5174
    @dianekamariza5174 Месяц назад

    None gashahu erega ozo permi bagura ntabumenyi babifitiye nicokibazo

    • @AdB-oe9yh
      @AdB-oe9yh Месяц назад

      Uwuzi umuduga ntasanganya agira....accident ntirabivyo reka

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to Месяц назад

    Nanje nabibonye muri grup ubunyene ntivyoroshe

  • @JospatKarishaga
    @JospatKarishaga Месяц назад

    Tandukanya ni kinama ca mubimbi canke kinama quartier ?

  • @pice-marcntigahera2621
    @pice-marcntigahera2621 Месяц назад

    Rip.

    • @GirukwishikeDesire-ct3zz
      @GirukwishikeDesire-ct3zz Месяц назад

      Nukwihangana kwiyisi nimiruho hama Non mugisha kuberiki mushirako agafuka kagatuma tutabibona neza

  • @DjamilaNdikumagenge
    @DjamilaNdikumagenge Месяц назад

    Nikimbanzo batohonze icabitumvye

  • @eddy-didiernizigama
    @eddy-didiernizigama Месяц назад

    None nk'uyo adahwa ngo ni bihangane bababare nta kundi,iyo ni imvugo y'ahantu habaye ivyago nk'ivyo kweli?

    • @patrickevrardbudodwa5067
      @patrickevrardbudodwa5067 Месяц назад

      Uyo yavuze uko bivanye nuwo bari bateruye kubera yababara cane akaca aboroga uyo aca avuga ati niyihangane ababare nta kundi c-à-d ababare ariko bamuterure bamutabare

  • @user-vf6qf1tb8w
    @user-vf6qf1tb8w Месяц назад

    Ntakundi imana ibakire