Umviriza ico abadandaza bo mw'isoko rya

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 26 май 2020
  • #Burundi #Marchés: Abadandazwa bo kw'isoko Bujumbura City Market bita kwa #Siyoni baridoga ko naho ibidandazwa biboneka ariko ata bakiliya bafise baza kubagurira ibidandazwa vyabo. Umviriza ico bamwe bamwe mu badandaza bayaze na Mashariki TV bavuga ku cokorwa kugira nabo babone uko bobaho. Umviriza ico abadandaza bo mw'isoko rya Bujumbura City Market bavuga ku ngaruka za COVID-19 ku rudandazwa rwabo

Комментарии • 5

  • @boscomagaya8772
    @boscomagaya8772 4 года назад +1

    Nibugurure imipaka ataruko abantu bazopfa ninzara kweli

  • @methodalex2735
    @methodalex2735 4 года назад +1

    Mwihangan kuko niyo turi biragoy agàhera ntako. ICO kiza kizoteba gihere .

  • @josephinkindi1460
    @josephinkindi1460 4 года назад +1

    ,muzatemberere no muvyombo

  • @christophervictory1157
    @christophervictory1157 4 года назад +1

    Korona ni shiiida

    • @omartv9220
      @omartv9220 4 года назад +1

      Mugomba kudukwegera ,amahera ntasumba ubuzima.