Umukuru w'Igihugu azoja hamwe n'Abize ivyubutare kugira bige ico bwokwinjiza mu gihugu.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 20 окт 2024
  • #Burundi: Umukuru w'Igihugu yipfuza ko ubutare buri mu gihugu c'Uburundi bwokwimbwa n'abarundi gusa ata munyamahanga abigiye mwo ari naco gituma yasavye urwaruka rwize ivyerekeye ubutare kwiyandikisha kugira ngo bazoje hamwe bige uko vyokorwa.

Комментарии • 50

  • @salimramadhani740
    @salimramadhani740 2 месяца назад +3

    Good news thanks you we love Burundi ❤viva Burundi 💪💪🇧🇮 from Burundi 🇧🇮Lives in cape Town

  • @EfremMalachi
    @EfremMalachi 2 месяца назад +3

    Ugaruka turikukivi abobazehe nibareke kutuzanamwo ivyo kwigungirako

  • @HavyarimanaCedrick
    @HavyarimanaCedrick 2 месяца назад +3

    Ndagukunda mutama wacu

    • @lazzR1935
      @lazzR1935 2 месяца назад

      Ntusumba jew sha

    • @ryitangiyemoise5258
      @ryitangiyemoise5258 2 месяца назад

      Uwo yibahw sha nabataremere bazemera gusa urugamb gwose ruragora Arik imbere niheza

  • @MrNuurofficial
    @MrNuurofficial 2 месяца назад

    Président wacu ni injeni uyu nimyaka 50 atakuvako kuk abandi bavuga ibintu tubona arik ivyo tutabon ntibavuga wavyumva mubantu turikumwe nawe Never wacu ❤❤

  • @FrancisMarlackie
    @FrancisMarlackie Месяц назад

    Uvuga neza Nyakwubahwa przida

  • @angemarywolf2549
    @angemarywolf2549 2 месяца назад +1

    Sindi ubwoko ndi UMURUNDI

  • @vyuguruzumwangumwereka
    @vyuguruzumwangumwereka 2 месяца назад +2

    Uyu mugabo turamuzi afise umunwa gusa! Ibi vyose ntaco azokora!

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 2 месяца назад

      Sweranyoko wosanga Ari we vyakoze ahubwo ni shetani yamavuga

  • @massivemusicrw
    @massivemusicrw 2 месяца назад +1

    Ibintu byamoko nibyo byandindije igihugu uvuze ukuri rwose

  • @vyuguruzumwangumwereka
    @vyuguruzumwangumwereka 2 месяца назад +1

    Ewe neva sha! None wavuze ko ubutare bwo mu kirundi bufise agaciro ka 5 milles milliards de dollars mbere yo gukora les etudes zo kuraba agaciro k'ico kirombe!

  • @DieudonnéeNAHISHAKIYE
    @DieudonnéeNAHISHAKIYE 2 месяца назад +1

    Ukwo nukuriiii kwuzuye

  • @CelestinNiyitunga
    @CelestinNiyitunga 2 месяца назад +2

    Bashora bazabazanye nimashine zihingura imiduga amamoto impuzu nibindinibindu natwe baze kuzigura iburundi imitima yama tlefone imitima yama radio eka noneho ntakidashobokerimana twiberey murukundo imanihezagiruburundi bwacu

  • @franklukazula
    @franklukazula 2 месяца назад +1

    Maputo barariha kumabarabara , Malawi barariha , Tanzania nuko barariha , Burundi nibwo gusa busigaye

  • @fiacrerugwizangoga1576
    @fiacrerugwizangoga1576 2 месяца назад +1

    I Igihugu kiratunze mugabo gifise ibisuma vyinshi

  • @jean-claudeminani6156
    @jean-claudeminani6156 2 месяца назад +1

    Ijambo rizima koko.

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 2 месяца назад +1

    tukurinyuma papa

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 2 месяца назад

    Aba jeunes nukubarungika baje kwiga mubihugu bifise ubunararibonye muri ico gisata. Ngaho mu Burundi nta mashure ahari akwije ibisabwa. Kndi nivyiza kuja gusuma ubumenyi n'ubuhinga hanze, ivyo Never ahora avuga ngo aba koloni, arabarungika ahandi apana mu bakoloni, igikuru nuko haboneka incabwenge, hanyuma naba jeunes baza kwiga ivya ma contrats miniers ntibavyiga mu kirundi, canke aho muri droit, oyaye. Never rero punguza gutebura, uje kuri ca kivi, ariko umengo waracerewe😊😊😊😊😊

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 2 месяца назад

      @Jesper. Bimwe muvyo uvuze nanje ndavyemera. Industrie miniere kugira ngo uyigiremwo experience biragoye. Kugira ngo umuntu ashobore kurongora mine niniya ategerezwa kuba yaraciye henshi, kugira ngo umenye comment negotier ces contrats biragoye. Hari aho vyoba ngombwa gusaba ibihugu bishigikiye uburundi kurungika des cooperants techniques nk'uko nyakwigendera perezida Jean-Baptiste Bagaza yabifashijemwo n'abadagi mukubaka infrastructures n'amahinguriro.

  • @kezananafleur8480
    @kezananafleur8480 2 месяца назад

    Ntimwinegura muranyagirwa n' ineza mwakoreye...

  • @angemarywolf2549
    @angemarywolf2549 2 месяца назад

    Nahatswe kenshi kwicwa kubera isura. Ubu niwambona ntunyice kubera isura kuko ntiwamvyaye ngo ube uzi ubwoko bwanje. Sinon uzihonya wibaza ko nafuye

  • @moshwayne2565
    @moshwayne2565 2 месяца назад

    🎉🎉🎉

  • @Mondieu2024
    @Mondieu2024 2 месяца назад

    Nyakwubahwa twishwe na ba kagunge

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 2 месяца назад

    abaganga bakuvuze ubanze ukire mumutwe.😂😂😂uri injiji yo kurwego rwo hejuru.inzahabu bimeze gute tuzorya gushika kumuhero w'isi😂😂😂😂

    • @ibrahimcongeram.806
      @ibrahimcongeram.806 2 месяца назад +2

      Eric Bikorimana ahuri su mwijuru nimba utari umurundi ushobira kuba uri umunyarwanda andika anajambo meza ureke gutukana kuko sio ndero ndundi.

  • @Drena467
    @Drena467 2 месяца назад

    Aba BAC ba Géologie et Mines ntibarimwo ?

  • @Nziga257
    @Nziga257 2 месяца назад

    Ndi zigamasabo I matyazo 🇧🇮 turahimbawe nimigambi myiza yuburimyi mu BA jeune

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 2 месяца назад

    Bakorereko ababatama badashaka iterambere ryigihugu ningene aba jeune dutesetse😂😂

  • @HajiKelly
    @HajiKelly 2 месяца назад

    Ntutoka kabisa henda abandi

    • @lazzR1935
      @lazzR1935 2 месяца назад

      Ehe satani😮 yanka abarundi n'uburundi Mutama yamavuga

    • @MrNuurofficial
      @MrNuurofficial 2 месяца назад

      Niyi ni satani kbx nyoko Toka

  • @Bobleeswagger586
    @Bobleeswagger586 2 месяца назад

    Ivyiyumviro vyanyu birashaje namwe murashaje haveeee

    • @franklukazula
      @franklukazula 2 месяца назад

      Nkaw ur kuvugir mumahanga usanga wagiy uhunz

  • @Mondieu2024
    @Mondieu2024 2 месяца назад

    Nyakwubahwa président aba diaspora turavunika umutima wo gukorera iwacu.Pharmacie nuguruje nashaka ikwire intara zose none ngo iri muma pharmacie flofuleuse.None ministre yarubahutse arayisinyako abiziko idakwije vyangombwa.Imana idukize

  • @PascalineIradukunda-zs4lk
    @PascalineIradukunda-zs4lk 2 месяца назад

    😂😂😂reka dutegereze

  • @Princetuyishime
    @Princetuyishime 2 месяца назад

    😂😂😂😂😂😂

  • @PascalNitunga-t4w
    @PascalNitunga-t4w 2 месяца назад

    Vuobuko ubivuga uburundi bwicabuterimbere kbx

  • @BigBrother-lm7xo
    @BigBrother-lm7xo 2 месяца назад

    Noe vyankirahe kuja mungiro murakoze

  • @franklukazula
    @franklukazula 2 месяца назад

    Long live H.e

  • @pascalmanirambona9201
    @pascalmanirambona9201 2 месяца назад

    Aba jeune bamw twaranyuzwe turi kumurindi twaratahuye inyigisho zumuvyeyi wacu mwiza vuba turatsinda kwel urugamba mwatanguje gwiterambere

  • @YackinPhilix-d5w
    @YackinPhilix-d5w 2 месяца назад

    Igihambaye nuko tubona ibikorwa nayamajambo yokuduhumurizayo turayabona
    Rero nkiyo soko niyubakwa abarundi tuziruhutsa kuko ibikorwa vyogihugu bizoba biriko biraja imbere

  • @ElijahMushili
    @ElijahMushili 2 месяца назад

    Ese vyobankuko muriko murarivumera vyobavyiza kurusha

  • @AstereNiyonzima-ex9hi
    @AstereNiyonzima-ex9hi 2 месяца назад

    iri jambo ninkora mutima

  • @MUCOWINTWARI-ld4op
    @MUCOWINTWARI-ld4op 2 месяца назад

    Muzoshiremwo nabasangwa butaka bobaja mugisanze bagatora yamabuye bashongesha bagacuramwo imihora,amasuka,amacumu,ningangura yibwami!bafadikanye nabo bize ivyubutare nagataka!!!!

  • @davidarmel4889
    @davidarmel4889 2 месяца назад +2

    Cane gose Turi inyuma President wacu abarundi Abe aribo babucukura, igikenewe n umutima wo gukunda igihugu bigenz gutyo ntawusubira kwiba

  • @HajiKelly
    @HajiKelly 2 месяца назад

    Henda abandi wewe ivyawe birazwi nimwirire akanoti

  • @JaphetHabiyambere
    @JaphetHabiyambere 2 месяца назад

    Burya je nasanze la majorité yabenegihugu tugikunda arik kubera akagwikabantu Bake cane bapfukamye mundigihugu ucusanga nabakunda badebukiwe kuko nkubu ndazi Kira murundi umubwiye Ati terera igihugu mubintu kanaka ndazi guhera kumunyeshure yokwemera agaheba 5000 agaterera ariku kubera tutaba tubona icokora kuyatanga aja mumufuko wumuntumwe usanga umengo wap cufata abantu 12milon kiramuntu wese niyotanga 5mil burimwaka wibaza kohobura nibiromete 100 canke birenga vyubakwa burimwaka?wunv guterembere vyoba mumyakingahe?ariko kubera politique idahana idakurikiran ibintu usanga wapi