Kugira inyankane na satani by Apostle Sibomana Kevin
HTML-код
- Опубликовано: 4 фев 2025
- Inyankane hagati y' Ishengero na satani nivyo bikura ishengero mu gacerere rigafata ingingo yo guhaguruka gukorana n' Imana ngo barwanye satani, basambure ibikorwa vyiwe. Ukwo niko IKANGURO rivuka.
Kurikirana ubu butumwa utahure ubushobozi buri mu "Kugira inyankane na satani".
Amen les femmes
Amen Amen my father
Amen daddy we need that anointing
Amen jesusss ndafashijwe