IRIBA RYA LAHAYI-ROYI
HTML-код
- Опубликовано: 10 фев 2025
- Lahayi-Royi birasobanura "Irya iriho yama imbona". Ni izina Hagari yise Imana igihe yamwiyereka kw' iriba mu bugararwa.
Imana nka Lahayi-Royi tubona mw' ijambo ryayo ko hari vyinshi ikora dukeneye kumenya muri iki gihe kugira tubigenderemwo.
Gucukura iri riba bizodushikana ku rundi rugezo mu bice bitandukanye vy' ubuzima bwacu.
Amen.Ibihe nkibi bizanye ibindi bihe bidasanzwe .Merci kwijambo muvyeyi wanje ndasubiye kuryumva ndahezagirwa gushasha
Amen mwana wimana urengeye kuba umukozi wimana ndagukunda mwana wanj uruwera muruhande rwimana uku niko uhora agigez ndagukunda mwana wanj ikirwa cuhoraho urahande uhoraho yishimira nzogukunda nuruvyaro gwawe nzama ndarakunda ntabwo nzibagura ibikorwa vyawe wabaye intwari mwana wanje ndagukunda
Imana ibandanye kuguhezagira, iyi enseignement yanyeretse Imana mu bundi buryo nongera kuyikunda no kwitega kuyibona yigaragaza ukundi mu buzima bwanje.
Amenaaa menaa pap wanj ndagukund can kand ndakwubah can kubutumw uduh jew ubwanj harah bunkur nah bunshits.God bless you my father
Amen Amen thank you dady for the bread 🙆
Yes Dad i'm following you everywhere
Ndakumva papa.Mbega gospel Inkoze kumutima.More anoiting Dad
Amen, ndahezagiwe